Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ibanki y’u Budagi ijejwe iterambere igiye gufasha u Burundi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > Ibanki y’u Budagi ijejwe iterambere igiye gufasha u Burundi

Ibanki y’u Budagi ijejwe iterambere igiye gufasha u Burundi

mercredi 23 Nzero 2013

Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 22 Nzero 2013,Leta y’u Burundi hamwe n’ibanki y’u Badagi ijejwe iterambere KFW barashize umukono ku masezerano y’infashanyo y’amafaranga imiriyoni 17 z’amafaranga y’abanyaburaya.

Ayo mafaranga ibanki y’u Budagi ijejwe iterambere izoha u Burundi akaba azokoreshwa mu kubandanya ibikorwa vyo gufashanya hagati y’u Burundi n’u Budagi mu gisata c’amazi n’isuku,mu gice ca gatatu.

Uwo mugambi rero ukaba uzofasha na cane cane mu gukwiragiza amazi meza ku banyagihugu batararonka akaryo ko gushikirwa n’amazi meza.

Umushikiranganji w’ikigega ca Leta Tabu Abdallah Manirakiza akaba ariwe yashize umukono kuri ayo masezerano.


Sylvere Bavumiragiye

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.