IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Alexis Sinduhije arahakana ko ata murwi urwanya Reta arongoye

Alexis Sinduhije arahakana ko ata murwi urwanya Reta arongoye

jeudi 14 Nzero 2016

Umukuru w’umugambwe MSD Alexis SInduhije arabeshuza amakuru avuga ko arowe arongoye umurwi w’abitwaje ibirwanisho batwanya Reta y’Uburundi.

Alexis Sinduhije yavuze ko ivyo bamwagiriza ko arongoye umurwi w’abagomba gukura umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza bakoresheje ibirwanisho.

Umukuru w’umugambwe MSD amenyesha ko igihe yoshinga umurwi urwanya Reta ukoresheje ibirwanisho yovyemanga.

Alexis Sinduhije yahunze igihugu kuva mu kwezi kwa gatatu umwaka wa 2014.
Alexis Sinduhije yamye yerekana ko adashigikiye ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu,bamwe mu banywanyib’umugambwe arongoye barishwe mu mezi aheze.


IGIHE

Messages

  • bataye imitwe. uyomurwi ntanumwe batawagiriza? noneho uwamaze urwaruka rw, uburundi arazwi si sinduhije si minani, si mbere n, igipolisi. ni nkurunzia kuko niwe buca abibazwa.

  • Mbega yemwe abanyapolitike babaye gute? Umviriza radio inzamba amakuru yavuzwe italiki 28/12/2015 aheze ahakane twumve

  • Ngahorero rwarwaruka rupfakwitabira ibijevyose ngaho uwambere ararwihakanye! Abavyeyi nababanyi baribarababwiye komudakwiye kujana nyabahururu canke ibisayangana noneraba ayo Alexis abakore mukubihakana kandi mwarerekanye ivyemezo simusiga kwariwe yabijeje ibitangaza ngomugihe mwokwemera akabarosa ibirwanisho abahaye ngomuzoca mubahoneza ngonizonzego zirongoye igihugu zaba izumutekano canke iza reta ngomuhejeje kuzicazose ngomuzoca muzisubirira ngomuzoca mutora nubutunzi bwose baribafise ngomuce mubabatunzi kuburyo buboneka. Arabihakanye ngokubera mwakoneje kuzamuranavuga ahibirwanisho vyarivyaranyegejwe mu Burundi bimaze kuvanwa Rwanda.

  • Komer Mutama Nibakureke Barekurusaku, Uritwari Ureke Aboba Dd Bintumv Love You

  • Ikiringo Ca Petero Nkurunziza Y’ihagiy Kunguvu Nticemew N’amategeko Yo Mu Burundi. Akaba Ari Naco Catumye Abarundi Atari Bake Bahunga Abandi Barenga 1000 baricwa, ubu igikwiye n’ukomora Nkurunziza Biciy Mu Nzira Zos Zishoboka. Ahubwo Twebw Urwaruka Rwiyemej Guhabuza I Gihugu Cacu Turarindiy Akamo Kanyu ! Ubu Uwuzi Ko Yiyamirij Ikiringo Ca 3, N’igisanira Ciw N’ukwicwa .Ikitavùzw Ni Ukuba Uri Imurikirakuri. Tw Tuvuga Tuti "hako Twopfa Dukugwamwo Kamw Kamw Twopfuma Dupfa Tugapfira Kurugamba" Ntakudeburukigwa Ijambo Ni Ryarindi! Murakoz!

  • Nimubareke abobanye politics ntambwoko bifitiye , uretse nababakeirikira barihenda none nkabafashwe bazoburanirwa nande kandi basebuja babihakana. Bwabundi bakora Ubuntu bate era kuko bababaziko atahobizoshika nicogituma batuyemera, ehereri nimwishikane mwabonye ko inziravyibigwanisho atahizobashikana nimwishikane musubure muruhongore mwamfunshi zici nayahanfiho murahera nkimfu yimijira. Ikibabaje nabobana barimwo Bazira ubusa abiwanyu bibrreye mumagorofa iburaya barikwiga, ariko wewe Alex, Nyangoma, Minani, nizontovyi bahora arabakuru bigihugu be nivyobihemu vya cndd- FDD nimwigere muhonyoza ikirenge ngaha ubutungane burikumwe namwe kuko namwe mwasutse igihugu mukaga mwutwaza manda. Aho Buyyoya yicusha Ndadaye yamuhoye manda yakangahe????????

