Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CNDD-FDD igiye kuganira kuvyerekeye amategeko mu ntumbero yo gutegura (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > CNDD-FDD igiye kuganira kuvyerekeye amategeko mu ntumbero yo gutegura (...)

CNDD-FDD igiye kuganira kuvyerekeye amategeko mu ntumbero yo gutegura amatora y’2015.

mercredi 13 Ruhuhuma 2013

Umugambwe uri k’ubutegetsi uriteguye kuganira kumategeko amwe amwe mu ntumbero yo gutegura amatora y’2015,vyatangajwe n’umushimgamateka Pascal Nyabenda.

Ivyo vyatangajwe kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 12 Ruhuhuma umwaka w’2013 aho hariko habera ibirori vyo kwipfurizana umwaka mushasha w’2013 vyatunganijwe i Bujumbura bikaba vyari bishigikiwe n’abategetsi bakuru bakuru harimwo abarongoye inama nshingamateka na nkenguzamateka hamwe n’abarongoye amashirahamwe mvamakungu ngaha i Bujumbura.

Uwurongoye umugambwe CNDD-FDD yavuze kuvyereke ubutungane mfatakibanza asaba ko hoshirwaho umugwi ujejwe ukuri nu kurekuriranira.
Kuvyerekeye umugwi w’igihugu ujejwe gutatura amatati n’ayandi matongo yamenyesheje ko ugiye kubandanya igikorwa cayo bihwanye n’amategeko abijejwe.

Aho twokwongerako mw’ijambo umushingamateka Pascal Nyabenda yashikirije,ko umugambwe CNDD-FDD ucizigiye umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza.


Mariella Bukuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.