IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Amerika yafatiye ibihano abategetsi bane bo mu Burundi

Amerika yafatiye ibihano abategetsi bane bo mu Burundi

lundi 23 Munyonyo 2015, par egide

Umukuru w’igihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika, Barack OBAMA, yafatiye ibihano intwazangabo zine zo kw’ipete rya Général mu ‎Burundi‬. Abafatiwe ibihano bose bagirizwa ko bafise uruhara ku biriko bibera mu Burundi.

Iryo tegeko rya Barack OBAMA ritanga ububasha bw’ukuzibira amatunga y’abakoze canke abafashije mu bikorwa vyageramiye amahoro n’umutekano mu Burundi, abageramiye intwaro rusangi, canke bahohoteye agateka ka muntu mu Burundi. Iryo tegeko rituma abo bafatiwe ibihano kutazosubira guhabwa uburenganzira (visa) bw’ukuja muri Amerika.

Mu gufata ivyo bihano, Reta zunze ubumwe za Amerika zimenyesha ko zifatanije n’umuryango w’ubumwe bwa buraya, hamwe n’umuryango w’ubumwe bwa Afrika.
Amerika imenyesha ko yaronse amakuru atari make yizigiwe y’ubwicanyi, ihagarikwa ry’abantu mu buryo budaciye mu mategeko, ifatawa bunyamaswa ry’abantu, ikandamizwa rifatiye ku mpamvu za poritike rigirwa n’inteko zijejwe umutekano, hamwe n’ubwicanyi bikorerwa mu Burundi.

Abo bategetsi bane bafatiwe ibihano ni Général Alain Guillaume Bunyoni umushikiranganji w’umutekano

Général Godefroid Bizimana, icegera c’umuyobozi mukuru w’igiporisi c’Uburundi

Général Major Godefroid Niyombare yahoze arongoye ibiro bikuru vy’igendereza

Général Major Cyrille Ndayirukiye yahoze arongoye ubushikiranganji bw’ukwivuna abansi.

Umukuru w’igihugu Barack OBAMA amenyesha ko n’abandi bategetsi babangamiye amahoro n’intwaro rusangi mu Burundi bagiye gufatirwa ibihano.


IGIHE

Messages

  • nimba aribo.babangamiyumutekano bafatiwibihanohageze none abasigayebo

  • Ariko ninde uha Barack Obama amakuru. Ashobora kuba abogamye.

  • Ivyo ntibikwiye iyo babadada canke baka bahanura bavuga a kuko na kare ntibahora basohoka batigitira ngaha muburundi gusa

  • Urakoz Mutama Obama Ariko Ntibikwiye.Abafata Ibihano Muguma Mukikiriza Dudurirako Turaziko Nyirabayazane Ari Petero Nkuru Ww Gut??? Ni Ryari??

  • GENDA AMERIQUE URUMWANA MUBI MBEGA SIRIRO MUSHAKA YIYAHURE?

  • Ndashimiye Obama Yafatiye Ibihano Abobategetsi Nka Niyombare Nabandi.Ariko Bunyoni Yarenganijwe.

  • ivyobihano ntibihagije ahubwo nibabafate babanwe bababaze ivyo bakoze nayo kubafatira imitungo ntaco vyomara imitungoyo borondera iyindi!!!

  • ivyobihano ntibihagije ahubwo nibabafate bahanwe bababaze ivyo bakoze nayo kubafatira imitungo ntaco vyomara imitungoyo borondera iyindi!!!

  • Obama bwamusize pee aheb afatiribihano nabamaze gupfa Niyombare arihe? None yafatiyibihano umuzimu?

  • NIMUGIRE UBWOBA IYI NI TECHNIQUE YA PAPA WACU NYAKUBAHWA OBAMA KUKO GODEFROID NIYOMBARE ARI AHANTU AFISE UMUTEKANO UKWIYE BURYA OBAMA YABIKOZE KUGIRA AHASHE IZIMBWA ZIMBONERAKURE PETER NAMARA GUTEMBAGAZWA NIYOMBARE AZOCA AGARUKA MU BURUNDI KANDI AZOSUBIRA KWAMBARA NAMAPETE YIWE NA GENERAL WACU CYRILLE AZOSUBIRA KWAMBARA AMA PETE YIWE NTIMUSIMBWE NUMUTIMA NGAHA BAGOMVYE EJO AHO BUKERA BAZOCE BAFATA YAMBWA PETER NKURUMBI UWAMAHORO DESIRE, REVERIEN NDIKURIYO ,JERASIE NDABIRABE, PASCAL NYABENDA NIZINDIMBWA ZOSE ZIMBONERAKURE ZIGISIBIJE!NTIMWABONYE KO ATANUMWE MURI CNARED YACU YAFATIWE IBIHANO IBI NI IKIMENYETSO NTABANDUKA CEREKANA NEZA YUKO PAPA WACU OBAMA ADUKUNDA CANE KANDI ADUFITIYE IMIGAMBI MYIZA YUGUTEMBAGAZA IYIMBWA NKURUNZIZA.

