IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Bujumbura : Amazu 15 avunja amafaranga y’agaciro yugawe

Bujumbura : Amazu 15 avunja amafaranga y’agaciro yugawe

mardi 9 Myandagaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Amazu agera kuri 15 yo mu gisagara ca Bujumbura asanzwe avunja amafaranga y’agaciro yugawe, n’abantu 12 bakora umwuga w’ukuvunja amafaranga y’agaciro bahagaritswe n’igiporisi c’Uburundi kuri uwu wa mbere.

Mu giporisi c’Uburundi basigura ko ayo mazu yugawe hamwe n’abo bantu bafashwe bagirizwa kutubahiriza n’ikiguzi c’ukuvunja (Taux de change) cashizweho na banki nkuru y’igihugu c’Uburundi, bakagirizwa kandi ko bashaka kwikika mu kiza, mu kurondera akarunguko karenze urugero.

Abo bantu bafashwe mu mukwabu wabaye kuri uwu wa mbere mu gisagara ca Bujumbura, benshi bakaba bafatiwe mu kibanza kiri hafi y’inyubakwa bita "Kwa Ndamama".


IGIHE

Messages

  • Igipolisi kirashimw inguvu hama kigaca kireka , hamwe bobandanya bashira mwinguv idolale ryogabanuka bimwe biboneka, arik uyumusi barashuha bukeye bagaca babireka nibabandanye bashira mwinguvu murako ibiciro bitagabanuka kurugero rushimishije

  • IGIHE KIRAGEZE KO NKURU NZIZA AMENYA NEZA KO IYISI IFITE ABAYITEGEKA AMAHERA YOSE AZAMUSHIRABA MUGIHUGU ASUBIRE GUHEKENYA IMYUMBATI MWISHYAMBA WE SUBIRI SIO MBALI SANA

  • Kubita Iyo Mihimbiri Ishaka Kutwicisha Inzara Ngo Yitwaje Ubusuma.

  • MUKEMERAKO ABATUTSIBASUBIRAGUTWARA NANYUMBAKUMI AZOBUMUTUTSI KANDUMUHUTUAZOTOTEZWA MUBEMASORERO IYOMIKOMA NTITWARE COFUMAGITWARUWUNDI AKABAMUHUTU

  • Mwe ni murindire, economie ntuyirasa canke uyitumeko SNR n’imbonerakure. Muzomanika amaboko mwiyirukane mwebwe nyene. Nababahora inyuma, inzara niyabanyukura ntibazosubira kuvuga bazoba ibiragi bose hatavuyemwo n’umwe

  • murabesha ngiyo lero 3 eme mandant bavuga. umuzungu sikijuju mwebwe nyene muziyomora ndababariye

  • Abazungu nabana ba ABULAHAMU mwanka mwemera na BIBLE irabivuga,rindira nkurumbi abacishe ubwenge mwambwa mwe,nipantalon mwambaye nkurumbi azozigurisha.

  • Hjhhhhhhhhhhhhhhh ibyo bifaranga byamarundi biraje bimere nka bimwe byo muri Zimbabwe aho muzajya mujya kugura umugati mukitwaza ingorofani yamafaranga wajya kwituma ugasanga bibye ingorofani ibifaranga babimennye hasi. Mbahaye igihe gito kbsa ibihumbi 100 byamarundi biravunja 20000byamanyarwanda. Hhhhhhhhh muzicuza kwanga kohereza ibicuruzwa mu rda mba ndoga rwema

  • Reka tubacemwo namwe mwishinge ngumuzungu, umuzungu aharanira inyungu zigihugu ciwe ntaharanira inyungu zuwigize mujeri, umurundi yiyizi kwatari mujeri aharanira inyungu zigihugu ciwe ntaharanira inyungu zumuzungu ngongere abariwe ahayagiza ngwarazubwenge ngomuzomubona ahubwo wewe umurundi wukuri urahangananabo ukavugati harikera ati mwabonye ko tutagikangwa atimwoshaka mugatekereza.

  • En fait uruhumyi rwanyu nirwo ruzota igihugu mu manga. Ejo bundi les medias de destruction zabaye ubuhojojo mubona , muri aho gushika aho igihugu gihakwa kuba umunyota. Uyu musi abavunjayi bakora uko bashaka gushika aho ifaranga ry’ Uburundi riba ivyatsi. N’ibindi n’ibindi. Ukudakora ico mujejwe, ukutagira control kubera justement corruption mwasasiye indava, muza kwikangura ibintu vyayangaye. Murabaza empire Ottoman yasambuwe na corruption, mucezo wa ndani.None namwe rindira gato muzisambura mwebwe nyene. Ikibabaje nuko muzoduhitana.

  • @Proud to be rwandan

    Ivyimbugwa vyacu tuzobirya namwe ni murye ayo ma étages nama dollars yanyu hanyuma muduhe amahoro, ubuze ama dollars ufise ivyokurya ntupfa.

  • Ibyuburundi Nimubirekere Imana , Kandi Uburundi Ntamakungu Dukeyekwatu Depana Turikwijye , Dukure Amaboko Mumpuzu , Tudya Dukora Dukora Dusenga , N’abanyisirayeli Barabohowe N’uhoraho Barimubugararwa , Abaha Manu

  • Ibyuburundi Nimubirekere Imana , Kandi Uburundi Ntamakungu Dukeyekwatu Depana Turikwijye , Dukure Amaboko Mumpuzu , Tudya Dukora Dukora Dusenga , N’abanyisirayeli Barabohowe N’uhoraho Barimubugararwa , Abaha Manu

  • @ Maria Budangwa, hjhhhhh ikibazo wowe ntusoma amakuru ibiro ntaramakuru byabashinwa buratangaza ko abaturage banyu mu ntara ya kibitoki batangiye kwinubira ibyemezo perezida wanyu yabafatiye byo kudacuruza mu Rwanda inyanya zatangiye kuborera mu mirima... Babuze amafaranga yo kwishyura amabanki kubera imyenda bafashe. Ntukagendere mu kigare mujye mushyira mugaciro.... Ubuse Peter azabishyurira? Mutuze abanyarwanda nabarundi turi abavandimwe muve mu maporitike.

  • None Abarimugihu Hagati Bakora Iki Ko Inzara Idahera

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.