IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Gilbert Bécaud NJANGWA: "Abo bagize iryo sekeza babifitiye uburenganzira"

Gilbert Bécaud NJANGWA: "Abo bagize iryo sekeza babifitiye uburenganzira"

mardi 30 Myandagaro 2016, par Jean De Dieu


IGIHE

Messages

  • none ururimi twovuga nuruhe ? Ko USA ni bindi bihugu bivuga icogereza kandi baradufatiye ibihano, nacone tugihebe ? None tuzovuga iki nitwaja muri France canke mu bubiligi

  • Akayabu Iyo Ukamenyerej Amata Karibagira Guhiga Kakaguma Kagukuyakuya Karindira Ko Ugaha Ayandi.N,abo Ba Beko Baribagira Ko Ari Abantu Basigaye Biyumvira Kumano.Mbe Ibwirizwashingiro Ry,uburundi Ryarabananiye Kurikura Mugifaransa Ngo Rij Mukirundi Bazoshobora Kurishira Mukirusiya Cank Igishimwa?Mbe Ho Wumva Beko Azi Indimi Zingahe.Abarundi Batugize Ibikinisho Ariko Tuzobiyambura.

  • ARIKO ABARUNDI MURANDYOHERA PE!!!!!
    MBE AHO BOSE ABO BAFASHE IYO NGINGO ICONGEREZA BARAKIZI

  • Ndabira aba ngo bavugira abanyagihugu,haba igifaransa yavutse yumva ntaco azi hama ngo icongereza???hhhaahh mundabire vraiment

  • Yemwe yemwe mwaba DD mwe,mwaratay’imitwe nka shebuja wanyu

  • Dis nous si le cours de français est supprimé dans notre enseignement ! Dis nous s’il n y aura plus de journal en français àla RTNB. Bamufata ingingo itabamaramaza.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.