  • NDASHIMIYE OBAMA UHUBWO RABA UKUNTUMWOKINGIRA UBURUNDI N,ABARUNDI NAYAHANDIHO BARATUMARA BATUMESA AMERIKA NIFATEINGINGO RUHASHA

  • SANDAFISEAMAKEGA UFASEIVYABAHUTUNTAMUTUTSIWEWEUJOFATIRAIBIHANO KIRETSEABAHUTUBIGIJEABATUSTI

  • Obama, gira nk’uko Regan yagize Noriega woba ukoze caaaaaaane.

  • NDASHIMIYE OBAMA UHUBWO RABA UKUNTUMWOKINGIRA UBURUNDI N,ABARUNDI NAYAHANDIHO BARATUMARA BATUMESA AMERIKA NIFATEINGINGO RUHASHA

  • kuki mutafatiye ibihano uwishe amasezerano ya Arushya ndetse nitegeko nshinga ry u Burundi?kuko amabi yose u Burundi burimo byatewe no kutubahiriza amategeko twishiriyeho umukono.Niyombare we ntituzi nimba akiriho muzi aho abarizwa mwotubwira natwe tukahamenya

  • IVYO OBAMA YARAKWIYE KWITONDA KUKO UMWANA YANKWA NIWE AKURA. NGO IBIHANO KO ATABIFATIRA KAGAME YIRIGWA ASANGA ABANTU NIYO BAHUNGIYE. IMBWA IRYA UWO IZI. IRIKI UKUBAHO KW’UMUSWI SI IMPUHWE Z’AGACA. NK’UMUNTU YUBAHUKA GUTUKA UMUKURU W’IGIHUGU VRAIMENT UWO MUNTU ARISONERA? VRAIMENT KWUBAHA BIRAKENEWE CANE. REKA TURINDIRE TURABE. KOMERA RERO. OBAMA NAWE NARINDIRE IVYO ASABIRA UBURUNDI IKIBI HARAHO ARIWE VYOSHIKAKO KUKO TWEBWE UHORAHO NIWE TWAMBAZA GUSA KUKO NIWE ATUGWANIRA KANDI NIWE ATUVUGIRA.

  • ariko abarundi mwigiye hehe? ntabwo muzi no kwandika sms uwabafasha gusa na president wanyu bakabasubiza kwishuri, cyange izi sms mwandika ni fdlr izandika kuko nibo batazi nu gusoma,wagirango mwese mwize yagamukame.

  • nibihangane, abamazegufatigwaibihano, duhereyekumashirahamwe, tugasabako, amashirahamwe, yimvugakuriyokwihangana, ejo haza, imanizodufasha, bareke? matayo7,kumurongo7 izodufasha, abarundi, tugumadusengaimana

  • Nibafatireibihano Nabayoboyeibihugu, Nibobateyakaga, Murivyosekandibaratwangajecane

  • Ivyo Ni Vyiza Nibafatirwe Ibihano Bishobotse Mbere Babatumeko Ni Lahe Erega Hari Abihaye Gukora Ikibi Nkaho Umengo Isi Isigaye Ari Rwabo Bonyene Uburundi Ukamenga Ni Izinga Ryirebanga Umuntu Arimwo Yifata Uko Agomvye Nkaho Umenga Ntawumukurikirana Ariko Siko Biri Abariko Batoteza Abandi Bose Bamenyeko Bitazijana Bitebe Bitebuke Bazobibazwa Imana Ntizobura Abo Ihagurutsa Bagatabara Inzirakarengane.Les Usa Na Ue Bahagurutse Burya Nabandi Bari Munyuma.Turindire

  • USA irantwengeje cane. ivyo ntacyo bivuze kubari muri leta. nibataja america bazaja ahandi,imitungo yo ndaziko atayo bafise za losangeres na newyork. gusa murekeanye ko situation yuburundi muyiziho 10%.

  • Ndafise ikibazo mbaza USA, Memurabo harimwo bamwebahamagarira abantu guturira abandibantu babona? Ikibazo cakabiri, mbega abafashije kugira hahagarare guturirwa ryabantu babona baciyebaba inkozizibibi? Jewe narinziko icudashaka kokijubako ntukakifurize uyundi, ndabivuzegurtyo kuko nkomuri USA umuntu yohamagarira abantu guturira abandi babona abajejwe umutekano ba USA bovyifatamwo gute? Harumuntu yambariyeko muri USA umu polisi aguhagaritse urimumodoka maze bigahurirana nuko washizemwo music ivugacane ntumenye kobaguhagaritse ngowisanga bakurashe kera bugica ahonimugihe ubuzizeko wirukantse cane nimodoka, think about wahamagariye abantu guturira abandibantu !?.

