Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Big Farious yavuye mw’ibohero - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Fariouz > inkuru > Big Farious yavuye mw’ibohero

Big Farious yavuye mw’ibohero

vendredi 30 Gitugutu 2015, par egide

Umuririmvyi w’Umurundi Mugani Désiré azwi kw’izina rya Big Farious yarekuwe, kuva kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 30 Gitugutu 2015.

Big Farious arekuwe inyuma y’iminsi igera kuri itanu yari amaze apfunzwe kubera icaha yagirizwa c’uguha inzoga umwana ari munsi y’imyaka 18.

Uwo muririmvyi w’umurundi yahora apfungiwe mu gihugu c’Urwanda, yari asanzwe amaze iminsi itari mike aba i Kigali, aho yari yaje gukorera ibitaramo.

Yarekuwe n’ubucamanza bw’Urwanda kuva kuri uwu wa gatanu, akaba yatanze ihadabu ringana n’amafaranga ibihumbi amajana atanu vy’amarundi.


IGIHE

Messages

  • ibimaramare kuri cenared kuko niyo yari yamutanze ngo yangenda na gnr andor...ayo mabandi yabaporisi bo murwanda bashaka ayo mahera, abajura puuuuu!!!! 500000???. ngenda Rwanda waruhuye nibibanzo!!! twarikuruhukira kigari....iyi cenared izodukwengera akarambaraye..barundi tuvire hasi rimwe tuyiyamirize.....

  • yafunguwe ko mutaratangira gusakuza nogutukana ngo twiyumvire sha natwe icyo tuzi nukubatega amatwi tukumva iyo displine yanyu hahahahahah ,genda Rwanda ndagukunda kundanga gaciro zituranga rwose avec iterambere yemwe nagirinka aha nuburenzi kuri bose muze tubigishe kwigira no kwihesha agaciro kuko mutakihaye nkabarundi ntanumwe uzakabaha

  • ibimaramare kuri cenared kuko niyo yari yamutanze ngo yangenda na gnr andor...ayo mabandi yabaporisi bo murwanda bashaka ayo mahera, abajura puuuuu!!!! 500000???. ngenda Rwanda waruhuye nibibanzo!!! twarikuruhukira kigari....iyi cenared izodukwengera akarambaraye..barundi tuvire hasi rimwe tuyiyamirize.....

  • Mbega Vyaramunaniy Kumenyera Ko Uburund N’ Urwanda Atiri Co Kimw? Niyihangan Ariko Yibuk Ko Umuntu Wincabwenge Amenyera Imigenz Yaho Agez

  • Imana Ishimwe Kweri.Pole Saana Mutama Turagukeje.

  • none ubuarihe uyumurivyiwacu

  • wowe wiyita kamaro uvuze ngo mwaruhukira I Kigali yoooo ngaho sha mupime mukotanyi tubereke ko experience dufite muruwo mwuga ntawe tuyisaba mubona mumokera murako kavuye kanyu tukabihorera mukagirango ntukubatinya ? hagire nuwegera gato tubahe isomo ryakarere kose nuwundi wese azaza mu Rwanda azajye amenyako Atari hejuru yamategeko kuko nanyuranya nuko urwanda rugenda azohanwa atitawe aho avuye urumva we kadogo ubundi ibyo kuruhukira I Kigali mubyibagirwe muntekerezo zanyu naho mwazana nizo nterehamwe mwahaye indazo ndabarahiye ko mutamara iminota 15 kumupaka tutarabageza Bujumbura then tugasiga tubashize kumurungo neza tukagaruka ducanye Kumaso nkabanya Rwanda .

  • Mwihenze yatanze ihadabu y’ibihumbi majana atanu yamawnyarwanda apana aya marundi

  • Kuki m8girabhnga?nacnecane uyo yiyita mureston?ruriye uburundi rutibagiye urwanda kndi uwuhagarikiwe ningwe aravoma.ca bugufi kuk’icubahiro aric’uhoraho.

  • ndababwira gobihane bakanka ntakundi uzokora icaha azohanwa NIMANA nabantu.

  • Ahantakuvugameshi bamwamugumiza mugasho mukirabira ivyarigukurikira. Ariko iconzi burya ntiharihabuze uwubatungira urutoke ko afise udufranga canke afise uburyo yokwiyungunganya akaturonka, ivyorero navyo rero mwikigihe nurwanda rwikigihe iyorwumvise kwumuntu afise udufranga bakora ukwobashoboyekwose bakakwagiriza ikintu wanashaka nabandi baribasanzwe bakora ntibakoteho arikonyene kubera bishakira utwodufranga bakubonyeko bakagutwara kukwemeza ngoniwemere kuyabaha noneho ukabemerera amahera ukayabaha numunezero ntangere, bazopfabarushe.

  • Bt?Murakomeyi? Pole Sana Turashima Ko Bakurekuy Ijoro ryiza

  • Non’uwomuririmvyi Mwamuhoyiki? Icombaza Iyonzoga,yobayayimuhaye kunguvu?

  • Non’uwomuririmvyi Mwamuhoyiki? Icombaza Iyonzoga,yobayayimuhaye kunguvu?

  • arasubira kwihenda ko murwanda ari kwa nyina

  • Nibatureker um super star wacu nibazek uy mwagiriza kwatayimuhay ku nguvu nibavugek bar bakeney ubw busa bwamahera yaberetsek ashobor mukubugururiraka i robinet yamazi mu ndirimbo yiwe"Abisi"

  • aba nyarwanda mwaramenyerey gutrafika mwagomba mumuryeko utwo duhera nyene uwo mwana ntiyari bwa some kuri ka manyinya kuva yavuka yamuteruy amukurah ?incredible

  • Ntabwo gufunga farious ari ukumwanga cg kuko afite amafaranga menshi cg kuko ari umurundi kuko nutariwe mu rwanda arafungwa. Birambabaza iyo numva uburyo abarundi mufata Abanya rwanda nka banzi kandi twese turi bamwe. Ibi biganiro byo kutumvikana nibyo abazungu batumye dukene bashaka. Ni mutiga ubwenge ngo mukundane hagati yanyu mufashanye... The nkabanyarwnda ibyatubayeho nibyo bya tubereye isomo ryo gufashanya no kwimakaza ukuli

  • Ntaco Bamenyeko Ukor Ikib Kikaguherekez

  • Ko Bafunze Fizo Ngo Yahaye Inzoga Ziborera Uwutarakwiza Imyaka 18 ; Abazigurira Nabo Batangishwa Ihadabu Ringana Gute? Byiza Fizo Yosubizwa Amafaranga Yiwe Kuko Urwanda Rwaramwivye .

  • jekumurirmvy bg farious baramubesher san arik murutana ntadushaka.kuber ataz gukoresh consert.bg_up san...

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.