IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umusi

Ifoto y’umusi

samedi 7 Ntwarante 2015, par Egide N

JPEG - 184.4 ko
Hussein Radjabu (hagati), Manassé Nzobonimpa (i buryo) hamwe na Ribakare Beaudouin batazina NDINDI

Egide Nduwimana

Messages

  • ni nziza kandi nyakubahwa Rajabu mbona Imana yaramuzigamye aracarimwo. None umugambwe numutange tumutore induru zihere

  • Uri umugabo pe ,uwukwanka akwandure ko.....!

  • Amen turishimye cyaneeeeeeeeeeeee

  • Amen turishimye cyaneeeeeeeeeeeee

  • Mutama komera mugabo uwohora Intozo gusutama yozimara zose tegura gusa mugarukiri Uburundi yamigambi yawe nyiza abarundi Muturemururiri imisozi ya yabo bagabo murakoze Aho muri hose Imana ihabazigamire murakoze

  • Egome. Hussein radjabu mbe n’ifoto yambere y’ipfungwa canke n’inyuma y’ipfungwa, ikindi mbega ko adakoma? tangaza ko wigobotoye Gereza, canke uvuge imigambi yawe uteganyiriza abarundi, uzoza ugwana canke uracafise ubwoba ko Peter yo gurondeza uruhindu? Inama nshingamateka ni gute? Mbega hussein yibereye iBuja nkuko bivugwa?

  • Egome. Hussein radjabu mbe n’ifoto yambere y’ipfungwa canke n’inyuma y’ipfungwa, ikindi mbega ko adakoma? tangaza ko wigobotoye Gereza, canke uvuge imigambi yawe uteganyiriza abarundi, uzoza ugwana canke uracafise ubwoba ko Peter yo gurondeza uruhindu? Inama nshingamateka ni gute? Mbega hussein yibereye iBuja nkuko bivugwa?

  • Egome. Hussein radjabu mbe n’ifoto yambere y’ipfungwa canke n’inyuma y’ipfungwa, ikindi mbega ko adakoma? tangaza ko wigobotoye Gereza, canke uvuge imigambi yawe uteganyiriza abarundi, uzoza ugwana canke uracafise ubwoba ko Peter yo gurondeza uruhindu? Inama nshingamateka ni gute? Mbega hussein yibereye iBuja nkuko bivugwa?

  • @ni sawa
    Radjabu ntashobora kwitoza muri 2015 naho umugambwe womutanga.
    Amategeko ntabimwemerera. Hinge ndabikwereke, nongere nkwereke intumbero abamupfunze muri 2007 bari bafise ico gihe.
    1. Wari bwibaze igituma bamuciriye imyaka 13 (et non 10 canke 15 canke 20)?
    Bagomba ko aguma muri prison gushika muri 2020 (2007 13) kugira ntagore Nkurunziza mu butegetsi bwiwe kuva 2010 gushika 2020.
    2. Amategeko avuga yuko umuntu yapfunzwe imyaka 10 canke irenga adashobora kwitoza kuba umukuru w,igihugu imbere y,imyaka 10 avuye mu gasho. Nukuvuga ko no muri 2020, Radjabu adashobora kwitoza.
    3. Amategeko amurekurira kuzokwitoza muri 2030, pas avant.
    Muri 2030, azoba afise imyaka irenga 70; nukuvuga atagishobora kwitoza kubera ubusaza.
    Iyo niyo plan Nduwimana yateguriye Nkurunziza. Nizere ko wumvise iyo uwo munyororo w,imyaka 13 uva, n,igituma Radjabu yategerezwa gutoroka imbere yuko Nkurunziza asubira kwitoza muri 2015.

  • imana yo atakinanira iragukuye mumenyo yigwe tubandanya tuyisaba ukuzigame iguhe inguvu gushika ushikire indoto zawe zogukiza abarundi nuburundi amin

  • uwo mugabo yavuze ngwo uwuvuye mugasho naba umukuru wigihu ahubwo nimba arwaye nabitomorere aba dd hama system ikomere nkurunziza abone kwitoza na mandela ya funzwe ishika mingo27 niyagitwaye kandi yarana shaje.

  • KOMERA MUTAMA KUBA WAKIZE JEREZA!NUKURI TURAGUSA VYE NKUKO URUMWE WASHIKANYE UMUGABWE CNDD KUBUTEGETSI.ABARUNDI,TURABINGINZE MUREKE GUSAMBURA,IGIHUGU MUKWIBA NUGUHONYA,UBUZIMA BWABANDI.MUTUBESHA NGOMUTUZANIYE ITERAMBERE MURI VYOSE! REKA GUTANGA AKAZI KUBOMWAHORANA MWISHAMBA GUSA,RABA ABABISHOBOYE,MUREKE GUSHIRA RUSWA IMBERE!KUKO,NTIMWOHEZA NGOMUMENYE BOSE MUBAMWAHORANA NABOMWARIRIYE IVYABO NIBENSHI,ARIKO KOBARIBAZI KO MUGIYE KUBAKURA MUBUJA BARIBAMAZEMWINYAKA NIMYAKA! REKA KWIMARAMAZA MUBATABAZI,NIMUSABIKANYE!URABA NKAMANDERA,NTUBUVUYEYO,UZAKWIHORA KUVYOBAGUKOREYE!RABA,UKOWOHANURA,ABANDI WONGERE UBACIRE KUMASONGA,UKO UMUNYORORO UMEZE! NTAWURUSIMBA ,HAGEZE!TURAKURINDIRANYIKAZE!TWIZERE KO ABATOWE KURUSIZI BAHAGIJE,NABATOWE MURI RUVYIRONZA! GARUKIRA UMUGABWE ,MUSOME,AKARANGAMUTIMA,NIMBA MUTAKATWIGISHA MUDUHENDA!MUSHIRE MUNGIRO,IBIVUGWAMWO

  • Mzee plz jikaze uvumiliye yaliyokufikiya na uwemvumilivu na uwasameh wote kama vile Mandela alivyo fanza

  • al hadj,, tuzidi kumuomba mungu,, ukweli kutajulikana inshaa allah BABA WEST ANAONGEYA

  • Ubu lero niho nkitahura kumbe biragoye nimba adsshobora kwitoza ni bagire reconciliation bsmuhesmnistir

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.