  • Mbwire uwiyise None, igipolisi ca America si uko gikora, ivyo ubwirwa n’abapaysans ntuzoze urabishira hejuru canecane ubifatirako ngo uhe inguvu iciyumviro cawe. Imodoka yose yanditse ku muntu, iyo ikoze amakosa baca baza kugufatira i Muhira, ugahanwa hisunzwe amategeko. Mbega ugusamara kubwawe vyohanishwa ukuraswa?

  • Umwe mu baprezida ba AFRIKA utarya iminwe ROBERT MUGABE wa ZIMBABWE
    aherutse kuvuga ngo ABANYAFRIKA bagize ibyago n’igihombo gikomeye kuba OBAMA BARACK yarabaye PREZIDA wa AMERIKA. ABANYAFRIKA besnhi bari bizeye yuko hari byinshi azamarira ABANYAFRIKA ati ahubwo ABIRABURE BENSHI niho bapfuye ku NGOMA YA BARACK OBAMA muri USA Abapolisi bo muri AMERIKA bakabarasa,bakabica OBAMA ntagire icyo avuga. Ikindi ROBERT MUGABE yaneguye cyane no UKWICA COLONEL KADDAFFI ,OBAMA yashyigikiye SARKOZ yohereza amabombe yo gusenyagura LIBIYA.
    Mumbabarire OBAMA ndamwubaha ni PREZIDA wa AMERIKA ariko kwizina gusa nawe ni AGAKINGIRIZO nka BIZIMUNGU wo mu RWANDA . iBIBERA mu BURUNDI arabizi neza azi yuko BELGIQUE iri inyuma y’ibibazo byose itanga intwaro , BELGIQUE igakorana na KAGAME wo mu RWANDA mu kuzana akadurumbanyo mu BURUNDI. Kuki OBAMA atamagana BELGIQUE ngo irorere gukomeza politiki yo kuryanisha AMOKO mu bihugu ya kolonije? Kuki OBAMA atigeze yamagana KAGAME wishe miliyoni esheshatu zo muri CONGO ajya kwiba umutungu wa zahabu, coltan, diyama ,gasegereti..Kuki OBAMA atamagana KAGAME ubitse abicangiro bo muri congo M23, abacangiro batera i BURUNDI bagize urunani rwa CENARD.. Ibyo byose OBAMA arabizi uko USA yafashije KAGAME ngo bafate u RWANDA niyo politiki OBAMA akoresha yo kujijisha
    None se u BURUNDI buzaterwa ntirwitabare? Kuki FRANCE yatewe n’ibyibvi ikaba yarabikurikiranyi kugeza muri SIRIYA???? Igihe abarundi bazakurikirana UMWANZI ubatera bakamugeza i KIGALI kwa KAGAME ndizera yuko OBAMA azahindura imvugo??
    Abanyafrika ntudukeneye abaprezida bameze nk’IMBWA bashyira mu giti hejuru hanyuma zikamoka, zimena amatwi abantu, zikibwira yuko zameze amababa zikifuza kuguruka kandi nta mababa zifite. Kubera urusaku rwazo uwashyize IMBWA HEJURU hari igihe kigera IMBWA BAKAYISHYIRA HASI NTIZONGERE NO KUZUNGUZA UMURIZO..NTABWO NDI UMUHANUZI ARIKO UMUNSI UMWE MUZABIBONA
    NDASABA NYIRICUBAHIRO NKURUNZIZA GUKOMEZA KWIMA AMAGAMBO ABANZI BE BATAZAYAGENDERAHO KUKO NAYO NI POLITIKI YO MU RWEGO RWO HEJURU.. NAKOMEZE IBIKORWA BYO KUNYWANISHA AABARUNDI, NGO BAGIRE UMUTIMA UMWE, BAGIRE URUKUNDO HAGATI YABO NO GUKUNDA U BURUNDI

  • Heww wowe wiyise vugukuri urabeshya uzashake ibindi ubeshya nta na reimwe u Rwanda rwakorana n’ububirigi mu kuvangura amoko uramenye uramenye nitwe se tubayobewe abarundi mukemure ikibazo cyanyu mukivane ku banyarwanda none ga emwe mwakiriye interahamwe muzi ko zikina niba mutabona ibyo zikorera aba congomani mukomeze muzakire kazi kanyu ariko attention attention u Rwanda ntimusubire kuruvanga mu byanyu muramenye muramenye.

  • nimubashire’kumurongo

  • Ewe Obama sha utikuye Samanta Power bizogutera ingorane,uwo muhabara wa Sinduhije ivyiwe uzobibona

  • Ubujuju bwacu ago ntacakoze ko we yiyicariy USA azotuma batumarirubusa iyaza akatwumvikanish cankakaz guhindurintwaro nayahovntacagize

  • TWEBWEDUSHAKA AMAHORO IBIHANONAVYO BARIBAKWIY KUBIFATIRA NKU RUNZIZA HAMWEATAJ NITIZET

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.