IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Agathon Rwasa :"Twitavye kugira duserukire abanyagihugu babidusavye"

Agathon Rwasa :"Twitavye kugira duserukire abanyagihugu babidusavye"

lundi 27 Mukakaro 2015, par Paterne

Umushingamateka Rwasa Agathon arongoye urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi amenyesha ko kwitaba ibikorwa vy’inama nshingamateka ari uguha uburenganzira abanyagihugu babasavye kubaserukira.

M u gihe yari ahejeje ibikorwa vyiwe vya mbere nk’umushingamateka,Rwasa Agathon yavuze ko mu gihe co kurindira ko impari ziri mu Burundi zihera,ibishobora gukorwa bishobora kuba birakorwa,muri ivyo harimwo guserukira abanyagihugu.

Ku bijanye no kumenya nimba kwitaba ibikorwa vy’inama nshingamateka atari ukwisubirako,umushingamateka Rwasa Agathon yavuze ko atari ukwisubirako ,kuko amajwi baronzse batoyata,kandi na politike y’Uburundi isanzwe izwi aho hari aboca baronka ivyo bibanza batabikwiye.

Mwomenya ko abashingamateka 16 kuri 30 bava mu Runani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi ,aribo bari bitavye ivyo bikorwa vy’inama nshingamateka.


IGIHE

Messages

  • politike ikinwa uri muri reta

  • Abanyagihugu babimusavye twese turabazi ni ba Nkurunziza n’akarwi ka Nkurunziza. Ewe nda ni bahomora ! Maramara neza ! Ngo abanyagihugu???

  • GWASA MURUNDI NTIYARIMUBI BABI NABARI BAMUHENZE UBWAMBERE KANDI NAWE YABERETSEKO BATIGANYA ICOBOMENYA RERO NUKO MUBURUNDI IKIBAZO ARIC ABAHUTU NABATUTSI

  • Komera mutama.Ingayi izubwenge igaya imira! Reta nayo yarikwiye kugufasha ikarekura abanywanyi bawe bafungiwe mu mpimba!

  • Aho mutama. N’ukuri wewe uri Umugabo. Mbega, les manifestants ont échoué, coup d’état ati shwi. Abatutsi bari bakugize ikiraro. Raba Imyaka urwanye urabe naho uri, warukwiye koko kwizizirwa n’akarwi kigize incabwenge mu rurimi no mu gucafuza ica bavyaye ngo bakeneye gutwara? Babishaka, nimba bumva ko abarundi babumva nibatubaze. Batinyiriki amatora? Kuki ubu baja mu bahutu ngo bagowe bakaja kubigisha ngo ba bafashe urugamba? Waraciye ubwenge, kandi uharure Imyaka umaze. Ja mu bandi uronke ico Imana yakugeneye, ureke abakijuragirika bajuragirike.

  • Umukama Nabandanye Agarura Intama Ziwe Zari Zashwiragiye!Rwasa Niyicare Atuze,akorane Umutima Munda,ave Muruhendo Rwo Muri 2010.Américan Niboneko Twebwe Abarundi Ko Aritwe Tuziyubakira Igihugu Hama Bafashe Kumigambi Twaberetse!Burundi,simba Imanga Imana Icane!Rwasa Ramba!

  • Mwagize neza mushingantahe Rwasa,waciye ubwenge bravo,ico noguhanura dans l’avenir,vugana na bene wanyu cnddfdd ntimusubire guhendwa n’abatutsi ngo bongere kubihekako baze baraprofita amajwi y’abahutu,muri assemblée musabe mu myaka iza CENI ihindure les bulletins de vote,moi je préfère kumenya abari kuri liste n’ubwoko bwabo kugira umuhutu canke umututsi azotorwe azwi ku vyo yakoreye abanyagihugu,kuko ivyo kuduha igipapuro tutabona numwe ugasanga hari imbwebwe zitarukiye mu kigobe izindi muri senat c’est humiliant kuri twebwe dutora cane cane tuzi iyo tuvuye,tuziubwenge
    Voilàenfin ntuzongere guhendwa abana b’ababtutsi bari kubitarukiramwo sans scrupule wewe ukazopfa ubakorera gusa et ils allaient continuer de s’engraisser sur tes épaules comme des cochons nkuko bamye babidukora.Komera enfin wabonye i foto yawe uriko uvugira muri assemblée nationale apana kwama wiyugumbira imbere ya za camera s zabo batutsi,ngo ubashe widoge nabo bakokeze tubashe twicane,voilàtu y es enfin ni we ukwiye ico kibanza kurusha imyungu ya rwa ruyuzi yabitarukiyemwo batazi iyo vyavuye,

  • Iyo Agato umenj reka kuba witwaza nga waserukiye abanyagihugu twekumenyenezako waserukiy iyo nda yawe ikizi nabavyiyi nimiryango wajekuy mukubahindira mumigumuko barya banyamurenge wise nibagutumeko ujekuvundirirah wankoziyikibiwe!!!!!

