Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abavuye mu matora bamenyesha ko bazokwitaba amatora abaye mu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Abavuye mu matora bamenyesha ko bazokwitaba amatora abaye mu (...)

Abavuye mu matora bamenyesha ko bazokwitaba amatora abaye mu muco

lundi 20 Mukakaro 2015

Domisiyano Ndayizeye,Slyvestre Ntibantunganya na Yohani Minana arongoye umugambwe Frodebu Nyakuri bamenyesha ko bazokwitaba amatora atunganijwe neza kandi abaye mu muco.

Mu kiganiro bahaye abamenyeshamakuru ku muhingamo wo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 20 Mukakaro,amasaha make imbere y’uko haba amatora y’umukuru w’igihugu,Domisiyano Ndayizeye yavuze ko biyemeje kwitanga mu ntumbero yo gutunganya amatora abaye mu mwidegemvyo kandi yitabwe na bose,kandi ibizoyavamwo vyemerwa na bose.

Kubwa Yohani Minani,ntibashobora kwitaba igisa n’amatora ariko muvyo ukuri atari amatora,ariko biyemeje guhiganwa mu matora abaye mu muco,kandi yugururiwe bose.

Sylvestre Ntibantunganya yahoze arongoye igihugu,yavuze ko amajwi yose yose azoja ku mazina yabo azoba ari impfa gusa kandi atanico azomara muri kazoza.
Mu murwi CENI bobo,bamenyesha ko ata rwandiko bararonka rumenyesha ko batazokwitaba ayo matora y’umukuru w’igihugu.

Willy Nyamitwe abicishije ku rubuga ngurukanabumenyi rwa tweeter,yamenyesheje ko mu gihe umuntu abona ata vyicaro afise,arondera urwitwazo rwo kugira vyitwe ko bitamuvuyeko.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Murakoze nimwihe umwanya ukwiye mwige ukuntu amatora azokorwa mumwaka wa 2020.

  • nyamitwe nabo barikumwe ngiranti barataye ubwenge! warabonye umuntu ahatira ikintu kuwutaligomba aho nibwabusuma burangwa naya ceni yabo bamaze gutegura ibitigiri

  • ja mumatora wana kuko igihugu nicatwese je mbona atakiva mubiganiro nimuj mumatora kuko ikibazo camandat kizohera 21 jul

  • NIBAVEMWANAKARENTAWUHIGANWANASE

  • Nyakwubahwa Rwasa urindiriye iki? ugomba nawe uherekeze nkurumbi munkinamico yiwe ,wihende tuzokuvinyuma

  • @Avec
    nanje nivyo nagire mvuge kubera aya 2015 bamaze kuya rata,ikintu kintwegeje nuko kuntu ntiba avuze ngo amajwi bazobaha azoba abaye impfagusa,nivyo kuko ntaco yomarira abantu,nta nuwo yahahamira ,mbega batogwa na bande?Aho bararota batorwa,abahutu twarishwe nk’imbeba kuri ntibantunganya sinziko yibazako twavyibagiye,twebwe dushaka abaciye mu kibila point trait,abandi barota bandanya murota.

  • mugizenabi kuko mwiyonjoroye uwosiwo muti wibibazovyi gihugu icarikubaciza mwarikugu mamwo muka mutsinda .

  • Mu gihe abahoze ari abakuru bikigihugu bazoba bakiri bazima uburundi nti buzigera buronka amahoro.baguma bikanga ubukuru bw’igihugu. Nikubagira nka Bizimungu Pasteur.

  • POLITIKE YUBURUNDI NI AKAMARAMAZA.KARASHIZE INGANI BOSE BAKORESHA UKUDADAZA.IMANA IDUFASHE

  • Birababaje cyane kubona igihugu cyiburamo na ndabaga?murongowe n’abafite inyungu zabo gusa uretse ko bihenda.....bagombye kwigira ku kahise k’ibindi bihugu. bamwe batishwe kubera ibyo bakora bibi, bazawunera ibyo bibwiraga ko ari inyungu zabo bibe akaga kuribo.

  • non ga domi, syli, mina mutegekanya iki ko nibiganiro vyahagaz, erega "akari mu ryinyo ry imbwa gakuzwayo n ubuhiri". iyi n impanuro yagusa.

  • Izina Niryo Muntu Eka Ninyamitwe Nye Ne Yaciy Ata Umutwe Arashobora Kuvuga Uk Ubu Ceni Ihaye Iraharura Amajwi Ya Nkurumbi Mugabo Bizobate Kurukana Kandi Nkurumb Amenye Kuburundi Atari Ikibuga Kuk Nikibuga Gikinirako Bose .

