Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Igitabo c’ubudandaji kigiye kuza kirabarizwa mu kigo API - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > Igitabo c’ubudandaji kigiye kuza kirabarizwa mu kigo API

Igitabo c’ubudandaji kigiye kuza kirabarizwa mu kigo API

vendredi 14 Munyonyo 2014

Igitabo c’ubudandaji kigiye kuzohora gitangirwa mu kigo cishinze kworohereza abanyamitahe hano mu Burundi API.

Kuri uno wa kane, igenekerezo rya 13 munyonyo niho inama nshingamateka yatora integuro y’itegeko isubiramwo itegeko inimero 1/07 ryo kuwa 26 Ndamukiza rigenga amategeko ajanye n’urudandazwa.

K’ubwo umushikiranganji w’ubudandaji Marie Rose Nizigiyimana ari nawe yashikirije iyo nteguro imbere y’abashingamateka , avuga ko iyo nteguro ije kuzotorera inyishu ibibazo bibiri ica mbere n’ikijanye n’ukugira amategeko y’ Uburundi aje ku rugero rumwe n’ayo mu karere k’ Afrika y’ubuseruko. Ikindi n’ikijanye n’igitabo c’ubudandaji arico ‘’Registre de commerce’’, icahindutse n’uko kitasozubira gutangirwa muri sentare y’ubudandaji ahubwo kizotangwa na ca kigo cishinze kworohereza abanyamitahe hano mu Burundi API( Agence Burundaise pour la Promotion des Investissements)


Floxella karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.