Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CNDD FDD urashima iyigizwa inyuma ry’amatora y’umukuru w’igihugu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > CNDD FDD urashima iyigizwa inyuma ry’amatora y’umukuru w’igihugu

CNDD FDD urashima iyigizwa inyuma ry’amatora y’umukuru w’igihugu

dimanche 12 Mukakaro 2015

Umukuru w’umugambwe CNDD FDD amenyesha ko umugambwe arongoye ushima ingingo yafashwe n’umukuru w’igihugu yo kwigiza inyuma amatora y’umukuru w’igihugu kw’igenekerezo rya 21 Mukakaro 2015.

Pascal Nyabenda avuga ko Reta y’Uburundi yafashe ingingo nziza kuko yubahiriza ivyasabwe n’abakuru b’ibihugu vyo mu karere ka Afrika y’Ubuseruko,mu nama yabereye i Dar Es Salaam.

Umukuru w’umugambwe CNDD FDD amenyesha ko ingingo y’umukuru w’igihugu yubahiriza kandi ibwirizwa nshingiro,kuko bafatiye ku vyasabwe n’akarere ka Afrika y’Ubuseruko bitoshoboka kandi vyohava bica kubiri n’ibwirizwa nshingiro.

Pascal Nyabenda Nyabenda agasaba abatavuga rumwe na Reta kuja ahabona kugira abantu babone ko bari mu myiyamamazo,kuko bitangaje ingene baguma biyamiriza iyunguruzwa ry’amatora kandi aribo babisaba.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Wamutamawe reka kubesha aho mushaka mubahendesh’iki? Basavye ko peter atokwitoza mutanguye gusaba imbabazi kubera mubonye ibintu vyabakomeranye guma hamwe nivyo mwashatse,amakungu yarabasavye muhagarike peter areke kwitoza mwaravyanse none mushaka iki?Opposition ntimwemere mpaka bazokwicuze.

  • IVYO NAMANYANGA YANYU KUKO NTACOBIZOHINDURA MUBIBAZO NUBUKENE ABARUNDI TURIMWO VYOROHEREZA BENEVYO.

  • Nyakubuhwa Bareke Barirane Indya Mukanwa Batagiye Kwiyamamaza Amatora Ntazoreka Kuba Kandi Abarundi Abarundikazi Turabona Kand Turumva Kandi Turazi Ko Ivyiyumviro Vyabo Bitazobuza Inkona Kwarara.

  • NABO BATAVUGA RUMWE NA RETA NIBIHANGANE BAHIGANWE TUBATORE BADUH’AMAHORO.

  • Ntawutobishima ariko agatimariko.

  • Bigizinyuma Bareka CNDD-FDD Iracabatwara Imyak’idaharurika

  • WESHA NYABENDA TWEBWE MURI OPPOSITION NTAVYO UDUHEMDESHA UMWANYA TWABAHAYE NUYO NKURUMBI WANYU NGO AHEBE ICO KIRINGO YARANRE NATWE UBU ATARETSE ICO KIRINGO BUCA ATANGARA KANDI SINDAGUHENDA MWEREKEZA HABI MAMAYANGU! STOPNKURUMBI NTITURABAJA BAWE MPAKA AMASEZERANO TUYASUBIJE UMUTAMANA UKURI KWAMYE!

  • Izina niryo muntu uri nyabenda koko. Subiza amaso inyuma urabe ivyo wavuze. Nog abantu babone ko bari mumyiyamamazo? Barolo bereda nde? Erega sibijuju. mwashimye kwiba nimushikane mwenyene. ibisigaye tuzoraba ibizovamwo. Mwe muri ba mpitabavuma. Niyo hatotera intambara imivumo yabantu yobahumira. Ijambo ryImana rivuga ngo ico abana babantu bazoboha mwisi mwijuru kizoba kiboshwe. Igihe kirasubiza ibintu kumurongo. We nyabenda:"IGIHE"

  • emma
    komera nyakubahwa,erega muze igituma baguma basaba kwigizimbere nuko batinye guhiganwa nuwo batangana, naborero muzobareke basotore intambara hama tubavugutire umuti. Uburundi nubwabarundi bose hagize abikumira bizoze birabasha bonyene batadukweze.

