Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abanyamigambwe bakwiye kumenyera gushira aho intahe ishize - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Abanyamigambwe bakwiye kumenyera gushira aho intahe ishize

Abanyamigambwe bakwiye kumenyera gushira aho intahe ishize

mercredi 8 Rusama 2013

Umuhuza w’abarundi nyakubahwa Mohamed Rukara, yakiriye mu biro iwe Godefroid Mokamanede umuhinga mw’ishirahamwe ry’ibihugu vya Afrika mundyane zaduka mu bihe vy’amatora.

Muvyo bayaze kuri uyu wa gatatu igenekerezo ry’8 Rusama 2013, harimwo ukwutumvikana ko kwaduka mu Burundi mu gihe c’amatora yo mu 2015.

Ku bwa Mokamanede umuhinga mw’ishiramwe ry’ubumwe bw’Afrique yigeze kuba kandi umushikiranganji mu gihugu ca Centre Afrique, yamenyesheje ko imigambwe yomenyera kuza irashira aho intahe ishize mu bihe vy’amatora kuko haburana babiri hagatsinda umwe.

Yongeye aramenyesha ko hokwama hategurwa ibiganiro vyohuza abanyamigambwe bose kugira bame bakorera mu muco, ku neza y’igihugu n’abakibamwo bose.


Floxella Karire

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.