  • JEWE HAKO RWASA YOGUMA ARIMUBASHIGIKIYE ABATURIRA ABANTU, ABATERA AMAGRENADE, ABATERA IBITERO SHUMA NIBINDI BIBI BIKUNZE KUBANGAMIRA ABENEGIHUGU, YOPFUMA AJAMWOYO RETA AKIRIRA AMAHERA YUBUSA NKUKO KAROLI ARIKO ARABIMWAGIRIZA, KUKO WIRIRIYE AMAHERA YIGIHUGU GUSA ARIKO UGAHA AMAHORO ABENEGIHUGU NTUBABASHE IBIHUHA, BARIGIRA GUPAGASA MUKINDIGIHUGU NTIHAGIRE UWUCABITA NGO BARAHUNZE, BAKIGIRA BAKONGERA BAKAGARUKA NKUYUVUYE GUPAGASA APANA NGO AVUYE MUBUHUNGIRO. PLEASE GIVE us AMAHORO MUTUGABANURIRE IBIHUHA MAZE TWIKOMEREZE KWIHANGANIRA NUBUKENE.

  • Urashobora Gutakaza Anywanyi Agera Ku,80% Kandi Nabahunze Bose Baribagufiko Agatima Urazi Inge Ne Baguma Barimba Ngo Turamwemeje Rwasa Hemuka Reka Aba Dd Bakuvugutire Umuti Ubu Wakoze

  • komera urasubira ujebajebe sha waciye akenke arega bukoreko busumba ntamboga.

  • NAMARAMARIRE HIYO UYO RWASA NIKIRWARUDUBI BASI!NINDE MUNYAGIHUGU YAMUTUMWE MBE HOHO ASESUKIRA INDE KANDI YARIVUGIYE YUKO ATAMATORA YABAYE KO HABAYE INKINAMICO?!UYO MUZEHE YARAPARANGANYE KUBERA UBWICANYI YAKOREYE ABANYAMURENGE! MBE KWADUHENDA KUBERIKI YARI YARANSE KWITABA IBIGANIRO VYAMAHORO HAMWE PETER YARINDA AJA KUMUTWARA IGISODA COSE NIGIPOLISI? UYO YARASAZE NIYICARE NGAHO APFE GUFYETEREZA UDUKOROTSE SUR LA TABLE DE NKURUNZIZA!KUKO NIVYO YAGOMVYE GUHERA MUNTANGO UYO RWASA YAMYE ARINTUMVA UBU NAHO EHE IVYO ARUHIYE KURONKA UMUNTU YARAKOYE UKURAHO UBU AGOMBAJE KUJA AHUNAHUNA MUMASAHANI YA PETER NA RUDOLOFE KANDI NAWE YARI KUBA PRESIDENT MURI 2005 IYO YEMERA NAWE AKAJAMUBIGANIRO VYAMAHORO HAMWE FDD YAMA YIGIRA GUSIGNANT YAMASEZERANO RWASA YITAGA AYINDA EWE RWASA URAMARAMAJE ABANYWANYI BAWE BICISHIJE DOCUMENTATION IRONGNWE NA RUDOLOFE UKUGENE YABAMARIYE KWICUMU UGUMA WANKA KUJA MUBIGANIRO NGO IMANA YAKWERETSE YUKO NGO MUZOFATA UBURUNDI ASHA NINACO CATUMA UBURA ABANYWANYI KUKO IDEOLOGIE YAWE YARIYUBUJUJU MBE URIBUKA COMBIEN DES JEUNES GENS TRÈS INTELLIGENTS DES OFFICIES BAWE WISHE KUBERA BAGUSABA YUKO WOJA MUBIGANIRO ASUSHA UGACUBAKERERA NONE EHE UKUGENE UBASHIMIYE WAMA UBAGIRIZA YUKO BAMENJE NGO KUKO BATINYE INGWANO UBU NAHO WEHO UBONA UKWIRIYE URWAHE KO UMENJE INSHURO IMILIYONI PAR RAPPORT YABO ASHA NDAZI NEZA YUKO IMIRYANGO YABO ITAZOGENDA YUNZE UBUCUTI NAWE À MOINS QUE UZOYIZURIRA ABANA BABO BICIYE UBUSA KANDI BARAGUHANURAGA BIZIMA! IYO WEMERA HAKIRI KARE UBU NAWE WARIKUBA WARABAYE PEREZIDA NONUGOMBUZOPFE NKIMBWA UTANABAYE NA MINISTRE! ASHA URAMARAMAYE BASI BURYA KWELI NGO IJAMBO NTIRIVUGA UWUKUZE NGO AHUBWO RIVUGA UWURIZI USUMBWE KWELI POLITIKE NUMWANA WEJO PETER!

  • urateye isoni nne nkaho abapfuye canke abiswe uwobajubza wobatanga?

