Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Edouard Nduwimana yagabishije ku bihano bigiye gufatirwa umugambwe (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Edouard Nduwimana yagabishije ku bihano bigiye gufatirwa umugambwe (...)

Edouard Nduwimana yagabishije ku bihano bigiye gufatirwa umugambwe MSD

mercredi 12 Ntwarante 2014

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, Edouard Nduwimana yagabishije umugambwe MSD ko ushobora gufatirwa ibihano vyo kuwuhagarika mu kiringo c’amezi atandatu, canke bawufute burundu mu migambwe yemewe n’amategeko mu Burundi. Edouard Nduwimana yamenyesheje ko barindiriye icegeranyo kizotangwa n’abajejwe umutekano, kugira ubushikiranganji arongoye bufatire ingingo uwo mugambwe wagirijwe imigumuko.

JPEG - 28.7 ko
Edouard Nduwimana, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu

Edouard Nduwimana yamenyesheje ko ingingo ya 62 y’itegeko rigenga imigambwe ivuga ko mu gihe bigaragaye ko umugambwe uriko ushira imbere ubugizi bwa nabi, amategeko arategekanya ko uwo mugambwe uhagarika amezi atandatu, canke bakawufuta burundu mu migambwe yemewe n’amategeko. Kubwa Edouard Nduwimana, ivyakozwe na Alexis Sinduhije ku munsi wa gatandatu vyerekanye ko hari abanyeporitike bagishira imbere imigumuko n’uguhamagarira abanywanyi bayo mu midugararo. Uwo mushikiranganji yamenyesheje ko arindiriye icegeranyo kizotangwa n’abajejwe umutekano, akaba ariho azoshira ahabona ibihano vyafatiwe umugambwe MSD.

Mu kurindira ingingo izofatirwa uwo mugambwe, mwomenya ko sentare ntahinyuzwa yamaze kumenyesha ko yasohoye umutahe wo guhagarika Alexis Sinduhije, umukuru w’umugambwe MSD. Agnès Bangiricenge, umuvugizi wa sentare ntahinyuzwa avuga ko Sinduhije Alexis akurikiranwako ivyaha vyo kugumuka, gutuka hamwe n’ugusuzugura abategetsi.


Egide Nduwimana

Messages

  • Imbonerakure zirigwa zirica, zica imitwe, ziniga, zikubita, mugabo zozo ntawuzikoma.
    Nafute MSD arabe. Ngira yibaza ko ari abaporona.

    Sinzi ko azi icarico guérilla urbaine: umugore wiwe n’abana na nyina na nyinabo na mwenewabo ntibazoba bagisohoka badafise umupolisi inyuma.
    Oui, une guérilla urbaine pour défendre nos droits.

  • Imbonerakure zirigwa zirica, zica imitwe, ziniga, zikubita, mugabo zozo ntawuzikoma.
    Nafute MSD arabe. Ngira yibaza ko ari abaporona.

    Sinzi ko azi icarico guérilla urbaine: umugore wiwe n’abana na nyina na nyinabo na mwenewabo ntibazoba bagisohoka badafise umupolisi inyuma.
    Oui, une guérilla urbaine pour défendre nos droits.

  • Imbonerakure zirigwa zirica, zica imitwe, ziniga, zikubita, mugabo zozo ntawuzikoma.
    Nafute MSD arabe. Ngira yibaza ko ari abaporona.

    Sinzi ko azi icarico guérilla urbaine: umugore wiwe n’abana na nyina na nyinabo na mwenewabo ntibazoba bagisohoka badafise umupolisi inyuma.
    Oui, une guérilla urbaine pour défendre nos droits

  • Sentiments, trop sentimental. Il faut pas exagerer comme ça. Guerilla, sais-tu qui pourrait la ganer, qui peut-elle emporter? Peut être toi ou moi. Sais-tu qui pourrait l’emporter? Humm.

