Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Edouard Nduwimana arahanura abatavuga rumwe na Reta - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Edouard Nduwimana arahanura abatavuga rumwe na Reta

Edouard Nduwimana arahanura abatavuga rumwe na Reta

mardi 12 Ruhuhuma 2013

Umushikiringanji w’intwaro yo hagati mu gihugu Edouard Nduwimana yaragirishije inama abari mu migambwe itavuga rumwe na Reta,kuri uno wa mbere igenekerezo rya 11 Ruhuhuma 2013.

Nk’uko amakuru dukesha iradiyo y’igihugu,umushikiranganji Nduwimana arahanura abo mu migambwe itavuga rumwe na Reta gutunganya gushasha imigambwe yabo mu ntumbero yo gutegura amatora yo mu mwaka w’ 2015.

Iyo nama yabereye ku mugwa mukuru w’intara ya Muyinga,yari yitabwe na ba musitanteri,abarongoye imigambwe mu ntara,abakorera mu bisata bitandukanye hamwe n’abari mu mashirahamwe adaharanira inyungu za politike.


Mariella Bukuru

Portfolio

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.