Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
ADC Ikibiri yahaye Alexis Sinduhije ikindi gikorwa mu makungu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > ADC Ikibiri yahaye Alexis Sinduhije ikindi gikorwa mu makungu

ADC Ikibiri yahaye Alexis Sinduhije ikindi gikorwa mu makungu

vendredi 9 Rusama 2014

Urunani ADC-IKIBIRI mu makungu rwahaye ayandi mabanga akomeye umukuru w’umugambwe MSD Alexis SINDUHIJE mu bihugu vya buraya na Amerika, iyo ngingo ikaba yafashwe kuva aho arekuriwe ku kibuga c’indege Zaventem mu Bubirigi, agasubira kwidegemvya.

Pancrace Cimpaye, umuvugizi wa Sinduhije avuga ko batumye Alexis Sinduhije ko yozunguruka mu bihugu vyose vya buraya na Amerika, asaba ko amakungu yotanga amafaranga y’amatora, mu gihe abatwara Uburundi bokwemera ko abanyeporitike bose n’abatavuga rumwe n’ubutegetsi barekurirwa gukora mu mwidegemvyo.

N’aho urunani ADC Ikibiri mu makungu rwashinze ayo mabanga Alexis Sinduhije, Reta y’Uburundi ntiyakiriye neza irekurwa mu Bubirigi rya Alexis SINDUHIJE arongoye umugambwe MSD.
Firipo Nzobonariba, umuvugizi akaba n’umunyamabanga wa Reta y’Uburundi amenyesha ko Ububirigi bwakoze igikorwa cabwo, ariko akibutsa ko umutahe mpuzamakungu wo kumuhagarika uzomurindira, aho azogarukira hose mu Burundi akazotegerezwa gufatwa.


Egide Nduwimana

Messages

  • Il est heureux avec sa famille en Europe, Il a manipulé les jeunes et aujourd’8 ils sont àMpimba, lui il a fui comme un chien laissant derrière lui ceux qu’il pretend vouloir proteger.

  • Nyakubahwa filipo hari naho womutanga gufatwa,urucira mukaso rugatwara nyoko. Mbe wa mugamwe wacu RPB nturenganywe wawushize he? igihe wawushinga waruzi ko akarenganyo ari kabi? ubu ho bite?

  • Filipo we nta bucamanza buhari IBdi ivyo internationalcommunity irabizi!!Ahubwo mumwitwarire mububirigi nyene niba mufise ivyo mumwagiriza:Niba mutazohavamugwira amazuru muri court!!Vy’ukuri uravye ibibera IBurundi ntanisoni leta igira kubahuka kuja kwimaramaza ngo JUSTICE OF Bujumbura yarungitse imitahe!!What NO-SENCE in Europe guys!!

  • iyindi strategie ya adc ubu barazi ko atogaruka iburundi afise umutahe wo kumufata aciye akorera hanze ok pas mal mugabo yibuke ko hari abana yasize mu mpimba abavugire basohoke amarira yaba bavyeyi agabanuke hama ugume ukora neza ugabanye kuvuga ivyo ushaka ubu ugiye mu ba diplomate des gens bien eduque

  • ntaco widoga uzobona riba

  • Ese ko bawise umutahe mpuzamakungu icababujije kumufata nigiki kandi mububirigi ari mumakungu??

  • Lion story mbe ko umengo uri mubo wita Alexis yahenze?
    Hahahah emera ko igihugu gitwagwa n’abacangero, Alexis azogaruka kamdi ntaco muzomugira icobo mwama muriko muramwimbira nimwe muzocinjira ubwa mbere
    Emera muhanugwe mumenyeko aka gahugu twese tugasangiye. Cndd fdd kkwiye kumenya ko batiyumviriye uwundi mu candidat Pita ntazitoza ubwa gatatu ngo bikunde kurya yama avuga ngo uwuzowatsa uzoberera iwe napime arabe ko awakije utazomuhitana avec ses acolytes, inguvu bikanga ngo barafise botangara bibananiye no kwiruka, uburorero ni bwinshi.

    Ciao

  • Buraca bugacanayandi,nimukore nyene ibishoboka vyose muze mwigumire kubutegetsi muga ntavyonibaza,nahandi abarundi barabarindiye ukuri kujahabona.nimube murata wakuba muterakagere kanyuma,haraho munterakagongwe si congo si tanzania si burayi si america tuzobazana mubazwe amabi musigurirabarundi icomwashaka gushikako mugu crea milice yokwica abantu

  • Ariko uyumu nwatabi filipo uzikwasetse?ngumutahe mpuzamakungu ngumutegereye ngaho iburundi?ndagiranuwokwisiyonde?hahahah ahotucatwibaza rerokubu Iburundi mugufatumuntu mukoresha imitahe mpuzamakungu?nimuje hiyo kabananiye amakunguyo yarabavumbuye ngahiburayi sikobakora tereza kajisho muri suoth frice urabe ukwamatora arikugenda ubunagacerre acitonda muguharura atarimw mucamuja kwisunzu ryinju mujejemba ibitazanibize nabobasuma mwatoye bazobibira amatora ayumwakuz abateguyamatora baze bitond

  • Abana b’igihugu yataye mu manga nawe akaba ari hanze n’abiwe mu kuryoherwa abacu bapfunzwe...ubu ararungika abana biwe bamufashe kwiyamiriza hako ata mu manga abacu!!