  • Mwabagabo batau mwdbwe nta rukino rwa politike muzi namba. iyo forfe mutagiye no muri terrain. uburyo ntimugira aba fans ntimugira. none womva mwokina gute? tegura match ikurikira.

  • NIMWIHANGANE AMASURAYANYUNTABERANYE NUBUPEREZIDA NDAFURIJE KWAMBARA IKIZIRIKOMWIZOSI NIVYOMUSHOYE MWEBWEMURIBATATU3 ABANDIBAJAMUBENEGIHUGUBAGAKORA MWEBWE AKAZIKANYU NUKWAMBARA IKIZIRIKOMWIZOSINGOMUNIMWIHANGANE AMASURAYANYUNTABERANYE NUBUPEREZIDA NDAFURIJE KWAMBARA IKIZIRIKOMWIZOSI NIVYOMUSHOYE MWEBWEMURIBATATU3 ABANDIBAJAMUBENEGIHUGUBAGAKORA MWEBWE AKAZIKANYU NUKWAMBARA IKIZIRIKOMWIZOSINGOMURANYA

  • NI BAVEMWO BAGENDE NAKARE BARABO KUDUTERA INTUGUTA. DUKENEYE KIZIGENZA PITA WENYENE. IKIZI NI KA RWASA BARIKO BARAHENDA

  • Ndemera Ab Abashingantahe Base Kwitaba Aya Matora Yinkinamico Yuruhendo.Uwojayo Gutora Yoba Arikijuju Cane.Reka Bitore Bonyene Ndabe Icayo Matora Icabamarira.Ahubw Nkurumbi Azokwihe %..Yiryoher Nakagwi Kiw.Hariho Igihe Bazotangar ..Mumisi Irimber.Abo Twumva Kimw Nab Ancien Président Muvug Muti Komer .C N D D Tuyikur Bidatevy.

  • JEWE KUBWANJE NZOPFA KUYITABA,ATAGUSHAKA KWINSHI KURIMWO!KIMWE GUSA NKURUNZIZA NI YATWARA UBURUNDI UBWA 3 AZOBA YIVYE INTWARO!(INTWARO Y.’UBUSUMA).KANDI NTAKIBUZA IMANA IZIHESHA ICUBAHIRO!

  • Nabo bagabo nababono pe!nibansymirinda,Minani?domicien?bazogeza ryari guhahamira inyaga zabo?ntabwo arabanyapolitik,politik sumunwa?!baratuma bigira kumutama Rwasa,nakare niye yabize akuya,Frodebu yarapfuye,ntanisoni bafise abo bagabo,Bose bakaba aba candidat mumugambwe umwe?!ubwo bujuju babukurahe?bazopfa nkimbwa

  • abashaka bokwitaba ayomartora kuko nubundi ntabwo azosubizwa inyuma

  • TWITABIRA.AMATORAYEMEWENABOSETUDADANURE.IVYABOBANYEPORITIKENATWETWIBEREHOMUMAHORO.IMANA.IBISHATSETUJEKUMAVI.IMANANIYOMUSHOBORAVYOSE.EJOSIKERA.EJONUBU

  • TWEBWE REKA TWITORERE TURINDIRE AYO GWANYU YA 2O2O ARIKO MUZOBA MWATOBOTSE UBUHANZA

  • Nagira ndabahanure ababagabo 3 nibabanze bubake umugambwe wabo,imbere yokwitoza.

  • Babonakwatacobanze Imbere Yatwege Abanyagihugu Mugabarabesh Kirimwabagabo.

  • ntibantunganya.akumbuye.ko.bamutera.amavyi

  • Nibaje hiyo abo Bose bahoze ari abagendanyi ba Melchior Ndadaye kandi Bose bari aba Frodebu,bigira aba Democrates kandi bicaye ngaho badasangiye umugambwe,ata banywanyi bafise nibsreke.

  • Abo Bagabo Nibiviremwo Nakare Ntaco Bizomara!Nyamitwe Wewe Aca Amahera!

  • ABOBAGB NTABANYWANY BAFASHE FRODEB CHEBUJ YABASIGARA BARASAMBAGUR NGOBASHAKA IGIHU G AHOBATWAYE ABOBAGB NTABANYWANY BAFASHE FRODEB CHEBUJ YABASIGARA BARASAMBAGUR NGOBASHAKA IGIHU G AHOBATWAYE BARATWAYE

  • Mwari.Mwaratevye.Kuvayo.Aba.D.D.Ubusuma.Babuteguye.Kera.Nico.Gituma.Baguma.Bitwaza.Ibitaza.Ntibiz.Ariko.Mwa.D.D.Ipfupfu.Ryimende.Ribonekera.Mubiti.Vyurugo..Batama.Hagarara.Magabo.Ntimube.Imende.Murwiri

  • Mbega batama ko mbona na forodebu yabananiye gutunganya ngo igire abanywanyi nkiyindi migambwe ivyigihugu nivyo muzoshobora mutama ntiba igihugu carakunaniye gutwara ukibasha ubu ushaje ho ntibazogutera amazirantoke gusa bazoyakurisha niwirire ayubukenguza mateka urekere ba Rwasa baharane ubahe nijwi we yanarwanye ngirango afise na cumi bazomurinda.