  • Nimubareke abobanye politics ntambwoko bifitiye , uretse nababakeirikira barihenda none nkabafashwe bazoburanirwa nande kandi basebuja babihakana. Bwabundi bakora Ubuntu bate era kuko bababaziko atahobizoshika nicogituma batuyemera, ehereri nimwishikane mwabonye ko inziravyibigwanisho atahizobashikana nimwishikane musubure muruhongore mwamfunshi zici nayahanfiho murahera nkimfu yimijira. Ikibabaje nabobana barimwo Bazira ubusa abiwanyu bibrreye mumagorofa iburaya barikwiga, ariko wewe Alex, Nyangoma, Minani, nizontovyi bahora arabakuru bigihugu be nivyobihemu vya cndd- FDD nimwigere muhonyoza ikirenge ngaha ubutungane burikumwe namwe kuko namwe mwasutse igihugu mukaga mwutwaza manda. Aho Buyyoya yicusha Ndadaye yamuhoye manda yakangahe????????

  • Nimubareke abobanye politics ntambwoko bifitiye , uretse nababakeirikira barihenda none nkabafashwe bazoburanirwa nande kandi basebuja babihakana. Bwabundi bakora Ubuntu bate era kuko bababaziko atahobizoshika nicogituma batuyemera, ehereri nimwishikane mwabonye ko inziravyibigwanisho atahizobashikana nimwishikane musubure muruhongore mwamfunshi zici nayahanfiho murahera nkimfu yimijira. Ikibabaje nabobana barimwo Bazira ubusa abiwanyu bibrreye mumagorofa iburaya barikwiga, ariko wewe Alex, Nyangoma, Minani, nizontovyi bahora arabakuru bigihugu be nivyobihemu vya cndd- FDD nimwigere muhonyoza ikirenge ngaha ubutungane burikumwe namwe kuko namwe mwasutse igihugu mukaga mwutwaza manda. Aho Buyyoya yicusha Ndadaye yamuhoye manda yakangahe????????

  • Nimubareke abobanye politics ntambwoko bifitiye , uretse nababakwirikira barihenda none nkabafashwe bazoburanirwa nande kandi basebuja babihakana. Bwabundi bakora ibintu batiyemera kuko bababaziko atahobizoshika nicogituma batiyemera, eherero nimwishikane mwabonye ko inzirayibigwanisho atahizobashikana nimwishikane musubure muruhongore mwamfushi zici nayahandiho murahera nkimfu yimijira. Ikibabaje nabobana barimwo Bazira ubusa abiwanyu bibereye mumagorofa iburaya barikwiga, ariko wewe Alex, Nyangoma, Minani, nizontovyi bahora arabakuru bigihugu be nivyobihemu vya cndd- FDD ntimwigere muhonyoza ikirenge ngaha ubutungane burikumwe namwe kuko nimwe mwasutse igihugu mukaga mwitwaza manda. Aho Buyyoya yicisha Ndadaye yamuhoye manda yakangahe????????

  • Komera mutama abarundi b’umutima tubari inyuma. Nkundira Kubwanje nambike imidari y’iteka intwari z’uburundi : UMUDARI WUMWAKAKA UBEREYE INTWARI Z’UBURUNDI WA 2015 NIWAMBARE Gen Major NIYOMBARE Godefoi NABO BARI BASANGIYE URUGAMBA RWO KWUBAHIRIZA IBWIRIZWA NSHINGIRO NAMASEZERANO YA ARUSHA .ABARUNDI B’UMUTIMA NTITUZIGERA TUBIBAGIRA umudari w’ibirimarime niwambare bamwe bamwe mugipolisi c’uburundi bihaye kwica urwagashinyaguro abobari bajejwe gukingira babaziza ko banse kuba abaja ba nkurumbi

  • Akabi gatwenga nkakeza!!!Ibiba i Burundi na nyokuru arazi uwubikora uwariwe wese Aho tugeze ubu ntanumwe atarushe!DUKENEYE AMAHORO..LES COUPABLES ICARE KUMEZA MUGANIRE vyo bintu vyo kwikuriza kubandi ndabasavye mubireke
    NTIVYUBAKA.DOMITILA KIRAMVU AHERUTSE KURIMENA.REKE ABO BA JEUNES BAKURE NABO NYENE REKE KUBAROHA..UWAPFUYE WESE ARI KUGATWE KA SINDUHIJE,PACIFIQUE,NIYOMBARE,ABA POLICES BAMWE BAMWE,PHILBERT,ETC...

  • @Hakizimana Don. None ninde wakubujije gufata inkoho? Gira vuba mugabo urusoro iyo nda ruyinyuremo turakurindiriye.

