IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ikirangaminsi c’amatora gishasha cashikirijwe n’umurwi CENI

Ikirangaminsi c’amatora gishasha cashikirijwe n’umurwi CENI

lundi 8 Ruheshi 2015, par Jean De Dieu

Umurwi w’igihugu wigenga ujejwe gutunganya amatora CENI washikirije abarundi n’amakungu ikirangaminsi gishasha c’ingene amatora yo mu 2015 azokurikirana.

26 RUHESHI 2015 : (Élections des députés et conseillers communaux) Amatora y’abajenama b’amakomine n’abashingamateka

15 MUKAKARO 2015 : (Élections Présidentielles) Amatora y’Umukuru w’igihugu

24 MUKAKARO 2015 : (Élections des Sénateurs) Amatora y’abakenguzamateka

23 NYAKANGA 2015 : Élections des Conseillers collinaires

CENI yamensheje ko yifuza ko ayamatariki yoshimwa nabatavuga rumwe na Reta.


IGIHE

Messages

  • ico kiringo turagishigikiye imana ituje imbere kandi bizogenda neza kuko ahari abagabo ntihagwa ibara.
    ni kuvuga ko twese dushigikiye iyo programme...igihugu si cana.
    abavyanka ni banke ntakundi...bigire mu rwanda.
    Rwasa wewe arabona ivyarivyo haahhhhhaaaaaa ko ataja mu rwanda nawe!Emwe burakeye tubirabe kweli.
    amatora azogenda nneza cane

  • Ntituvyemera kuko ntamategeko bubahiriza dukeneye CEN nshasha

  • Ingorane twumva zizoba zaheze

  • Ikirangaminsi cari nuba igisozera ibiganiro bumvikanye ibikorwa mugutegura amatora neza n’umwanya bikeneye! Amaradiyo,ukwidegemvya kw’abarongozi mu migambwe n’amashirahamwe ya SC, abacungera amatora n’umutekano w’abategetsi, n’ibindi

  • NIBATE UMWANYA !NTAMATORA AZOBA CNI IDAHINDUTSE!NGEJEJ AHO

  • Ndababwizukuri ayamatora aramutse abayengaha Burundi abategetsi bigihugu kibanyi cu Rwanda bazobabamaramaye kandi bazobabahahombeye ubutunzi bwishi, rekarero amatorabe maze nabahungiye mu Rwanda batahe i burundi iwabo kandibishirebizane kugezanaho abategetsi bu Rwanda bazokwiyumvamwo ubumaramare kukobobo iyumuntu yahunze icobakora nukumutangatanga ngompaka bamwishe, rindira ejobundi hashike abanyarwanda bahungire mubihugubibanyi muzobamureba ukunzu abicanyi bokwica abahunze ukuntubazonyurangana mumpunzi bakoresheje kubanyuruza, kubarasa , kubaroga, nayandimabi bamenyereye gukora ariko hazobarimugihe ca final u Rwanda abaruyobora bazobamubuyobozi ariko democratie izobayinjiye murwanda izananye nabobose barihanze bamazigihe barimwe uburenganzira bwabo kugezanaho numumenyeshamakuru avuze ivyiyumviro vyavuzwe numwe murabobanyarwanda bahuze ashobora nawe kubizira.

  • NYARUTSA TUBAKURE KUNZIRA

  • Ewe CENI waragow.nub uritwengereza abanyamahanga

  • MBEGA IGIKENYE!HAMA LETA NGO IRUBAHIRIZA AMATEGEKO?MBEGA IYO CNI IRAKWIYE?ABANT 3 BARAGIRA CNI?KOTUZIKO UBWOKO BWOSE BUBABWASERUKIWE KANDI HARI ABAHUNZE BARIYO NNE WUMVA CNI IBAHO?NIHAZE CNI NSHASHA.

  • Ivyo Nukubisengera Mw’izina Rya Yesu Bikunde.Abo Bashaka Abahunga Ntitugeza Ahubwo Nukubana Neza Atakwihariza Ivya Bandi.None Ubu CENI Irakwiye Yo Gufata Ingingo.

  • Ndababaye kubona hariho abantu badashakira ineza abana banje aribo bene Burundi.Mbega mwebwe banyapolitike muzogeza ryari gucinyiza benewanyu?CENI nawe uri nk’inama nkuru y’umuryango,muronderane mutegure amatora atawe akumira.