  • rwasa genda urambabaje.ntacomvuze ndarengew’kandi nagukwirikiy ntakuzi nakwirikiy ubwij.imbwa ziva mubantu.

  • Narekuz Kwanza Barya Bana Yabesh Ngobarikumw Bagaherera Mubusho Butandukany! Abavyey Basigay Bifumberej Nibensh Kuber Rwasa,nabarya Banyamureng Bomugatumba Bos,sha Uragow Nutihana Wabaye !Mpemuke Ndamuke!

  • politique nuko umwanyumwe bihagaze uku munyuma barabihengeka kuriya. politique izokwama itumberey ni bwabwami bw’Imana bugire bushike. Nayo abo banyakubahwa. bazokwama barondera ineza yacu babanje guhaza icifuzo cabo.

  • Wewe wari wibagiye plan zabo mwari mwagiye hamwe?bagomba bagusubire nko muri 2010 kumbura uce ubwenge

  • Ahaa Gwasa urumugabo we uzi ivyuburundi bukeneye abishinga nabo bavuga ngo utwaye ninda bazotangara umunsi uzoba uriko urahira imbere yabarundi bose nkuwugiye kubabera umukuru wigihugu abavuga bavuge nawe ukorane ubwitonzi ntangere.hama gwasa turazi kuzubwenge ko mukugwanya umuntu neza umwereka kutamwanka cutangura mubwenge ntangere wahawe maze uze ugire ico ishikako muri 2020

  • Ntuze Wongere Kuzimirana Amaso Nkagahuzo Babijamwo Nyene.

  • gwasa yashaje mumutwe ivyo ntibibaho umugabo yihindukiza mukirago ntiyindukiza mwijambo imigere ibiri ntitereka nareke guhuma amaso abanyagihugu

  • Ewe, Rwasa Inzara Nimbi Aho Wemeye Guhemuka?Ntakwihangana Ugira?Kandi Ntiwibagire Yuko Uwutagira Ukwihangana Nubwami Bwijuru Atazopfa Abuhonyoyemwo.Nawe Rero Nayo Majwi Waronse Muri 2020 Uzoca Mera Nka Uprona Ya Consilie.Wishe Vyose Kubera Inda Yawe.

  • Mze komer kbs natwe dukeney uhuduserukira muri ret .

  • ndgushimiy nyakubhwa RWASA KO xaciye eng ndazi neza ko niyo udhendwa na nditije nabiw wari nukutubwira tukgutora wri kuronk nayasumba harya aba nybururi ntuzonger gucudik nabo raba uvugne nurya mutama nkaw muva hamw mutungniriz abrundi benshi bari inyuma yanyu muri politik nta muntu twara adafise karwi kamukikij ntibazoguhend igikuru nugutungniriz abanyagihugu imana ikuragir naho uzoba ufise 70 uzaba president ntugire ingorane.

  • Ngiye nabona ko rwasa nawe politike ayibona. Arerekanye neza ko kuba umukuru w’igihugu muri 2020 atari ikibazo. rindira ashinge imizi kunitumba no mumyonga murabe. uwo mukino iyo awukina muri 2010 aba yabaye président ubu, ariko ntaco niyipange ntasubire gusamara. abantu batuririwe mumabarabara nabo, société (in)civile ibe irategura insiguro n’indishi. kandi yovyifatamwo neza tuzomutora ataco dusavye ko yibutse ko twikenereye amahoro gusa. abitoye kabiri na dd uriko urarura bacanamwo, nyakuri na nyakurira.

  • My Friend Gwasa Komera.Ntakuntu Yoguma Uta Amajwi,Akaja Aratora Abatayarose. Erega Gwasa Twayaguhaye Dushakako Uduserukira,

  • Uragaba,ntiwifatanye Nankuru Ngomuzohave Musangiribihano Imana Yamuteguriye Kuko Imana Yagabiye Gukuraho Ingoma Yiwe.

  • rwasa weee!!wahenze abanwanyi bawe :ntugira musitanteri n’umwe,umukenguza n’umwe!!!nturariha na facture y’umugore wawe yarashwe nabonyene ugiye gusega!!ndakuvumye uzopfa udasasiwe tapis rouge nk’umukuru w’uburundi!!uhejeje nabi

  • aho muta wagiz neza uko mungana muz mwank kw ibwirizwanshingiro rihinduka niyo mwarihagararira muzoba mukoze.

