Accueil > Kwidagadura > PRIMUSIC > Amazina y’abaririmvyi bose batowe mu ntara muri Primusic 2014
Amazina y’abaririmvyi bose batowe mu ntara muri Primusic 2014
jeudi 31 Mukakaro 2014
Abaririmvyi 46 batowe mu ntara zose z’uburundi muri Primusic bazohurira mw’ihiganwa ry’igice ca kane gishira ica nyuma c’amahiganwa kizobera mu ntara ya Kirundo.
Muri abo baririmvyi 46, hazovamwo 12 bazoja mu gice ca kabiri gishira icanyuma, kizoba kw’igenekerezo rya 16 Myandagaro i Gitega. Abaririmvyi batowe mu ntara ni aba bakwirikira:
1) Bururi:
Mugisha Merveille
Niyokwizera Moses
2) Bubanza:
Mujimbere Gabriel
Irandagiye Aletta
3) Bujumbura Rural
Uwimana Ester
Butoyi Moise
4) Cibitoke
Dusabe Blaise
Tuyishemeze jean de Dieu
5) Ngozi
Kaze Sosthene
Akiteretse Edouin- Trend
6) Kirundo
Olga Lorie
Alain Michel
7) Kayanza
Girukwishaka Boniface
Irakoze Bruce
8) Muyinga
Nahayo Georges Memphis
Landry Michel Gateka
9) Karusi
Ndagijimana Jean Prie Vitor
Nduwayo Melchiad
10) Cankuzo
Umuhoza Clementine
Kavyinabuhiye Jean Marie Joseph
11) Ruyigi
Manirambona dismas
Ariane Kanyamuneza
12) Gitega
Delos
Bravo
13) Muramvya
Ingabire Pamella
Sinzinkayo Clovis
14) Mwaro
Levy
Lydia Munezero
15) Makamba
Dusabayezu Angelo
Butoyi Cedric
17) Rutana:
- Nintunze Pierre
Igirukwayo Florent
18) Bujumbura Mairie
1) Nahimana Platini,
2) Halidi Bitariho,
3) Nzobonimpa Albert Koulu,
4) Nimbona Macedoine,
5) Thomas Ndayishimiye,
6) Methode Nshimirimana,
7) Jean Christian Ninteretse,
8) Thierry Nduwayezu,
9) Manirampa Lionel,
10) Noella Igiraneza,
11) Gladis Inabeza,
13) Buki Elyse,
14) Hamissi Jean Pedro
Cherif Nkeshimana
Messages
6 Ntwarante 2018, 21:26, par Ndayishimiye Emely
Muntara Yagitega Delos Ndacamufana Nkaba Nomutera Intege Ndamubwir ati: Courage Turinyuma Yawe