  • Emwe Ntamatora Ariko Araba Muburundi.None Yamisi Petero Nkurunziza Bamuha Aka Kanya Yakwiye? Ibibintu Birimwo Amakenga Ngaha Muburundi.Aho Bokwize Ikibazo C’ibiganiro,none Ibiganiro Vyabanye Politike Babivuyemwo?Emwe Nurudubi!

  • Murakoze Twebwe Abanyagihugu Urubanza Tuzorucira Mukazu K.Amatora Mpanura Rwasa Mugitondo Mw,ijambo Ryiwe Vyaboneka Ko Yatambikije Nahagarare Avuge Ati Ndavuye Mumigumuko Bandasa Batondasa Nzitoza 2005 Twatoye Uriko Urarasa Kand.Ubuz.Abantu Gutora Nubundi Birashoka ,

  • Biragoye ngo ntituvyemeye? Gusa amakenga mbega CENI KO YAFASHE INGINGO HOHO BASI IRAKWIYE? Kwabandi bahunze? Gusa ingorane ikiringo ko mbona arico giteye akaga uburundi nabarundi twizere ko bizoba vyadadanutse? Mwokimwe aba dd bahebe canke opposition. mana garukira uburundi

  • Q1. ? Candidat Pdt du CNDD.FDD
    Q2. ? Médias

    Ivyo bibazo bikeneye umwanya yemwe!

  • IY.UBURUNDI BIRATURENZE PE! NONE UMWE WESE AKORE IVYO ASHATSE,KO TUBONA ATA MATEGEKO AGIKURIKIZWA? IBWIRIZWA NSHINGIRO RIVUGA KO CENI IFATA INGINGO ARI UKO IKWIJE ABANTU 4 BAYISHIGIKIYE.UBU KO HASIGAYE 3,CENI IEATA INGINGO GUTE KANDI ITABAHO?BANZA MUSUBIRIZA ABAVUYEMWO MWISUNZE AMATEGEKO HANYUMA MUBANDANYE N’IBIKURIKIRA.

  • Genda Burundi bwacu ntukarwe mu manga ! Kuko ufise Abakenyezi be n’Abashingantahe bahumuye bazi ikibi be n’iciza . CENI, umurwi wanyu murakoze , koko nkuko Umushingantahe rwasa yarivumereye, iyo ntwaro mfata amaguru nta kibanza ifita komera Mushingantahe .

    Hanyuma , duterembere . Abo bandi biyizi ejo baze babaze bati : MBEGA NINDE WARIYE UBUKI MU M’UZINGA ? Inyishu , bwariwe igihe bari mu ma barabara .

  • dukeneye ceni shasha aho birabaraba icatumye mwigizayo yubwambere n’ubwakabiri nubu ntitubakeneye nagato.

  • Imana Idufashe Cane Ntidusubire Mukaga Kuko Turabona Ko Igihugu Ubu Atari Ciza Nkuko Vyahora.

  • Mbg harih CENI yubwok bumwe nigitsina1

  • SITWE TUZOBONA HARAGEZE DUSEZERE INJAVYI.IMPFUMPFU YAMOSE .NIBABE BARATABUZA IGITABO C INZIRA .SINDUHIJE CIMPAYE NA NYANGOMA BAZOBAH INDARO.

  • ivyiburundi vyatuyobeye mbega babashingantahe twahora twunva mugihugu baroyehe ? ndabasavye mumpanurire pierre claver ndayicariye areke kwiteranya nabarundi bo bene igihugu uti ntiwishinge president weho kazikaw ngejeje aho...

  • None, mu ndwi zibiri hazoba habonetse umutekano ukwiye kuri bose mu Burundi na Nkurunziza yamaze gusokora candidature yiwe kugira habe amatora aboneye kuri bose?

  • reka nishure rukonga mbe kuvuga ngo ntamatora azoba ubwo nturi muri bamwe bica ndadaye? wanka wasara amatora azoba burafata inzira usange abatutsi murwanda kuko ntamuhutu yabonye urupfu rwa ndadaye yovuga ngo amatora ngo ntazoba urasara sha

  • reka nishure rukonga mbe kuvuga ngo ntamatora azoba ubwo nturi muri bamwe bica ndadaye? wanka wasara amatora azoba burafata inzira usange abatutsi murwanda kuko ntamuhutu yabonye urupfu rwa ndadaye yovuga ngo amatora ngo ntazoba urasara sha

  • jendabona atamahoromuburundi kuko nihatari

  • ntagishasha umuntu yiteze mwo

  • AMATORA BAYASIZE KWITARI IZAHE

  • AMATORA BAYASIZE KWITARI IZAHE

  • mbe prosper igiti nturagikira ushohore ibiranga misi mwakwiye? abandi bari he?cni uyiganjira wenyene bura kudasubira mu rwanda ngo ba illuminatt babivuge wasitseyo buca kikwagirako reka kuduhenda ibiba turabibona