  • RWASA NTAKUNDI NAHO AB DD BAKWISHE BAKAKUNOZA NTAKUNDI WARIBUGIRE NTPFE KWICARA WIYIBIRE NKABANDI BOSE NAKARE NABO BARIVYE NUBU CKIRIKO MUGA NTUSUBIRE KUGIRA UWO UHENDA NGO USERUKIYE ABANYAGIHUGU KUKO WEWE USERUKIYE INDA YAWE NUMUGORE WAWE NABANA GWAWE KUKO IYUZA KUBA USERUKIRA ABANYAGIHUGU IGIHE MURI 2000 LES MEDIATEURS BAGUMA BASEMERERA NGO NUZE UHAMVYE FDD MUMUGAMBI WAMAHORO WARIKUZA KIMWE GUSA WATAYE UMWANYA WUBUSA WAMUTAMAWE! BARYA BAPFUMU WAMA UJAMWO BAGUHENDA NGO IMANA NGO ABAHUTU NGO IMANA YARABERETSE NGWISEZERANO UBU UGIYE WABONA YUKO WIHENZE USUMBWE UBWENGE NA PETER KWERI UMWANA WEJO KANDI WEHO URI UMUTAMA ASHA NTIBAGUSHAVURIRE KUKO NA UPRONA NAYO YATAVYE ABARI MUMYIYEREKANO KUKO EX FAB UBU TUBONA YARITURAMIYE KUBERA ARYA MA DOLLAR BAHAYE BIRONKERA MURI AMISOM! KIMWE BARUNDI BARUNDIKAZI MWOHAKURA NKICIGWA NUKO MU BURUNDI ATAMUNYE POLITIKE NUMWE AHARANGWA BOSE NI ABINDA GURA GUSA! UMWE WESE ATIGWANIYE BIRAMUSHA NYAMBA ABA SODA BA EX FAB BARARUBIXWE BAKARUMIRA NTIMUBÖA YUKO BOSE BAGWANIRA INDA ZABOGA YEMWE! POLITIKE EGALE GUSUMIRA INDA C’EST TOUT!

  • Komereza Aho Nyene Mutama Nti Basubire Kugucamuryahumye

  • Agato Yarayahemutse Kuberind Tujekumavi Dusenger Uburundi Bagenzi Muzetwigumy Nkabana Bigihugu Uwuzihangana Azokir

  • Rwasa courage!!tu as fait ub bon choix,des années et des années dans la guerre, non et non!!reposez vous et contribuez àla construction du pays.

  • komera muta wacu rwasa abo nabo baguma bakuza ubunwa ngo waigize birya na biriya bafise izindi ntumbero bazopfa baribaza kandi ndazi neza umunamarimwe wukuri arabishima ntawufata inzoka atayegereye

  • ihende uvemwo babicokeremwo abo batutsi, abo ni ninzoka

  • Waraye Uhemukiye Abarundi Namakungu Pe!

  • RWASA ABANAMARIMW TURAGUKEJ UWOGUHENDA NAW YOKUBWIRA NGOKINIRUMUPIR INYUMA YIKIBUGA INJIRA MUKIBUGA NIHO UMENYANA NABAKINYI MUKAMENY NIPASI ZINJIRA WE KOMERA

  • mama mutama aho wajebajebeye ntubona kubu ubaye igihangange?bura kutaza uraca akenge niwishinga ngo igisiga cobabara imiswi wogwa kure.wewe ubona izo nkona zitinya ko zumye amaraso kunyo?ohoo we utabaye comando nahuri uzohavanwa namasase uzoyumvira mumakoti

  • Nivyo Ahubwo Gwasa Nabwire Nabo Batitavye Kuza Munama Nshingamateka Kugira Habe Intwaro Rusangi

  • Rwasa Uri Umuhemu Kubarundi N.Uburundi.Nakare Uwahenye Ntiyambara.Yupfuma Uvuga Tugatora.Ntuzopfa Utwaye Igihugu!Imana Ikubabarire.

  • Uwuzishinga uwo Nditije azorwakure urabaza abashikiranganji yabwiye ngonibave muri reta bakamwemerera abizeza Ko hagiyekuzoba kudeta ngorero bamuriviriyemwo muzohabwa amabanga nyuma ya kudeta ibivyose tumazemwo imisi vyama kudeta, vyibitero, imigumuko, guterubwoba abarundi kugezabahuze etc Nditije yaribizi ariko ntiyigezamenya kobizogenda nkukomubona vyagenze.

  • Ariko jewe abantumurantangaza! Rwasa yarihenze mumwaka 2010 yifatikanya nabarose 0% ngobarifatikanije kuvamumatora kumbe ntanicicabobobo baribahomvye uwahomvye ni Rwasa amwenabo bifatikanya barose 0% basigaye bivugurango turagihenze ca Rwasa ngokukococo caricarose agayfo kamajwi! Ngwarijewe sinariguheba aryamajwi yariyarose ngwirdya zibonumwana!!!.