  • Ca ne fait pas longtemps que je m’intéresse àla politique mais je trouve déjàque beaucoup de partis politiques devraient aller apprendre la sagesse et la maturité politique àl’école UPRONA.On ne répond pas àla provocation par une autre provocation.Avant qu’un conflit politique
    dégénère en conflit armé, il faut d’abord chercher àdiscuter,àdialoguer, àappeler àl’aide pour une médiation s’il le faut,autant dire épuiser tous les autres moyens pacifiques pour résoudre ledit conflit.Chaque burundais sait de toute manière qu’on peut facilement commencer une guerre mais qu’on ne peut pas prévoir quand,ni comment elle va se terminer.Alors,pour ce cas précis, je pense que la police n’avait pas le droit d’utiliser une telle force face àdes manifestants qui n’étaient pas armés et qui devraient, en temps normal, avoir le droit de manifester mais dans le même temps, la déclaration faite par Mr Alexis Sinduhije qui avait des allures de déclaration de guerre ainsi que la prise d’otage des 2 policiers ont ouvert un boulevard àla répression violente de la police. Quoi que celle-ci, et n’en déplaise àson porte parole doit se retenir en toute circonstance!

  • Bavuzeko imbonerakure zamaze abantu ntaco abivugako ariko hagize uwuri muwundi mugambwe akakaza umutahe wo kumufata uva Muri sentare ntahinyuzwa!turaziko bamurondeye kuva kera,aho bararonseurwitwazo.ariko iyo ngendo bari bakwiye kuyihagarika kuko ndaziko NA bone batazoguma kubutegetsi.

  • mbe uwo mugabo atazopha ahaze Azohagira mukuzimu.

    urabigira kuri umugabo ,n’abantu wishe kwazebiya nturanabariha !!!

    Mbejeje kukubona iyo ngomba nakumena Umutwe!!!

    wakijuju we!!!, c’ikinwa Maraso.

  • Bagiruwobaboneye ngaho arafise ivyavuga?abirirwa bica bakubita abasirikare bonintako rwako?egokweli ubugabo surucumu uwubabona banize amakoti

  • Si le ridicule pouvait tuer Nuwimana serait deja mort, enterré et pourri. Imbonerakure ntazo arigera yumva ko ataco arigera avuga???? Ariko ntibitangaje kuko nta bushingantahe yigeze agira kuva aremwa aremwe mu bubegito gusa

  • Futa uwo mugambwe mukubite nizombwa.ngo guerilla urbaine!!!!urasekeje yitanguze imbwa zikurye

  • NDUWiMANA niyo yasandaba Inva yiwe izoyaka umuriro kuko amabi akora nimenshi.

  • Ntagitangaza kirimwo pe!!SAFISHA,UZIMIRE mwe n’igipolisi ca Adolphe nayo aba exces FAB n’abasirikare baterekwa amafuti yanyu,Imananibishaka impfuvyi n’abapfakazizizoba ziranagira kugahinga!!!!!Ewe Burundi weeeeeee,urababaje!?!?

  • @ ndunduro
    @ jacques

    Ndabonye ko mutazi ico bivuga guerilla urbaine ! Mwitwaje ubu DD bwanyu n’ubujuju bw’imbonerakure mukibaza ko muri ibikoko naho muri ibikogoshi.
    Face a une force meutriere nk’iyi ntwaro ya DD ntakindi gishoboka atari guerilla urbaine. kandi aba specialiste bariho. rindira gusa uzorabe ko iyo midomo mugenda mufoye kubera amaraso y’abanyagihugu itazofomogwa

  • baramuhenze bamubwiye ngoharumuntafuta ivyiyumviro vyuwundi habinya ingana gute biraruha bigaseruka.les paroles s envoient mais les ecrit§ restent ahubwo nafute adc yose aronkamaho burya erega ntamahoro afise

  • Sindi muri politique ariko ugukumirana,ugutotezanya,.....nivyo CNDD-FDD yarwanya kandi NDUWIMANA ntiyarimwo ahubwo yari mubarwanya CNDD-FDD ubu yobabera umukunzi gute?Nibamurabe neza ko urwo rukundo atari rwamumpekure canke abigira abizi.Reka mbaze abahora bagira defire imbere yiwe;bakubita aba Polisi n;abasoda abona ko atarafuta CNDD-FDD.Urubanza rwa Hussen ko ataramusubiza umugambwe wiwe.Twararushe n’intambara nukuri President namukure.Mumbabarire nimba mvuze nabi

