IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Emmanuel Miburo arasaba guhana abatera umudurumbanyo

Emmanuel Miburo arasaba guhana abatera umudurumbanyo

mercredi 20 Ruhuhuma 2013

Inyuma y’amarorerwa menshi yo guhonyanga agateka ka zina muntu kubanya politique babatavuga rumwe na Leta be n’abakenyezi bahora badandaza ivyamwa n’imboga kw’isoko nkuru ya Bujumbura.

kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 19 Ruhuhuma 2013,umuvugizi w’imigambwe itavuga rumwe na Leta Emmanuel Miburo yaratangaje asaba ko ivyo bikorwa vy’amarorerwa vyohagarara mu maguru masha.

Yarasavye abari mu nzego zo hejuru, guhana abo batera umundurumbanyo, atari uko bazohava bongereza imibabaro ababuriye ivyabo mw’isoko nkuru ya Bujumbura.


Mariella Bukuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.