Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Biyemeje gutegurira hamwe amatora ya 2015 - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Biyemeje gutegurira hamwe amatora ya 2015

Biyemeje gutegurira hamwe amatora ya 2015

vendredi 6 Ruhuhuma 2015, par Egide N

Mu ntumbero yo gutsimbataza intwaro rusangi mu gihugu kikiriko kiriyubuka nk’ Uburundi, imigambwe FNL na FNL-iragi rya Gahutu Remi bafashe ingingo yo kuja hamwe muco bise’’Front National de liberation’’ Amizero y’abacinyijwe, kugira ngo bazane inyishu ku bibazo vy’ugarije igihugu.

Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru co kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 6 Ruhuhuma 2015, Umukuru w’umugambwe FNL-Iragi rya Gahutu Remi, Jacques Kenese yamenyesheje ko bisunze ibwirizwa nshingiro n’igitabo kigenga amatora yo mu 2015, imigambwe FNL na FNL-Iragi rya Gahutu yaciye afata ingingo yo kuja mu matora yo muri 2015 iri hamwe

Nk’uko vyamenyeshejwe na Jacques Kenese, iyo migambwe uko ari ibiri yafashe ingingo yo kuzoja mu mutora bari hamwe muco bita: FRONT NATIONAL DE LIBÉRATION AMIZERO Y’ABACINYIJWE MU BURUNDI.


Alida S.

Messages

  • Fnl niya Rwasa ,abanamarimwe twese turi inyuma ya Rwasa nayo iyo Fndd ya Jacues na C iramunda dervaux nagasema

  • je nagira mbaze ivyo vyitso 2 vyiyitirira fnl niyihe nyungu vyakuye muri cndd aho ntibabona ko dd iriko ibatesha umutwe?akarorero kari hafi raba ingene habimana na bagenziwe ingene babuze iyo binyegeza na miburo mwuriye igiti kiturirwa fnl izobahumira ariko jacque ntamaramara

  • Rwasa oyeeee, abanamarimwe twese turi inyuma yawe. Ivyo vyitso navyo ngo ni Jacques yatugurishirije amatongo yacu mu Kanyosha azojana na basebuja baba dd aho buca tubanyara. Kenese namba atari kenenyina bose barahemukiye abanamarimwe, nawe tuzomucira urwo tuzocira aba dd. Komera mutama Rwasa Agathon, abarundi twese tukuzigamwo urukiza. Fnl y’abigenga oyeeeeee!!!!!!!!!

  • Jacques Bigirimana Jacques Kenese= Jaques Abahemu, Ivyitso, Mpemayuzuye. mbe Kenese muri 2010 ntiyari MURUNANI rwarikumwe na CNDD-FDD? Erega nubu naba DD. Ntibasamaze abantu kuko turazi shebuja wabo.
    Viva Rwasa Viva FNL

  • Ico mukora numva muvuga nk’intagondwa. Gabanya fanatisme!!! Jewe ntaco dupfa ntaco dusangiye!

  • FNL ya nyene icubahiro Rwasa agathon igihangange muri politike Oyeee! FNL tsinda! Nuko murongozi wacu namwe banama rimwe ntimukagire ubwoba isinzi ryabarundi turagushigkiye. Ivyobihemu Jaques bazomaramara, rindira gato

  • Ariko ababavukanyibacu bomumigambwe yitwa FNL uyumugambi bavuze karuwutsimbataza ubumwe, kandukaba atamuntu nymwe uhungabanije kuberiki nubwo nutobaturi mumigambwe yabo tutobashigikira, karaciyingani abantubakoze ibintu batanimwo amajambo yogushotora nokwankanisha abandi aceyitwako ataco azoshikako mbere mumajambo yihuse direct hakacahabaho abacababita CNDDFDD jewenkibaza nti ejobundi hariho abazorwara aho imigambwe itarimike itangariza kwigize urunani na CNDDFDD!!! Ubu iyo Agathon naba Nditije biyunze muvugango murabakeje kandimuvyukuri nibintu vya burerbure ubimuzovyibonera mumezi atarenze 4 ariko abantubakoze ibintu bitari vyaburebure mukacamuntangura kubifatira mugahanga. Rekandangije mvugako ndabakeje bimwebivuye kumutima ababa FNL bose, Umumwe bwabarundi tsimbatara.

  • ABO BA JACQUES NIBAMVYINA BUHIYE HARYA BARIKO BARACA AKAJUMPU KUBADD.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.