  • Abashikiranganji Bambere n’ivyegera vy’umukuru w’igihugu bamaze kugobozwa mu Bdi bagirizwa kutagarariza umukuru w’igihugu w’umuhutu
    1. Sylivie Kinigi
    2. Kadege
    3. Anatole Kanyenkiko
    4. Antoine Nduwayo
    5.Alphose Marie Kadege
    6. Martin Nduwimana
    7. Ives Sahinguvu
    8. Therence Sinunguruza

    Kari agaciyemwo. Alex Sinduhije yahenze abasigaye bahurikiye mukibiri ADC ngo bate amatora ngo baje kurwana , ariko yarabonye ko abo yahenze bahereye mucankuzo ataminsi iheze barwana: Ubu naho yagira atanguze iyindi kuko yabonye ko igihe yagaruka bamusanganiye nk’umwami kandi avuye mw’ishamba yaneshejwe. None umuntu afise inyifato nk’iyumumayibobo umwenga ntiyarezwe niwe ashaka ko atubera President de la Rep? Uburundi
    UPRONA Weeee! Nimuje hamwe mwunvikane mumenye ko uwomugambwe Rwagasore atawuraze abatutsi gusa yawuraze abarundi gerageza rero mureke amacakubiri y’amoko .

  • Rekabasha guhimba hama mukaja kumihora mukandika ivyo myshatse mbe ndabaze mwese nikangahe murandika muhanura abana bigihugu kugura bagarure ubwenge biyumvire ico bokora kugira biteze imbere hamw nimiryango inciting nimiryango ariko nugukokeza intambara mukayigira ururirimbo mbibuts intabara ihez abahutu nabatutsi twaragiy ngaho turatemana abana bigihugu barapfa abandi baba ibimuga kumpande zose ivyobimuga vyagiriw ubuntu kukabandi bo ntanaho tuzosubira kubabo uyumusi ntibagira ijambo ntibagira icepfo naruguru naw warwany murireta watashe udemobirijw canke utademobirij hamw naw warwany Muriel roberio iyariyo yose wademobirijw cank watash ukwonyen nkuwuvuy kuragirira inarume Ubuntu ninde abashikako nubu subire murwane muzosubira ubuho muzohura nibiruta ivyo kandi abazohura nizongoranenimw birirwa batereka imbere mukaraswa mugakubitwa mugafungwa ariko uwabagumuy afis iconise idili acaguruka mumwanya abageze muri ambassade iyariyo yos bisangiy idili naw uri mumvuto cank uri muri yantambaramuriko muhaya kandi abobagabo Bose bararonka ubuhungiro ahantu hamw (muma ambassade atandukany bivany nabo basangiy idili )muricogih abatemana abarasana abacumitana muriko mwheza bagaca basokoroka gutangura kwumvikanakugira ibiganiro inganda zuburundi zahony ndabasavy mwiyumvireicomwokoraicarico cose muzoduga buhorobuhoro kandi ndizerako muzoshika kuco imama yabateguriy ariko ayomarya yintambara cira birarura ukwo nugutanga ishano garura ubwenge mwibuk kazoza kanyu kuko umwanya ugiy ntugaruka uwiz nuwutiz umwe wese yiyumvire kurigezo rwiw Kandi imana ntizoduta

  • Abashikiranganji Bambere n’ivyegera vy’umukuru w’igihugu bamaze kugobozwa mu Bdi bagirizwa kutagarariza umukuru w’igihugu w’umuhutu
    1. Sylivie Kinigi
    2. Kadege
    3. Anatole Kanyenkiko
    4. Antoine Nduwayo
    5.Alphose Marie Kadege
    6. Martin Nduwimana
    7. Ives Sahinguvu
    8. Therence Sinunguruza

    Kari agaciyemwo. Alex Sinduhije yahenze abasigaye bahurikiye mukibiri ADC ngo bate amatora ngo baje kurwana , ariko yarabonye ko abo yahenze bahereye mucankuzo ataminsi iheze barwana: Ubu naho yagira atanguze iyindi kuko yabonye ko igihe yagaruka bamusanganiye nk’umwami kandi avuye mw’ishamba yaneshejwe. None umuntu afise inyifato nk’iyumumayibobo umwenga ntiyarezwe niwe ashaka ko atubera President de la Rep? Uburundi
    UPRONA Weeee! Nimuje hamwe mwunvikane mumenye ko uwomugambwe Rwagasore atawuraze abatutsi gusa yawuraze abarundi gerageza rero mureke amacakubiri y’amoko .