  • Uh! Peter yasaze mbe iyo Ceni irabaho? Amatora azoba ataba observateurs internationaux! Asha nanyaragase ayo matora yumugambwe umwe amakungu yose yiyamirije hama tuzoce tumufatisha iminwe nka laurent gbagbo hamwe yinyaza yanka kumvira amakungu izo mbonerakure mwimbe mwigera na peter wanyu! Ubwicanyi mwakoze muturira isoko nkuru ya Buja mwica Aba Ma soeurs baraho mu kamenge asha CPi I copenhagen irabarorereye!

  • nimba ari inkinamico murimwo!muzokwama mwivyo muri abantu babagabo nimubikore canke bibananire !mugabo nawe ndayicariye uracugwa nimba uzohunga ntumbaze inankunda kurya yariye ubuk bw’ifunderi bamuraba ubuzi mujamwo?ubwenge murabuzi !

  • Amatora yoba gute atagira uwuyahagarikiye?mwebwe mwoyacungera?rekasha yategure neza.nayahandi nubu arasiba!!kandi umurwi ujejwe kuyategura ntukwiye muraduhenda.reka gufata ingingo mwenyene.kuko bidashoboka.muzoba mumpinyuza.

  • Amatora yoba gute atagira uwuyahagarikiye?mwebwe mwoyacungera?rekasha yategure neza.nayahandi nubu arasiba!!kandi umurwi ujejwe kuyategura ntukwiye muraduhenda.reka gufata ingingo mwenyene.kuko bidashoboka.muzoba mumpinyuza.

  • Kubera Abarundi Bibagiravuba Cane Kuberakobatakibuka Ukwezi Nigice Bigaragara Ko ceni Ariyo Nyirabayaza

  • IYO,NGINGO YACEN YOGUTANGANGA ITARIKI,YAMATORA MUGIHE,HARI ABAKOZI BA CENA,BATAHE BAROMOKA NONE WUMVA CEN YOSHOBORA GUFATA INGINGO,ABAKOZI BADAKWIYE?NIBA ISUBIRIZE ABANDI KUGIRA,IRONKE UBUBASHAKA BWOGUFATA INGINGO.

  • twipfuzako amatora yoba kukiringo atari cuwukuruwi gihugu kigira gatatu amatora akaba atamaraso arinze guseswa kandi bakabanza bagahungura abateshejwe izabo nabonyene bagatwagwa nindongozi bitoreye ubwabo murakoze ku akanya koguterera iciyumviro ok

  • MBEGA NDAYICARIY YISUNZE IKI?AHO WOSANGA ATARANASUBIRIZA BAMW BADEMISSIONA?BASHA NTAZOGNDA ADATAYE UBURUNDI MU KAGA.

  • IMANA PETER YARAMUGARAGAJE IBANJE KUMUMARAMAZA UWUGIRA ASHIKIRWE NINDAYICARIYE YIBAGIRA KO YAMENYESHEJE KO 4/5 ZIKWIYE MURI CNI ARIHO INGINGO IFATWA,NONE KOTUZI ARI3/5,BIKUNZE GUTE?IBWIRIZWA SHINGIRO RIRAHONYANZWE KUMUGARAGARO UBUGIRA KENSHI

  • YEMWE BANTU MWIKANUZA AMASO NGO NTA CENI IRIHO NGO HAZE NSHASHA! TESHWE MUTE IVYANYU VYARAGARAGAYE! AMATORA AZOBA MEZA CANE. UWUTABISHIMA NIYIYAHURE BAMUHAMBE!

  • AMATORA ARAZOBA MUMUTEKANO NTANGERE ABARUNDI BAREKE GUHUNGA.

  • iyabavyogenze nkukonyene vyobaye vyiza.

  • AMATORA ARAZOBA MUMUTEKANO NTANGERE ABARUNDI BAREKE GUHUNGA.

  • Nukuri ikiranga misi cari ciza ariko nuko kirenze amategeko agenga umurwi ceni kuko iyaba amategeko adakurikizwa ndizey ko naba motar ayo kwinjira muri vill bazoyarenga kyko abakuru babatanguriy ewe merchaidi sha pole sana nturqbona ko amatora adashoboka reba ibiganiro ntibiraba hama ngo amatora bumvikany iki ko batanguy kwirega amakosa ata wuriko arabahana nibabahana naho (namw nurazi ico abarundi bifuza .......uzuza)

  • haaa jew mazekubona ibitaribike murik muta umwanya ntamatora ashoboka nkurunziza adasokoye kuko niwe abifashe vyose

  • @havyarimana pierre

    Q1;pierre nkurunziza !et votre candidat c’est qui?il faut surtout se poser cette question le cnddfdd a son candidat!