  • Siasa nihatari!! Kilamtu anaitumia kama anavyojisikia,

  • Rwasa ni umugabo ushishoza kuko azi neza ko opposition igamije kwagura Hima -tutsi empire muburundi. Gusa yabatahuye kera. Nibashaka biyahurr

  • IVYO RWASA AKOZE NTAWOBIGAYA MUGABO YAME YIBUKAKO UWUTAMBANA NAMUKEBA NTAKUBITA URUGOHO ABOBAGABO BASINDIYEKAMWE BAZOGUFYETA

  • Mana Yanj Dore Amabi Ya Rwasa!Yayaya!Umushenzi Afate Yifadikanye Nabandi Ati Ntituja Mumatora Eka Agireko Avug Ko Nayabay Atayemera,maze Ace Ahagarara Kuri Radio Ngo Abanywanyi Biwe Ntibayajemwo Hanyuma Ngwagiye Muri Reta!Mbega Umuswa N’umuhemu!Sha Ndakuvumye Uzopfe Udakase Kuri Tapie Rouge,ubone Basi Yuhengera Hasigay Umuns Umwe Ngo Amatora Abe Ukatumenyesha Tukaja Gutora,sha Uzorinde Upfa Ntongeye Kuguha Ijwi Ryanje.

  • Mana Yanj Dore Amabi Ya Rwasa!Yayaya!Umushenzi Afate Yifadikanye Nabandi Ati Ntituja Mumatora Eka Agireko Avug Ko Nayabay Atayemera,maze Ace Ahagarara Kuri Radio Ngo Abanywanyi Biwe Ntibayajemwo Hanyuma Ngwagiye Muri Reta!Mbega Umuswa N’umuhemu!Sha Ndakuvumye Uzopfe Udakase Kuri Tapie Rouge,ubone Basi Yuhengera Hasigay Umuns Umwe Ngo Amatora Abe Ukatumenyesha Tukaja Gutora,sha Uzorinde Upfa Ntongeye Kuguha Ijwi Ryanje.Eee!Intarabona Isera Ihaha.

  • Mbega muribuka cndd fdd ingene ivana n’imigambwe yemeye ko bacudika?
    Mwarabonye ingene yavanye na UPRONA, mwarabonye Zedi Feluzi, muzoraba ba Conciliya na Gaston, ba Jacques na ba COPA, mwarabonye les frondeurs, ba Rajabu, ba Manassé, etc
    cndd fdd irinda yica aba FNL bo mu misozi sans enjeu de taille izoreka kwica RWASA yobatwara ikibanza c’umukuru w’igihugu? Rwasa niyashikira amatora ya 2020 bataramwica nzobaha akantu
    La meilleure option qu’il devrait faire etait non seulement d’eviter de participer dans les institutions mais aussi de fuir le pays
    En effet, on devient President étant vivant, pas comme cadavre

  • Rwasa Nimbwa Nagume Bkurikira Mvama Mpaka Gushka Apfe

  • Komera Nkurunziza Njtwe Turi AInyuma Yawe Inkona Ntiyaruzwa Uwuzobikora Izomunoba Natwe Turiteguy Kururwana Tuzobamesa Omo Zirakwiye Ubwo Bututsi Bwutuzuru Umenga Nuturato Twabana Tuzodukwega Uwuyibona Ahabuke

  • Rwasa,wakoze ikintu abanywanyi bawe bari banyotewe.Itegurire gutsinda ayo mu 2020

  • Rwasa,wakoze ikintu abanywanyi bawe bari banyotewe.Itegurire gutsinda ayo mu 2020

  • ni mucezo wa ndani aba DD bagira ngo baramushoboye bari batanguye gusya bwose ariko ni bashire amero politike ni umwana w’uwundi.ni barindire ntibirahera hari nibindi birinyuma bizobatangaza.

  • ni mucezo wa ndani aba DD bagira ngo baramushoboye bari batanguye gusya bwose ariko ni bashire amero politike ni umwana w’uwundi.ni barindire ntibirahera hari nibindi birinyuma bizobatangaza.

  • Nizina ry,imana Rwasa twaremeye tukugwinyuma nabacu barahasigara niwe mizero twari dufise none urubahutse uraduhemukiye ugiye kwifadikanya nizonkozi zikibi?none rwasa kuberiki twari tukuzi nkumuntu wumunyabwege ariko tukabona umenga uriko urajebajba? utanguye gutambikiza? ivyo gutambikiza ntiwabonye iyo vyagejeje gaciyubwenge? basi iyutuma ivuga tukagutora aho kutubwira ngo ntituje mumatora? none aho wagize iki? kuduteranya nimbonerakure gusa zigume ziduhiga ngo ntitwatoye?sha je ndakuvuyinyuma uzorinuhwera urabona ereur udutayemwo?ndakurahiye uzotahira ubushingamateka nta presidant uzopha ubaye naho hazoba 2030.