  • Mwibagiye ko na America yatanze umutahe kuwamenye amabanga yayo bakamwimana?ivyo nibisanzwe nubwigenge bwigihugu,ariko mumenye ko CNDD ari umugambwe nka ANC ya Mandela.kuzoyitsinda nuko ubwoko bwabirabura buzoba butakiriho,naho muburundi nuko abarundi b’ittsitso bazoba batakiriho.sinduhije nawe aratubaze amahanga araryana naze atangure kwishura nawe inzu abamwo buri kwezi ubu sinduhije ni impunzi arakagenza amavi.

  • Uwumuntu yibaza ko CNDD imeze nka ANC yoba afise ubwenge bukora neza??ahubwo yagumutse nibamutware kwamuganga;; hahahahahaaa aranyeguye pe arabaza yunve kahise ka ANC bazomucira agace

  • Abari muri ADC hagiye gusigaramwo umwe nikimanyu nabari muri MCD baridodabavugango uwari umukuru wacu nisesankuyoze akubwira ivyomukora bwacumwanya ukayoberwa iyazimanganiye! None namwe ngo Alexis mumuhaye kugiruruhara mubihugu vya Bulaya gufa kuruhande rwa ADC mukuvugako democratie muburundi mutakiyikeneye?, Abazubwe nobabwira kuvamwurworunani ADC ikibira Alexis sinduhije atarabafutanganya nohanze yuburundi ndabibabwiriyengaha muzobamumbarira ,nawengurya iyazakuvugantabanza kwiyumvira icagombavuge kazoza canke inabi kigiye kuzozana.

  • Ntangazwa niyomuzinduka muja 2015,ngo mwiteguriyekugwana!murataye wakuba urwo rwaruka rwanyu tuzoruhindero rwongere rubahindukirire.ikigihugu hazogombe hasigare uwimana uzoha natwe turiteguye kugwana mpaka dd ivuyeho

  • umwaka nimuto sinzi neza ko muzoshika kuvyo mwipfuza murayamezi asigaye yewe aba cdd-fdd barabahahamuye gusa ntarementanya ntakintu nakimwe kizotuma musubiza igihugu inyuma songa mbere

  • murakoze kumpa ijambo mukirundi bavuga ngo uwo binaniye avuga ngo ikirago kirahanda mbega cndd fdd yibaza ko abarundi ari ibijuju mbega oho yoba yibuka ivyabaye kuri uprona muri 1993 nokuriyo niko bizomera ikibabaje nabavyeyi bariko baburira ikiriba muri kongo niturure imenyeko 2015 ari iyanyakubahwa agathon rwasa amatora yaramaze gutangazwa.murakoze.

  • komera mutama sinduhije abakwandureko. irambire

  • Hari umuntu yama yiyita Mama nkeka adakomeye neza mu mutwe nama naravye ivyo yandika nosaba abamuzi ko bomunyarukana kwa Legentil.Mbe NZOBONARIRWA we SINDUHIJE yishe abantu bangahe?Vital BANGIRIMANA yakekaguye aba FNL i MUYINGA hari umutahe mpuzamakungu muramusohorera?Akabi gatwengwa nka keza.RWEMBE abo yaciye imitwe ubu ari hehe?DD gira mutuveko

  • nguwo uyundi Edward snowden wundi nagira bahati mbaya Cdd-fdd igasubira gutsinda azoca abanka mukasi ... nabandi gusa iconzi co bagomba gukora ibishoboka vyose ngo amatora ntabe .. kuko Leonce yavuze ko bazokora ibishoboka kugira ngo amatora azobe Alexi sinduhije yaratashe .. ahoo nene se nidyari ? e ahiiiiiii ndabarahiye muzotsindwa murorera niba C-dd fdd muyita urusyo ruracabariko na bado...

  • @CLAUDE,ndagushimiye cane kubona unkuye murababantu bose bandikangaha dusangije uburwayi ekambere hariho nabafise uburwayi bukomeye cane kunsumvya ariko ugahitamwo jewe ukanyifuriza ko kwiyegutwarwa kwamuganga wabasazi, Iyaba warihano Burundi nokwihamagariye ukabariwewe unsimbana akantwara haryawavuze kwa Legentil!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!! Ndagushimiye ubugirakandi.

