Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
FRODEBU : Intwaro rusangi mu Burundi irageramiwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > FRODEBU : Intwaro rusangi mu Burundi irageramiwe

FRODEBU : Intwaro rusangi mu Burundi irageramiwe

lundi 30 Ruheshi 2014

Inyuma y’ukwezi inziraguhemuka za Sahwanya FRODEBU ziriko zirigina intsinzi y’intwaro rusangi baronse mu mwaka w’1993, ibirori vyo gusozera uwo munsi vyabereye mu ntara ya Kirundo.

Ku bw’umuvugizi w’uyo mugambwe Feniyasi Nigaba, amenyesha ko bahimbaje uwo munsi mi gihe intwaro rusangi baronse inyuma yo gutahukana intsinzi, mu matora yo mu mwaka w’1993. Muri uyo mugambwe bakavuga ko intwaro rusangi ibangamiwe muri iyi minsi, mu gihe agateka ka zina muntu kabangamiwe, ndetse n’igisata c’ubutungane bakaba bacidogera.

Imyaka21 uyo mugambwe wa Ndadaye umaze utahukanye intsinzi, ukaba wagiye uracikamwo amashami, aho bamwe mu bagendanye na Ndadaye Melchior bagiye barashinga imigambwe yabo, gushika ndetse naho havutse umugambwe usangiye amazina ndetse n’ibimenyetso, bigatandukanira kw’ibendera gusa, kuko rimwe harimwo isake hagati, irindi rikabamwo urwatsi rutoto n’ibara ryera gusa.


Aristide Nizigire

Messages

  • NGABA ABAHUTU BAZI UBWENGE ,,ABAKENYEZI BOOOSE B ABAHUTUKAZI MUSHAKA UMUHUTUKAZI W INCABWENGE NI FARAZIYE JE NDABAKEBUYE KANDI SI NDI MURI MWEBWE ,,,MBE IGIHE MWAGAHENDEWE NTIMWOCA AKENGE MWA BA HUTU MWE !!!!2015 TORA FRODEBU AHANDI HO ABAHIMA BARAGARURA IGIHUGU KANDI BIZOBAGORA ,,NAYO PETER WE ARACASINZIRIYE MURI TWINSHI ,,,N AMACAKUBIRI NTAYABUZE KANDI IYO NZIRA NTIZOSHIKA,,MUZOGUMA MUPFA NK ABANA B INYONI

  • Ubutungane bw’uburundi hari hageze ko bwisubiza umutamana bukareka gukoreshwa n’ubutegetsi.Natangajwe cane n’inyishu yatanzwe kucatumye ivyuma biduza amajwi k’urubanza rwa Mbonimpa kugira abanyotewe ukuri benshi tukwiyumvire.ngo vyavuye hejuru?????!!

  • leonse na minani nimusubizehamwe niho abanyagihugu bati iyi ni frodebu atakuvuga ngoniyanaka

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.