  • mwiriwe jewe ntagitangaje mbona kuko abahutu mwatijwe igihugu nuhoraho kandi izi ntwaro abatutsi batari ibihemu ntaco dusaba twaranyuzwe,nditije numuhutu ,abo batutsi ni baje mu nama nshingamatekakuko nta kindi bashoboye ,baduze intoki

  • KOMERA RWASA UBU URABAYE UMUGABO NDAGUHAYE INAMBA YUBUDEFASERE UMUPIRA NIYOWAZA URAWUTEGUMUTWE NTUWUHEREZINDA ABARUNDI NIWEW BAHANZAMASO

  • Genda upfe wipfane ityakora urumuhemu.wenda ntamuturagi numwe canke umunyanyi waw akikurinyumayaw.urahenzw na cndd ubatay mumuriro nanone urabatay.wagaruy’agatima wendukaguma kwibanga!

  • Genda upfe wipfane ityakora urumuhemu.wenda ntamuturagi numwe canke umunyanyi waw akikurinyumayaw.urahenzw na cndd ubatay mumuriro nanone urabatay.wagaruy’agatima wendukaguma kwibanga!

  • NTAM’UMUGABO URIMWO URIWE W’UNDI WARAMUTSE UBAY’UMUKUR W’IGIHGU WOTUBERA NKA PETER!!KUKO URAKUNDA UBUTEGETSI!!

  • MBE KO MWESE MWIDOGERA RWASA MUMURONDERAKWIKI? KO RWASA ATAMATORA YAGIYEMWO ATANUWAMUTOYE! MBE MWIBAGIYE YUKWARI UWI NGOZI IWABO NA PETER? ASHA OPPOSITION MUDAKANUYE NGO MUTORE INKOHO ASHA BURYA UBURUNDI BWAVUYE I BURURI UBU UYE BUGEZE INGOZI YANTWARO YA KAMWANA WAMAMA YA BURURI IGEZE INGOZI UN GOUVERNMENT D’OLIGARCHIE VIENT DE S’INSTALLER A KIREMBA PRECISEMENT À NGOZI ENTRE LES DEUX FRÈRES DE NGOZI PETER ET AGATHON HAMA ISIN9I RYABA FNL MWAKURIKIRAGA RWASA NKINTAMA MUTAMARIGWE!MUKUMBURE MWESE OPPOSITION MWIYUNGE MUKORE UMUHARI UMWE WA GISIRIKARE ATARUKO MUTEKEREZE MWISHIKANA PETER NA RWASA BAJE BABASOBA MU KANWA! MBE KO MWIDOGERA RWASA GACIYUBWENGE KO ARI UMUTUTSI NYAKURI ,NA GASPARD BARATUZA NA EX FAB EN COMMUN BARI HEHE KO BATARYOGORA NTIBAFISE INKOHO NTIMUKAGOMBE KUDUHENDA SHA EX FAB NTIYATAYE MURUDUBI GODEFROID TRÈS RECEMENT IGACA YIHURAMIRA KUBERA NGWARI UMUNYA BUJUMBURA! MUTAHEVYE IVYINTARA NGO MUSHIRE INEZA Y’ABARUNDI IMBERE NTACO MUZOGENDA MUSHITSEKO EX FAB AMA DOLLAR YO MURI SOMALIA KO YABATWAYE UBWENGE HAMWEJOBUNDI IMBONERAKURE NINTERAHAMWE NA POLICE BAGUMA BICA ABATUTSI BENE WACU KO MUTARYOGOYE KO MUTATURWANIYE? SUKUBERA ARYA MAHERA MUJA KWICIRA SOMALIA? MWARAHINYUTSE NTAVYUBWOKO NTANIVYINDA NI POLITIKE YINDA GUSA UMWE WESE NI NSUMIRE INDA RWANJE PETER UZE UBAMESURE HAMA UZE UHEZE UBAGORORE HAMA IYO EX FAB UZOHEJE UGENDA USOKORA KAMWE KAMWE NKAWAMUGANI WACIWE UTI UMUGANDA WINKWI MUKUWUSAMBURA UJURATORATORAMWO KAMWE KAMWE MPAKA UKAWUHEZA KURYA WATANGURIYE KURI KADEGE NA GACIYUBWENGE AGATA AKOMOKA HAMA NDAYIRUKIYE UKAMUTA MUMVUTO HAMA UZOBANDANYE UZOHERUKIRE KWAKIRYA KIROGORYA NGO NI GASPARD BARATUZA CUBAHUKA KUVUGA NGO IGISODA NGO NTIKIJA MURI POLITIKE! MKURYA WEWE ATANDUKANIYE HEHE NA RWASA? NTAHAYE AKORERA INDA RWIWE COKIMWE NA EDOUARD SUMUTUTSI IVYO YAMA AVUGA NIBIKI? ,CONCILIA NIBIGIRA WEWE YADUKOZE IBIKI UBU UYE UMWE WESE NUKWIREBANGA!

