Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amakori agiye gutozwa ku nyungu, atari ku mutahe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > Amakori agiye gutozwa ku nyungu, atari ku mutahe

Amakori agiye gutozwa ku nyungu, atari ku mutahe

samedi 26 Nzero 2013

Amakori agiye gutozwa k’unyungu zivuye ku mafaranga ashizwe mw’ibanki,atari k’umutahe.

Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 25 Nzero 2013,umushikiranganji w’ikigega ca Leta Tabu Abdallah Manirakiza yamenyesheje ko amakori agiye gutozwa ku nyungu zinjiye zivuye ku mafaranga azoba yabitswe mu mabanki.

Ivyo umushikirangaji yabimenyesheje inyuma y’aho hari ibihuha vyavuga ko ikori rizorihwa k’umutahe uzoba uri mu mabanki y’ubudandaji,vyatumye mbere bamwe mu bafise amafaranga mu mabanki batangura kuyakurayo.

Umushikiranganji Tabu Abdallah Manirakiza akaba yaratanze umuco kuri ivyo yongera atera ivyatsi iyo ngendo ya bamwe bamwe batanguye gukura amafaranga yabo mu mabanki,ibishobora gutuma ubutunzi bw’igihugu bwifata nabi.


Mugisha Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.