Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ifumbire kijambere yatevye gushikira abarimyi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > Ifumbire kijambere yatevye gushikira abarimyi

Ifumbire kijambere yatevye gushikira abarimyi

mercredi 6 Ruhuhuma 2013

Mu gihe ikiringo co kurima cageze, abarimyi ntibarashobora kuronswa umwavu.

Mu buyobozi bushinzwe ivy’ifumbire mu bushikiranganji bw’uburimyi n’ubworozi bamenyeshako habuze uburyo bwo kuyishikana mu gihugu hagati.

Prosper Dodiko amenyesha ko yamaze gushikiriza ico kibazo mu bundi bushikiranganji kugira babafashe gushikana iyo fumbire mu gihugu cose.

Iyo nayo ikaba iri hagati y’amatoni atatu n’ane arenga ayari yaje mu mwaka uheze.


Jean de Dieu Munyembabazi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.