IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Akahise > Hari kw’igenekerezo nkiri, 12 Ndamukiza

Hari kw’igenekerezo nkiri, 12 Ndamukiza

vendredi 12 Ndamukiza 2013

1945: Urupfu rw’umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe za Amerika, Franklin Delano Roosevelt. Aracari uwambere yamaze imyaka myinshi mu mabanga y’Umukuru w’ico gihugu. Imyaka 13.

JPEG - 8.6 ko

1961: Youri Gagarine, umurusiya w’imyaka 27 y’amavuko, yabaye umuntu wa mbere yazungurutse isi mu minuta 108, aho yagendera ku kubirometero 327 uvuye kw’isi.
Aho yari mu kigendajuru ciswe Vostok I. Icokigendajuru kikaba carungitswe nikibanza cabigenewe ahitwa Baïkonour mu gihugu citwa ubu Kazakhstan.

JPEG - 32 ko

Luc-Noel Ingabire

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.