  • Jewe ndatangazwa nabanyagihugu mubandanya mujuragirika,ngo mwiruka inyuma yabakuru bimigambwe,none kwatamukuru wumugambwe ndunva yarashwe,canke ngwavunike,bamufunze gatoya naho ukunva mumisi mike yafunguwe canke ngo yatorotse,muga mwebwe abanyagihugu batobato,ahanini ugwaruka nimwe mukomereka,mugafungwa atanikibakurikirana iyo mufungiwe,gwaruka kumbura muhindure ingendo,mwijukire ibikogwa,bibateza imbere,mugire kazoza kanyu namwe.nkaharya SINDUHIJE wewe mwaramwinjirije FB,ko habaye babakomereka nabandi bafungwa,intererano yabazungu aca aronka uburyo bukwiye,nawe ace yiyubakiramwo inzu zigerekeranije(imiturigwa),namwe muriko mukurikira ubwije.banyagihugu batobato,ico nobahanura,hindura ingendo,reka kujana nyabahururu,nimwe muvundira mumpimba,mugapfirayo,abandi mubitaro,mukaba ibimuga ubuzima bwanyu bwose!!.ntamuntu numwe azotanguza intambara mwubu BURUNDI bwacu azokweregwa,ntantambwe nimwe azotambuka,Giramahoro nokwiyubara akaje karamana,

  • Ayo mabiga ufise ugerageza uwufute niryo herezo ryawe warigize mungu! Jewe ndakubariye iherezo ryawe rigiye ryShika kandi siwewe wenyene rindira turabe ico mumaze mwamihimbirimwe ,jewe ndakybariye gererageza turabe ko murabagabo j ,,,,,,,,jana ayomabiga yawe hirya niyo agutuma umutima mubi

  • Ndasavye Aba CNDD-FDD aho muri hose, mwirinde imitego yabo bantu bagomba gusubiza Uburundi mu ngwano.Murabe neza mwarinjiriwe n’abantu baje kubihishamwo, mubaha ubutegetsi atashamba barayemwo, atanzara canke inyota yabaciyeko yo mw’ishamba, babahenda ngo muri kumwe naho ari bansumire inda, ntimurwe mumitego hindura ingendo, les Généraux mwasinziriye, haraho mwumvise ko Nduwimana urusoro rwoba rwaramuciye hejuru y’umutwe? Ntabateranye n’abanyagihugu.

  • Eduard ngo ukuvuga menshi simo kuyamara! Aba Msd i bujumbura turi ibihumbi bitanu nimba utarubizi! Ndakubwize ukuri, umuryango wawe wose urashobora kwukwegera kuko ntiwotwicira abacu ngo udufungire abacu ngo tuvyemere naho woba urinde! Amaraso agiye guseseka azokiza uburundi nabarundi

  • Nitwa J. Baptiste; ndabasavye abasenga basengere uburundi bwacu kuko bugeze ahumwasi ashaka; ndasavye abihebey IMANA begere abatwara nabanye politiques babahanur amazi atararenga inkombe! Nimuvavanur n’agatima kubukoko mweger uwuhoraho IMANA yacu.

  • @Giramahoro uzoze uriyita girintambara!!kuko ntamahoro uzi ntiwiteze nokuyamenya narimwe!!mbega barya barashe sabantu?ntibava amaraso nkayo uva?cnke wewe mwe naba dd mbona ushigikiye muva amata ntimuva maraso nkabandi!!biraboneka kushigikiye DD aariko nimba ufite ubwenge utuzuye inda yivyo bakugaburira kubita agatima mpembero wibuke abo banyagihugu uriko uravuga ko iyo dd ariyo ibicishije inzara!!wakijuju we!!je abantu nkawe musigaye mushisha!!

