IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ibura ry’igitoro rirabandanya kwibonekeza mugisagara ca Bujumbura

Ibura ry’igitoro rirabandanya kwibonekeza mugisagara ca Bujumbura

lundi 4 Ntwarante 2013

Mu gisagara ca Bujumbura, igitoro cabaye umuti wamenyo. Muma station yo mu gisagara ahaboneka igitoro hagera ku bice 30 kw’ijana gusa.

Ama station ariko aratanga igitoro ni kuri top one mu kigobe, iyindi ni station iri kwibarabara Chaussee du Prince Louis Rwagasore hampande ya alimentation Feu du logis, na station Kobil oil iri kukiraro ca republika.

Rimwe na rimwe abaza kunywensha ntibarenza igitoro c’ibihumbi 30 vy’amafranga y’amarundi ku modoka imwe imwe hamwe n’igitoro c’ibihumbi bitanu kubagendesha amamoto.


Grace Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.