    Q2:reconstruisez notre Rema FM d’abord dans les brefs delais,chaque chose suivant l’ordre,demandez aux manifestants putshistes de nous rendre Rema FM avec tout le materiel,quand je dis les manifestants c’est surtout àleurs chefs qui les a envoyé vital et pacifique et claver mbonimpa,et après aller répondre de votre tentative de coup d’etat devant la justice,et ça y compris tous les journalistes et après tout ça tuzokora amatohoza tumenye abaturiye izo zindi radio hanyuma tuzubake,ariko barazwi ni aba manifestants bari bafise ibigwanisho bagiye kuzimbobarda bari bitezeko le lendemain baca batangura genocide y’abahutu àcommencer par les pauvres imbonerakures bababesheyeko aribo bazituriye.
    Comme rero bisaba umwanya on va s’en occuper aprèes les elections contentez vous de la RTNB mwa batutsi mwe muba mwarareka kuziturira!
    @Rukonga
    Mufise plans zanyu abatutsi kuko mudashaka amatora,natwe abayashaka dufise izacu,amatora azoba neza cane!

    @Rubuto
    Ubwoko bwose buraserukirwa none ivyo twebwe abahutu biraturaba,genda mugarukane barya batutsikazi bahunze nibo babataye ,aho mwagiye ngaho mwigira surivu,mwitora inda,murondera des pretextes ngo mubuze amatora kuba mwibaza no nitwe duhomba,supposons ko boba barapfuye,kugira mube representés mwari kugira iki?Débrouillez vous!!!

    @Nzobandora
    Abo bose nta numwe aheba,Rwasa aja mu matora,dd uko nyene,reka kwambaza imana mwateguye kutayajamwo amakungu yabahinyuye,akanyaro kazohera bukebuke gusa!

    @ jean claude
    Dusenga dukora,dukora dusenga,aho wari wagiye ngaho urahirira wibaza ngo calendrier tuzoyibashikiriza après un mois et demi!mama weeee,abadashaka amatora bose mwari muzi ngo c’est fini,amatora arageze itegure canke wihe ubuki!

    Ndangije nsaba uwitwa NkwavuVenant na Okay ubona ko mfise abakunzi benshi,venant amavi yamyotse?Igisabisho gute,ubwo usenga imana gasha!Na rusiferi yaguhunze nayo itinya abatutsi bayihamagaye!
    Okay ko ataco ushikiriza,duhagaze bwuma!

  • oya nibabaze abatavuga rumwe na leta kobavyemeye ?

  • Mwijambo rimwe amatorantazoba,muzemumpinyuze.kandi ubujuju nibwobuzotumahaba transition!turayanka ariko bigenzukumubitovye iramose!

  • vyaraburiye sha ntamatora mukeneye kuko ivyamagenekerezo ntakibazo biteye gusa mwigira abakunda igihugu kumbe ntacomukunda.

  • Abo bantu benshi bashikirije ivyiyumviro ba muvuga amajambo mwabanje kubaza kandi ba muraba ko ivyiyumviro vyanyu bifise ico bifasha ababumva canke abasoma
    Amatora araba kandi si kunguvu kuko utazoyajamwo biramuraba ariko dukeneye amatora
    Wanka gutora ariko ntiwanka gutwagwa,tekana mutwarwe mureke amajambo nimigumuko,nibaza ko ayomatora azoba meza cane gusumba ayabaye yose muburundi
    Mwebwe mwanka amatorako aba nibabahe amaradiyo mugume mwabirirako twebwe dutore muguma mwabira ataco mukora,uzoyasiba ubugira kabiri nibaza ko leta yoca ibafatira ibihano kuko atari imigambwe ifise imigambi ahubwo ari imigambwe y,imigumuko kuko indongozi zabo zitinya

  • Vuganeza,nashaka nkubaze,uri umuhutu wuhe??w’umunyarwa,canke w’umurundi???namba uri umuhutu w’umurundi,ntabwo wavukiye muburindi..namba waravukiye m’uburundi naho urikijuju,namba utari ikijuju naho,uri mpumyi....ca wicarahasi wisuzume kurivyo ushire ubwenge kugihe wiyumvire

  • Kuvyukur,twebwe,nkabarundi,turabishimye,cane

  • 1.nagire menyeshe ndayicariye na nkurunziza ko ATAMATORA AZOBA SI NKURUNZIZA NE RENONCE PAS À SA DECISION BETE!!