  • AKAZA NTIKAZIRA UMWE NAHOBIZOGENDA GUTE NTANGOMA IDAHERA MUGABO HAGORA MUNYUMA KUBERA AMAKUNGU YANANIYE NIMUKORI ICOMUSHAKA NDAZI KATAVYIZA BIHORAHO NTANIBIBI BIHORAHO

  • tekereza peti iryoterabwoba sigaho twebwe abdd ntaterabwoba badukorako,murarya ivyomwahorako,mbega ahuvugango nyakubahwa adahevye ikiringo ca3ngwazotangara ahubwo nyimba muhanugwa nimushire hasi ivyomuteguravyose tubifise mubiganza vyimana nivyacu.turiya peti manda yanyu ntirageraaaaaaaa,manda yanyu ntirageraaaaaaaa,yooo pore sana

  • GUSHIMA NIVYIZA ARIKO NUKO AHO IMPHIZI ZIRWANIYE IVYATSI ARIVYO BIGIRA INGORANE

  • Mbe umukuru w’igihugu yubahirije ibwirizwa nshingiro gute kandi abandanya ashaka kwitoza naryo ritabimurekurira?ni mureke kwiteza utunyoni ntitumukeneye nimutange uwundi mu candidat kuko nta kuntu cndd-fdd yotwara imyaka cumi ikabura uwundi mu dd w’ijambo yotwara Uburundi n’abarundi neza ata maraso asesetse.

  • UH EMWE BASHA NDAREMYE NTA MBONERAKURE ZIZOGENDA ZISUBIRIYE GUTWARA ABARUNDI N’ABARUNDIKAZI NKA KUMWE ZIMAZE IMWAKA 10 ZIDUCISHA KUBITI N’AMABUYE AHUBWO NIBABE BARAGURA MPIMBA HAMWE HUSSEN RADJABU YAPFUNGIRWA NAWE BUCA ASUBIRIZA PETER MUNDUMANE MUKUMUTAYO HAMA KADEGE NAWE AZOHEZE AKORE PETER NKABIMWE YAMUGIRIRA NIHO MUZOHEZA MUKAZOMENYA YUKO UMUNTU ARI NKUWUNDI SHA.

  • BATINYA KOMUBICA ARIKO NTAHOBAJA MUZOBICA

  • Abiyumvirako badashobora kuja mumatora ngonuko biringiyeko barikobaregeranya uturwanisho, bagiye kuzotangara kandibongere bicuze. Twebwe ahotwogirubwoba nuko mwobamuzorwana mukoresheje umuyanga ninkukura, nimyuzure atarabantu, ariko niyaba muzomoresha abantu abarira nibitegurekurira turabakubita atakinyatugize mbese ninkuko novugako kugiyekuba nkokubasya nkamasaka mungasyire irisiterabwoba buraca murabibona canke harahimwosanga twaratanguye guhonja.

  • MBEGA KO MWABISHIMYE,IRYA TARIKI MWARI MWA PROGRAMYE,UBWENGE MWARI MWABUBIKIJE?MURIHA AMENYO Y,ABATWENZI.MBE MWIZEHE?BITABASHIMISHA SIKO!!!MURATEY,ISONI KUVUGA NKUKWO MWITWA NGO MWARIZE!!!

  • Ninde atoshima ivyiwe,agomba yigire inzimizi nkahamwe bitazwi ko ariwe abitegura be na ndayicariye,wewe wiyita NONE mbega ko wiyandikira ikinyarwanda woba uri muri zanterahamwe zaza kuraba ko zotikiza inganda muburundi, murahumba basha nomurwanda mwavuga ayaruta ayo, amajambo ntiyabarwaniye mwatsinzwe nkimbwa teshwa ute ,ntanyungu numutahe uzokura mumaraso

  • mwanka amatora ngo muja gushinga ikiroberi,ingwano mumenya uko muyitanguje uko irangira ntavyo mumenya.Gusa nimba arivyo,Urwanda ntirubandanye gusotora intambara mu Burundi kuko inkurikizi zoba nyishi kubanyarwanda.

  • Batutsi Nimwihane Pacifq Mwese Nabo Murikumwe Murabizi Imyaka Mwatwa Mwambwamwe Non Murambiwe Kumezi Cumi0(10)gusa Ntakwihangana Mufise!Nabafashe Nyene Kagame Mugabo Tuzorwana Tusunze Ubminshi Bamwe Nabandi Abazonesha Abandi Batware Hutu Shirira Songambere!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.