  • iryo shano naryo ararekuza amabinga uwoyatobora!!ariko uwomwica hama tukaraba uwundi systeme DD ihashira ko nawe aza arwaye mumutwe!!je nibaza ko Nduwashetani afise irwara tutaramenya bimufata bimurya guanishamwo abarundi aho yicaye hoose biba bimurya,aho aryamye hoose kandi misi yoose!! kuko ntamuntu afise ubwenge numutima naban benshi burutavanako yokora ibintu nkivyo nNduwashetani akora!!wihende sha MSD yo si Uprona,Fnl, Upd,frodebu!!abobo barakumena umutwe cnke bakugire umupfakazi cnke vyavyana vyawe uvyara nkimpene barabigabanya!!

  • Nduwimana arakwiye igihano c’intangarugero(une punition exemplaire) kugira kize came cibukwa n’abarundi bose gutyo ntihaze hagire uwundi murundi n’umwe asubira gukora amahano nk’ayo Nduwimana na ba shebuja bariko barakorera abarundi na cane cane abari mu migambwe itavuga rumwe na Cndd- fdd. Nibaza ko yibagiye ningoga, abanyagihugu bashavuye barashobora gukora l’irreparable kandi we abiwe n’ivyiwe aronka kubera ubwo bubegito bwiwe birashobora gutangwako akarorero bikazokwandikwa no mu binyamakuru bati harabaye umushikiranganji w’umuhemu. Nayo abo bibaza ngo ni aba DD, ils se font passer pour des experts muvy’ingwano nibateshwe bate kuko ni ibintu biri mu mitwe yabo gusa ariko si réalité kuko ntaho bavyize, bakora ibije mu mutwe sans connaissance, sans technique kandi nta n’inyungu bizanira igihugu turiko turaryana.

  • Uwo nduwinda turarindiye ivyo azokwegera isi.nayo uburundi bwo yaramaze ku buta mu manga.haragowe uwamuvyaye nimba akiriho.agakora kuri MSd tuzoba tugira tubohoke kuko aravye amakungu ingene amwiyamiriza.tuzoca dukora

  • Ca ne fait pas longtemps que je m’intéresse à la politique mais je trouve déjà que beaucoup de partis politiques devraient aller apprendre la sagesse et la maturité politique à l’école UPRONA.On ne répond pas à la provocation par une autre provocation.Avant qu’un conflit politique
    dégénère en conflit armé, il faut d’abord chercher à discuter,à dialoguer, à appeler à l’aide pour une médiation s’il le faut,autant dire épuiser tous les autres moyens pacifiques pour résoudre ledit conflit.Chaque burundais sait de toute manière qu’on peut facilement commencer une guerre mais qu’on ne peut pas prévoir quand,ni comment elle va se terminer.Alors,pour ce cas précis, je pense que la police n’avait pas le droit d’utiliser une telle force face à des manifestants qui n’étaient pas armés et qui devraient, en temps normal, avoir le droit de manifester mais dans le même temps, la déclaration faite par Mr Alexis Sinduhije qui avait des allures de déclaration de guerre ainsi que la prise d’otage des 2 policiers ont ouvert un boulevard à la répression violente de la police. Quoi que celle-ci, et n’en déplaise à son porte parole doit se retenir en toute circonstance !

    Ca ne fait pas longtemps que je m’intéresse à la politique mais je trouve déjà que beaucoup de partis politiques devraient aller apprendre la sagesse et la maturité politique à l’école UPRONA.On ne répond pas à la provocation par une autre provocation.Avant qu’un conflit politique
    dégénère en conflit armé, il faut d’abord chercher à discuter,à dialoguer, à appeler à l’aide pour une médiation s’il le faut,autant dire épuiser tous les autres moyens pacifiques pour résoudre ledit conflit.Chaque burundais sait de toute manière qu’on peut facilement commencer une guerre mais qu’on ne peut pas prévoir quand,ni comment elle va se terminer.Alors,pour ce cas précis, je pense que la police n’avait pas le droit d’utiliser une telle force face à des manifestants qui n’étaient pas armés et qui devraient, en temps normal, avoir le droit de manifester mais dans le même temps, la déclaration faite par Mr Alexis Sinduhije qui avait des allures de déclaration de guerre ainsi que la prise d’otage des 2 policiers ont ouvert un boulevard à la répression violente de la police. Quoi que celle-ci, et n’en déplaise à son porte parole doit se retenir en toute circonstance !

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.