  • NONE GA MANA UREMERA MUBURUNDI DUPFENKABANABINYONI MANA TABARABOWAREMYE UBONEKOTURIBIREMWAVYAWE NANUBU NDEMEZA KWARIWEWE MUHUZA MUKURU .USUMBABOSE REKATURINDIRE YISHURIRAKUGIHE

  • Chers Messieuds, franchement, vous "plantez" la honte àNdadaye. Yabasigiye umugambwe umwe ariko mwawugize ubunywenywe. Mbega muribuka ko atanumwe muri mwebwe yari yaje aserukira Sahwanya Frodebu? Ndi nkamwe no hoze ntaco novuze.

  • MBE UWO MUNTU MWACIYE UMUTWE NINDE? MWIHAYE IBARA KUMUTEMERE...!

  • Birababaje kubona atanumwe ariko avugira Sahwanya Frodebu muri abo bari banyakwubahwa. Mwarahemukiye Ndadaye na bamwe bagandaguranwa nawe bazira démocratie.

  • mbe Amizero Yo Izobyemera?Mbe Ayaheruts Bababwiy Ngo Mwarons Angah?Ko Rwasa Bamuyorey Akanka .

  • mbe Amizero Yo Izobyemera?Mbe Ayaheruts Bababwiy Ngo Mwarons Angah Mumugambwe Mwakuriyemw Cank Mwarawutay Burundu?Ko Rwasa Bamuyorey Akanka .

  • Erega willy nta kindi wovuga atari ibisa nivyo. Igihe kizoshika ubure ivy’uvuga!

  • MBEGA MWEBWE MWIZE KUMENYESHA AMAKURU HEHE ?NI KUKI UWANDITSE ATUKA LETA NA PRESIDENT MUVYEREKANA ARIKO UNEGUYE OPPOSITION MUKABINYEGEZA MWEREKANYE AHO MUHAGAZE VYOBA VYIZA MUHINDUYE .

  • Nishishikare jean fils..Gutukana sivyo.Ba uvuga neza nkuku.Abo bashingantahe batatu bataye amajambo.Mbega baja kwitoza ngo baze babe ba Presidents babande?Minani yashongoreye abahutu kubtutsi en 1993 bararigita baraheza.Icambabaje nuko bishe abantu atana politique bazi ngo bayikine
    Sylvestre Ntibantunganya powa...Wewe abarundi barakwanse ntibakwirukana urijana.Vous avez demissionne.None ayo 15 millions waturiye washaka gushika hehe?Nutkwandika wandika vyinshi..Iga kuba bref hama tuze duhore dusoma ivyandiko vyawe.HI Hi Hi Domitien tangura wikunde uje kwimwesha izo mvi hama ukore sport iyo nda igabanuke..Erega uzahavura urwara igitigu.fata umwanya wishone usubire kuba wewe nyene.Hama gutwara igihugu ibagira kuko wewe baraguhenze ubereye kusanura machines zapfuye naho nyene iyo nda yawe niya punguka..Ese ingene ufise des sportifs murugo rwawe..Ba ubigana ubakovye...Amatora sans vous yabaye kandi uburundi tuguiye kwogora ndetse tube akarorero mumakungu.HI Hi Hi Hi

  • twebwe abanyagihugu turabonako amatora yabaye mumuco ahubwo nibemere ko batsinzwe

  • Mbe Minani nturahaga guhamagarira abarundi kwicana nkacagihe ca1993,wibereye murwanda?Bamuhimba muhishe,uriko uradutamba kumivyimba twebwe impfuvyi wahekuye?Ahaaaa,ngo uraronse Somambike nka Busokoza,Cyrille Mdayirukiye,....na Domicien,mwakoze iki kugira mukingire isinzi ry’abatutsi n’abahutu mwahitanye kubera inyota y’ubutegetsi?Ubu naho muriko muturira n’amapine abandi mubuhurira kungabo mpuzamakungu zitosora!Ingo tuzobibabaza,komeze mudukore munkovu ngo turasinziriye

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.