  • TURAMUSHIMIYE RWASA AGATHON KWEMERA AMAJWI BAMUHAYE.( IMANA IMUHEZAGIRE)

  • nyakubahw ndagushigikiye wariwarindiyiki kumva 2010 kuj mur l etat turinyuma yaw

  • @nimumveko nitamirire
    Uriko urarika aba opposant ngo bafate inkoho ,bagwane na nde?Izotangurira mu rugo i wawe iherere yo.Uriko usigura ivy’uburundi witwaje amoko nta soni,uri ikijuju pe,mu burundi nta muhutu nta mututsi bakiriho ivyo vyaraheze ,kora uduteze imbere nico dukeneye,hahahaaaaaaaa.
    Abahutu n’abatutsi turi bamwe twonse rimwe tunuka twese igikakwe,hihihiiiiiiiii.
    Iyo bible yose plein de contradiction,abatutsi ntimugira isoni kweli .

  • Rwasa bayi Kuri Scène Politique!

  • ubwo nubwenge bwinda rwasa,warugowe, ntawewe uzibuka abanyagihugu. muga uravye nabi uraharwa!! mbe ya docier yabanyamurenge uzi ko ica ifutwa? na kabayi.

  • Haahaa!ngw,abatutsi?Munaniwe na politike ucuvuga moko?reka ejo buce tuvyerekabagabo ubwo bututsi wahenzwe nabazungu(colonisateurs),buzogupfakwubusa.Babateye ubujuju,NGO muzubwenge,umurundi n’umurundi ntanakimwe urushijabandi,kumbure mukure amaboko mumpuzu mukore ntimwishinge kurera amaboko nkakera,ntanumwe azongera kubakorera nkakera kandi ntimwibazeko abo bazungu bszobaha icokurya nka leta y’ibururi mwitonde.Ntamoko afisagaciro iburindi,umwansi nuwo wese ashaka kudusubiza inyuma nk’ibirenge.

  • abarundi ntobabwira bose bagataha bagashira imbere gushaka icobatunga kuruta kwicana,bakabana mumahoro kubera ayo maraso naguma guseseka bizoba bibi fin de fin

  • Nyakubahwa Rwasa Naduserukire Kuko Turamwizeye.

  • @nimumvekonitamirire!! Ubwo wari uzi ko muzakoresha Rwasa mukamugira ikiraro cyanyu cyo kuronka ubutegetsi mukica abahutu mukarya ibyabo!! Izina niryo muntu abatutsi muri Barutemayeze batamira ibyo bataruhiye. Gusa Rwasa areba kure yabamenye kera. Naho gutamira byo nkizina ryawe ugomba kuvana amaboko mumpuzu ugakora bitaba ibyo ukiyahura.

  • Rwasa,uwutamuzi,aramubarirwa,intaraya bujumbura riral,yafishije,abantubeshi kubera rwasa,nubu,ugiye,ukaraba,hafi yicibutso cubumwe,ntaterambere rirangwaho,dusubire kuri frodebu yandadaye yarumugabo wabagabo tuve kuriyojangiri.

  • Rwasa ndazinezako,ivyiyumviro vyabantu,ubisoma,ufashe,umwasi wabanywanyi bawe,umuja,inyuma,agiye kugukubita,umugere winka,nuwuzokugorora ntawuzobona,riral turatumiye frodebu,inzira ziruguruye kukontamabarabara,ariho.

  • Kurwanira,ibwirizwa shingiro kudahindurwa,mwitegure kumara,abarundi narwasa twaramu rwaniye ntacotwarose,turiteguye kurwanira,ibwirizwa shingiro ryandadaye na rwagasore.ariko buyoya,arihe,atabare,abarundi?

  • @fatakobiri . Ntabwo uri mubarwaniye Rwasa ahubwo uri umwe muba sans échecs biyemeje gutwika abahutu n’imipine. Rwasa Ntabwo ari intagondwa nkamwe. Politique yanyu y’amacakubiri yayitahuye kera. Iyahure muri Tanganyika nibyo bigukwiriye aho guserereza Rwasa.

  • jewe nashaka kubaza abo bose biyita abanywanyi bo kwa gwasa,mwese muvuga ngo yari kubabwira ko mwitaba amatora ngo mukamutora ,muri igitangaza kweli.Mwagiye ngaho muturaza ku rya musonga,ama coup d’etat ngayo,ama rebellions ngayo,imbonerakure ngizo zirashize.None ubu mutanguye kuvugako mw’ijambo rimwe mwagiye gutora donc mubabajwe nuko mutagiye muri benshi ngo mutore Rwasa,muzi abantu bamaze iminsi ku musuhero mubabeshera ngo bababuza akami ka muntu ,ngo bababujije gutora,ivyo vyose vyari ibinyoma ahubwo mwashaka kubuza aba cnddfdd gutora,ntaco basha,ivyo vyoooose ni amahoro y’umurengera.

  • nkuko twama twiteze amahoro uko vyoba kwose arik amahoro akaboneka twebwe abene gihugu nico kitunezera . naho kwisubirako vyovyo mbona ariwo mugambi arik sinzi niciyumviro canje kuk ntawumeny icuwundi mugabo atekereza.

