Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Eminem na Rihanna batangaza ko bazoririmbana indirimbo « The Monster (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Eminem na Rihanna batangaza ko bazoririmbana indirimbo « The Monster (...)

Eminem na Rihanna batangaza ko bazoririmbana indirimbo « The Monster »

mercredi 30 Gitugutu 2013

Bazanye umuvuduko udasanzwe muri iyo ndirimbo« The Monster », abasoma amakuru ku nyabwonko barashima abo baririmvyi kuko iyo bakoreye hamwe indirimbo zirakundwa cane.

« The Monster » ivuye mu rukurikirane rwa Eminem “The Marshal Mathers LP2”rwaguzwe cane baravye ivyagiye biravugwa kuri Twittosphere. Rihanna na Eminem bari kumwe bakora indirimbo zimeze neza, mu minsi iheze Rihanna yarahonjeje abakunzi biwe kuri iyo ndirimbo, ariko ntibamenye uwo bazoyiririmbana, bibaza ko yoba ari Lady Gaga.

« The Monster »yibukije benshi indirimbo abo bigeze gukorana kandi zaguzwe cane kw’isi: "Love The Way You Lie", "Love The Way You Lie 2" na "Numb". Hasigaye rero kumenya ko iyo nayo izogurwa cane nk’izo zindi.

Riri arishimira cane iyo ndirimbo bakoranye na Eminem, kandi arashima ingingo yafashe yo kuvana na Chris Brown, uwo ar’ubu mw’ibohero.


Chérif NKeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.