Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ikigo gitoza amakori OBR carazanye igisata gishasha c’ubuhinga bwa (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > Ikigo gitoza amakori OBR carazanye igisata gishasha c’ubuhinga bwa (...)

Ikigo gitoza amakori OBR carazanye igisata gishasha c’ubuhinga bwa none

mercredi 23 Nzero 2013

Ikigo gitoza amakori OBR mu mpfunyapfunyo y’igifaransa carazanye ikigo gishasha c’ubuhinga bwa none Sydonia world. Ico gisata gishasha c’ubuhinga bwa none kigiye gufasha cane mu bijanye no gutoza amakuru.

Nkuko umukuru wa Sydonia world yabimenyesheje, ubwo buhinga bushasha buzofasha igisata c’ubudangaji gukoresha umuhora w’ingurukanabumenyi kugira ibikorwa vyico gisata binyaruke kandi baje ku mategeko ya ONU, ya ISO, na OMD.

JPEG - 79.8 ko

Sydonia world izofasha mu vyerekeye kwinjiza amasanamu hamwe n’inyandiko ziri mu mamashini nk’amasanamu, y’imiduga minini minini(camions), amasanamu y’uwutwara iyo modoka, hamwe n’am nimero ndanga muduga.

Sydonia world yasubiriye Sydonia ++.


Grace Irimbere

Portfolio

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.