IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abayobozi babiri bagenwe mu gisata c’amabarabara

Abayobozi babiri bagenwe mu gisata c’amabarabara

lundi 11 Mukakaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Abayobozi babiri bagenwe mu gisata kijejwe gukurikirana ivy’amabarabara mu bushikiranganji bujejwe kwunguruza abantu hamwe n’ibikorwa vya Reta.

Ir Desire HAVYARIMANA yagenwe kuba umuyobozi w’ibikorwa vy’amabarabara (Directeur des Travaux Routiers).

Ing Vincent BAKIRE NZOSABA nawe akaba yahawe kuba umuyobozi w’ugutunganya ibikorwa vy’amabarabara (Directeur de la planification Routière)


IGIHE

Messages

  • BAHEREZE MUTAMA ARIKO URABA UBIZEYE BATAZOSHOMBERA MUMATAMA YABO NKISIHA!

  • abarundi murabe neza nti muje ku majambo ya ba nsumirinda.
    kanure neza mubone imikino iriko ikinwa.m
    mzee! urabe neza ubemerere ibishoboka kuko beshi n’isiha
    abandi ni ba nda mbi yuzuyemwo amacakubiri
    attention iyi phase de l’histoire muyitondere
    kandi namwe nyene mwisubireko kubijanye na kaboko biciye muri systeme mbi yazanywe na buyoya ngo ni kwiyungungunganya

  • BAKIRE na DESIRE je nabantunkunda kuko nabakozi babikwiye kuko ninaba ingenieur

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.