  • Alerte: Rwasa Agathon élu vice-président du bureau de l’Assemblée Natioanle!!!

  • Itabesha ubugirigiri bugira babiri

  • RWASA NIWIRARAMIRE MAWE WITUBUKURIRE UMUKANDA NARIRWA MU BURUNDI ATA POLITIKE IHARANWGA HARANGWA INDA NDENDE GUSA NAKARE NO MURI 200L, NA 2010 WARI WARAMENJE KWANKA KUJA MUMATORA NGO WIGERAGEREZE AMAHIRWE YAWE UBU HARI NAHO NAWE UBUMAZE KUBUMUKURU W’UBURUNDI USHIMA ARI POLITIKE ZINDA KO ABA EX FAB BOSE ATANUMWE ASOKORORA INKOHO NGO ATANGURE KURASA? NTIBAMUTAVYE MU NAMA GENERAL GODEFROID NGO NI UMUNYA BUJUMBURA MWEBWE MWESE MWIDOGERA RERO RWASA VS AVEZ LE TORD CAR IL N’A RIEN FAIT COE UNE FAUTE NIMUBANZE MUTANGURIRE KWIDOGERA GACIYUBWENGE NINTWARAMIHETO ZIWE YATAVYE MUNAMA KUBERA AKANOTI YAHAWE NA PETER KIGITURIRE DONC, PERSONNE N’A LE DROIT DE CONDAMNER RWASA SANS TOUTE FOIS AUSSI CONDAMNER EX FAB YARUCIYE IKARUMIRA HAMWE TWAGUMA TURASWA NINTERAHAMWE NIMBONERAKURE MUMIYEREKANO AU LIEU YUGUHAGURUKA NGO BADUTABARE TWIKUREKO INTWARO YA PETER IHONYANXANGA LES ACCORDS D’ARUSHA JUSTE KUBERA BURYA BUFARANGA MUHAYE MUJA KUZANA SOMALIA MUGA MURAHUMBA MBE MUZOBURIRA HEHE BENE WANYU ZA MUSAGA ,NGAGARA,NYAKABIGA,JABE,MUTAKURA TUGERAMIWE NAMWE RORERA GATOYI MUZOTANGARA PETER AHO BUKERA NIYATANGURA KUJA ABASOKORA MUGISODA KAMWE KAMWE HAMA AZOCE ASHIRAMWO INTERAHAMWE EGA MUKUMBURE MUKANURE AMAZI ATARARENGA INKOMBE MBE NTIMUBONA YUKO WE NINTERAHAMWE BAGOMBA KUDUHONYA NGO BAZOCE BABANDANYA WAMUGAMBI WABO MUKUJA GUTERA URWANDA BAZOCE BAHERAHEZA WAMUGAMBI WIHONYABWOKO WARI WARATESHEJWE NA NYAKUBAHWA PAUL KAGAME TUGOMBA DUHONE ABATUTSI COBO! EX FAB NIMWE DUHANZE AMASO BASORE BACU NIMWIKUBITE AGASHI MUTUGARUKIREKO MUREKE GUKUNDA AMARONKO KANDI ATAHO MUZOBONA MUYARIRA!

  • birahimbaye cane naze mubandi nakare abarundi baramukeney yariyaratebye

  • RWASA KOMERA GOSE KU NTEBE YAWE TURAGUKEJE

  • Imbwa ntirya ibishushe irindira bihore

  • abamenyeye kunywa amaraso ntiyabaheramwo si nkurunziza si rwasa baribagiye amaraso y’abanyagihugu bahitiye basheshe shetani yarabahenze.ivyo babikora bibaza ngo Imana izobiba koko ngo n’ikimara baronse.basigaye bakinira kubiremwa vy’Imana.nabone bazopfa.Imana izobikora.

  • nakomer kumuheto tuamushigikiy nakare jak yokwi insramwo lkmrkmhto banamarimw mewes

  • Jewe,novugayuko abarundi bose ahari koyokwiyumvira murundi mugenziwe ko afise umubiri nkuwo afise,na maraso.nasabako abadutwara bobisa abandi,kandi amahoro akarama mugihugu catwibarutse. haba umututsi,umuhutu,umutwa twese turibene mugabo umwe. nukuri ndasavye abategetsi, komwokora ibishoboka kugira amahoro yongere agaruke muburundi.

  • Nuhunge ntagihugu dufise ufashanyije numusuma nawe uba urumusuma ni murekure imana yashavuye amaraso mumazegusesa nimeshi Rwasa bivemwo turagukunda aba dd ni babi

  • Gumamwo Kugira Intambara Ntibe Abonabo bakubwira Ngo Wifatanije Numusuma Bashaka Buce Uhunga Bace Bagifata Kandi Ejo Ari Wewe Ok

  • Rwasa Ukomere Kumuheto

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.