IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Imboneshakure Rema TV imaze iminsi idakora

Imboneshakure Rema TV imaze iminsi idakora

dimanche 28 Ndamukiza 2013

Imboneshakure y’iradiyo Rema fm izwi kw’izina rya Rema TV, imaze iminsi idakora haraheze igihe.

Nkuko abarongoye iyo mboneshakure babivuga, ngo ivyuma vyahora bituma ama sanamu asohoka, vyaratwawe n’imvura imaze iminsi igwa mu gisagara ca Bujumbura.
Iradiyo nayo ubu ikorera ku murongo wa 107.5 ,ntikiri k’umurongo wa 88.6.


Floxella Karire

Messages

  • nukuri birababaje kubona antene ihitanwa n’amazi,nagira ndabamenyeshe yuko nezerezwa nindirimbo z’Imana zica kuri Rema T.V ibindi navyo nimubandanye munduhereza inkuru zitandukanye,hamwe niziremesha imitima y’Abarundi.Impanuro nuko imvugo zabamenyesha makuru batandukanye ziteye ubwoba nubahanura yuko mwokwingengesera mukuvuga amajambo anwanisha yubaka abarundi Imana ikingire uburundi n’abarundi/((igihugu gihoremwo abagabo intahe yiganze i Burundi))

  • BIRAMBABAJENAHORANIYUMVIRAIGITUMA,NKABURAUWOMBAZA,NTITUKIRABA,TWEBWE,IBUBANZA,NIMUKOREIBISHOBOKAVYOSEDUSUBIKURABA,TV,YACU

  • IYI TELEVISION YAHORA IDUTERAMISHA AHUBWO NI MURABE MUBINYARUTSE MUSUBIRIZE IBINDI VYUMA,AHANDI HO DUHOMVYE VYINSHI.MURAKOZE NI MUKOMERE!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.