  • Yonsomye ivyabantubandika nsanga abarundi duye indero kuko amajambodukoreshantabereye kandininayo acazana ingorane 2 turakwiye kurekera ubuzi ababushinzwe nkumuntu yidukiza ngonaka yaratsinze abikurahe uwonigateranya nibareke igihe ntikiragera

  • Uwo muntu wamenyereye gushira amaboko mumifuka se azashobora gusoroma inyanya, tomates cyangwa pommes !!!!! Iyo nyangabirama yivanye amata mukanwa nize ikubitike hano mububirigi!!! Gusa nawe ibiyeri bizamwica nkabamwe bahoze muri UPRONA nirwa mbona i Burundi.

  • Nyamba ar’umuhero IMANA yaduteguriye w’imisi y’iherezo.

  • None abo bana Alexis yasize mu mpinga mweho mwumva atari ukubarenganya!!!!!,mbe ndababaze ,umuntu yoba azira uwundi?? Basha,ubutungane bwo mu Burundi bwo buracari kure ndabarahiye!!!!

  • Jewe ntagira ntazova mu Burundi ko yatubwiye ko atazohunga ubu yigize kwagiye guserukira ikibiri mu mahanga agasiga bagenzi bacu mu mpimba ababesha ko bari mu nzira y’ukuri... ubu ariko yinywera ivyiza vy’inzoga mu mahanga asize abandi yahenze mu burundi. Genda uri imbwa kabisa

  • birababaje ndiko ndaba ivyo vyiyumviro namajambo muterana , bintera nikibazo ningorane nagahinda tuzosigira generation ikurikira , nobasaba muihe akanya gato muiyumvire imbere vyobafasha .

  • Uwo nimbwa koyabesha ngwacunzwe nabasoda naba Police none ubu yabashizehe??baranyawe canke baramuhindutse??kwataho atwereka barinyuma yiwe bamuherekeje gufata indege yamushikanye Mububirigi

  • Mana urakingira uburundi ahandi ho turashize , abantu bafise ivyiyumviro bibi vyo kwica gusa!!!gusambura ,kwiba,gufata abakenyezi na abana kunguvu,eka nibara........ect...BIRAKWIYE KO TURENGERA IBIDUTANDUKANYA VYOSE!!!!!!!!!!TukagwanIra impinduka muburundi,abishe ,abivye,ababeshe, ....abakoze amakosa ..BAGAHANWA ATAKIGONGWE,DUHEREYE 1965......2014 ...

  • Chers compatriotes bonjour /bonsoir
    En lisant vos differents commentaires ,qlques questions me viennent àl’Esprit:
    - pourquoi ne pas profiter de ce libre forum pour conseiller nos leaders (de l’oppos

  • Chers compatriotes bonjour /bonsoir
    En lisant vos differents commentaires ,qlques questions me viennent àl’Esprit:
    - pourquoi ne pas profiter de ce libre forum pour conseiller nos leaders (de l’oppos

  • ndashaka kwinjira mumugambwe kuko naranyuzwe n’imigambi yanyu

  • ntakintu nakimwe mwiteze kugira rek cdd fdd ije muvyayo ahubwo twebwe ugwaruka twari dukwiye kuja hamwe tukabaza akahise

  • Ehe!!! Agapfa kaburiwe ni impongo, kandi ngo intabarigwa ibwirwa nuko amaso atukuye. Ese ibibondo biraho Sinduhije yashoye kwicumu riraho. Guhenda urwo rwaruka ngo bazohangana n’imbonerakure ngo nayo abasirikare bazoca baza kubafasha. Sinduhi.... Uzererwe.

  • Mutama Wacu Sinduhije Guma Kwibanga,turagushigikiye.Tahuka Muburundi,dukureho Iyo Nkwaro Mbi Cd Ef Dd.Alexs Sinduhije Iwacu Mukirundo Turakwakiriza Yompi.Karibu Mutama Wacu.

  • Mutama wacu sinduhije guma kugikorwa wiyemeje turikumwe namwe ntituzokuvinyuma imana irikumwe nawe komera mutama

  • Mbega abobitwaza kuguma bafata abantu,ngo nuko bari kubutegetsi,bibazaneza ko bobo atabutungane mpuzamakungu bwobarondera mugihe bova kubutegetsi? turabizi reka tubarindire."burira ntibuteba kumpeshi."

  • Reta ahubwo nsinzi ico imuronderako,twe kumabanga mwamwongey biradushimishije

  • Alexis Reka Tukubahe Kuko Namakungu Arakubaha Knd Akakwumvira!Ehe Raba Belgique,suiss,allemagne,u.E,...Vyanse Gushigikira Amatora Kubra Wabibasavy!Guma Ukora Natw Ino Ntitwicay

  • Iyo utez umuteg umunt Imana yakuremy niyo iwutegura

  • mbg uwutavuga rumwe nubutegetsi wese nugufatwa.nka sinduhije bamuhora ik ga yemw? emweee? nibamurek akore nawe.

  • Komera,ubandanye,igikorwa,uriko,ahubwo,udusabire,ibirwanisho nka rokete.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.