IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Icegera c’umukuru w’igihugu ca Kenya ari mu rugendo i Bujumbura

Icegera c’umukuru w’igihugu ca Kenya ari mu rugendo i Bujumbura

mercredi 13 Mukakaro 2016, par Egide NDUWIMANA

William RUTO, icegera c’umukuru w’igihugu ca Kenya ari mu rugendo i Bujumbura kuva kuri uwu wa gatatu.

Yakiriwe n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, ibindi bijanye n’urugendo rwiwe tukaba tubigarukako mu makuru yacu yo hanyuma.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.