  • Zamurasar Gos Ngo Uryaruka Ry Urund Ngo Ruz Bazw NKURUNZIZ WEW N’UMUGABO

  • Zamurasar Gos Ngo Uryaruka Ry Urund Ngo Ruz Bazw NKURUNZIZ WEW N’UMUGABO NAY IYOMBA NGO NI SINDUHIJE AHUBW NI BAKAMP ( )

  • Ariko hariho abazopfana ishavu n’agahinda. Ubwo mwizera ba sindumuja ngo bazobah’ikintu. Iyo mandat ya gatatu n’urwitwazo, kuko baziko batazopfa btegetse iki gihugu. Mbe ayo majwi boyakura he? Ni nde yoyabaha? Har’uwabajije ati: Igihe Buyoya yicisha Ndadaye yamuhoye mandat ya kangahe? Mbe nanje mbaze: abapfuye muri 1972, Ntega na Marangara n’ibindi bihe vyinshi, bazize mandat ya kangahe? Imbwa yahiye ku murizo ngo buraca tuharabe. Mupfa kubihishahisha ariko bizomenyekana: Har’abantu bayererana umuvumo bakomoye kuri base na basekuru. Har’abahenzwe barabakurikira kuber’indangari, ariko kwizera uwizera uwatsinzwe bitera gutsindwa.

  • none ko opposition nabonye yatanguye gucanamwo aho ntihaba harimo amahunyu? bose barigushaka kuba ba presidents b’uburundi icarimwe. none congo yatanguye gutoratora yamisore yari yagiye mukibira, pacifique Nininahazwe yatanguye kwerekana ko Kiramvu wa RPA arimo kubiba amacakubiri muri vya bi audio arungika kuri whatsap. Radjab na Niyombare nabo umwe umwe ari mubiharuro vyiwe, Nyangoma na Rufyikiri ntibavugarumwe, Sinduhije nawe vyamuyobeye kubera ibihano USA yamufatiye, nibindi vyinshi bidasobanutse barimo buriwese ari munyungu ze bwite.

  • JEWE NBOYE INGENE UMUKURU WINAMA SHINGAMATEKA NCANBONA TWAMUTOYE TWIZIGIYE GOSE ARASHOBOYE GUTWARIGIHUGU NICOGITUMA ABARUNDISINZI BITABIRIYAMATORARIBESHI NAKOMERE BENAMUZE PITA BAGUME KWIVORA ABARUNDISINZI TUBARINYUMA KUBICHE VYOSE VYIGIHUGUGU

  • Ubwo se wakigabo we urumva umaze iki? usize abana babandi mwibohero abandi barishwe none ayo niyo uvuze? pour speech from a fake leader..... abanzu muzabatubaze ibyo bagutamika nibirangira batakigukeneye bazagutamika amabyi nushaka ureke kwihakana benewanyu ejo uzabakenera

  • Ariko abarundi mwabaye mute? hanyuma ngo Kagame nabatabare none se atabare inde? urihe? ahereye he? nimureke kubeshya benewanyu mubariraho imfashanyo hanyuma mukabihakana niba byabananiye nimubireke.
    hababaje abarindi amakungu ngo azobatabara kandi nabenewabo bigaramiye mumahoteri iburayi barya ibyubuntu benewabo baraye kumunigo.

  • Ewe mana yuburundi ehe raba nawamutama yatwigisha kugwanisha amabuye nigipolisi aratwihakanye none tubaye abande?, Nyenikigongwe wewe uraba mumitima dutabare utoronderere uyundi muzima aze adukize,

    Mbe ga muta iyo wagiye gusega dutetse nibihera iwacu bihiye ntuzogaruka??? sha barayamaze ngo iyo igitigu gisumvye umutima akaja munda karuta umubanyi.

  • Ndibaza kubijanye na :alex noya atakunda abarundi. Ni we yabwiye abantu gutora ibigwanisho izuba. Riva

  • @Kabura: bavuga ngo ""iyo igitigu gisumvye umutima akaja munda karuta umuvukanyi"" kandi ihorere siwe wambere nabandi baratamiye baranuma ex: Buyoya, Rwasa, Gaciyubwenge, Consilie eka na Rufyiri ntiyera

  • Emwe!!Nibareke Kwimaramaza Umugabo Nkuyo Yorekakwemera Ingaboziwe Mugiheyobazifise?Ivyoyemanzenivyishi Tureke Ivyo!!...

  • sinduhij abarush portque niyompamvu bamwomora ahuri muta tekana abanabo imvurirarw mwashaka iazinduk ikanarazako ikanasubira arik igateba igahita iyo yahise harongera hakagw kamw bita igihungura ariko ntiba ifita inguvu nkimwe yambere iyorero yigihungura ntawuyitinya urayikoramwo .muta tuzabikora abo naho aribeshi umubu umwe urarazitiro numuryango .....

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.