IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ihindagurika ry’ibihe rikurikiranirwa hafi ngo naho bataratangura (...)

Ihindagurika ry’ibihe rikurikiranirwa hafi ngo naho bataratangura kubimenyesha

mardi 19 Ruhuhuma 2013

Abahinga bagera hafi 160 bajejwe ihindagurika ry’ibihe harimwo Abarundi barenga 60 bari bakoraniye i Bujumbura kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 18 Ruhuhuma w’2013.

Iryo huriro rigira 33 ry’ibihugu bigize ihembe rya Afrika ryakoranye mu ntumbero yo kurabira hamwe ingorane ziterwa n’ihindagurika ry’ibihe.

Nkuko umupfasoni Renilde Ndayishimiye , umuyobozi mukuru mugisata c’imenyesha ntara mu Burundi, yabimenyeje , ngo ihindagurika ry’ibihe barikurikiranira hafi ngo naho bataratangura kubimenyesha ku mboneshakure, ariko ngo bagiye kubitanguza vuba babifashijwe mwo n’abafasha u Burundi.


Grace Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.