    2.nagire nsabe havyarimana pierre ntasubire kuzana abahutu nabatutsi,kuko mu Bdi dufise ikibazo co kutucha amategeko sicubwoko!
    3.Nagire sabe abegereye nkurunziza bagifise nakenge nagakeya bamuhendahende bamujane kwa rujanti aturabire neza ko butimutse.Kuko birasigubwenge.
    4.Ndayicariye nawe vi amatora yiki kandi icegeranyo camatora mugifise mumachine???Ivyo cvyita KWINA AKAHEZE!! MWABURIWE! POLE SANA

  • Vuganeza We Ukwiriy Lavage Du Cerveau Guk Ivyiyumviro Vyawe Birashaje

  • Ntibikwiy kamatora aba hakiri 3eme mandat ya peter,ceni mwarimukwiy gufuma mutegura intwaro za cami,ama?

  • Mbega Oposition Nitabishima Naho?

  • Amatora,ninkenegwa Kubuzima,bwigihugu Mugihe,atanumwe Canke,ngo,ahengame

  • Bantumwe se ngirandabasabe umwe wese areke kuvuga ivyo yishakiye guhera kuri nyakubahwa umukuru wigihugu mamwemwese mufashanya kukirongora nabigira agakomeye mwikigihugu mubona komushoboye vyose mbibirakabanga IMANA yomwijuru yabatumyeko abantu benshi mwicamatwi bamwe murabica abandi mubata mumabohero ivyanyu vyose IMANA yomwijuru yarabishize ahabona mwitege amarushwa mutigeze kubona IMANA yasesemwe nivyaha vyanyuuu Igiyekuaikora wamvumva utavyumva ishireho abarundi beza ataramoko n’imigambwe

  • NDABARAMUKIJE.IVYO CENI YAKOZ NIVYIZA CANE IYABA ABARUNDI TWES TWABIBONA KUMWE.NDATEYAKAMO ABARUNGITS BURYA BURUNDI BWEJO MUBARABARA BABAKUREYO BAREKE KUBAHENDA AHUBWO BABIGISH GUKUNDIGIHUGU BAZE TWITORER ABAZOTURONGORA TWISHIMIYA APANA KUVUGA IVYAMANDT YA 3 KANDI AGASANDUGU CENI YATEGUY GAHARI.

  • NONE KO CENI IGIRWA N’UBWOKO BWOSE, IBITSINA VYOSE IMIGABWE KANDI BAKABA ARI BATANU, NONE KO MBONA ARI UBWOKO BUMWE, UMUGAMBWE UMWE, IGITSINA KIMWE KANDI ARI MOINS DE 5 PERSONNES IYO CENI ARAKWIJE AMA TEGEKO? SIYO NIBANZE IKWIZE IBIBUZE HANYUMA TUYIZERE KABARUNDI

  • Gushiraho ikiranga minsi CNI idakwiye kandi idakwije n’amategeko, ngico ikindi kimenyetso ko CENI itigenga, ahubwo itegekwa na CNDD-FDD. None ko batanze ico kiranga minsi, za Mbonerakure zizoba zamaze kwakwa ibigwanisho, abanyapolirike bari hanze bazoba batashe, bazoba bamaze kwiyamamaza, mbega petero nkurunziza yamaze gusokora? Ibibazo ni vyinshi, ariko ndayicariye yarariye igiturire ariko azokiruka. ni abandanye yicarira inda yiwe ariko bitebe bitebuke azoyifomozwa, kanatsinda akora kumucangero nyene kuko ataco yera atari inda yiwe gusa.

  • ABANTU BAVUGA KO AMATORA AZOBA MEZA NTAKINTANGAZA,NUKUTAGIRA UBWENGE BAGENDA NK,INKA KUKO NTIBABONA IBIRIKO BIRABA MU BURUNDI .KWANDIKA KUGIRA WANDIKE NTANYUNGU IRIMWO TANGA ICIYUNVIRO KIRASHE UWARIWE WESE ASOME.BOTANGA GUTE IKIRANGA MISI CAMATORA CENI IDAKWIYE IVYO WABIBONYE HE?

  • aho bashize amatora niho kuko twebwe amanyeshure tuzoba twaruhutse nkaba nipfuza amatorameza kuribose nimigisha kuribose

  • ikibazo bamwigotoye mwebwe mwese mwavuze k amatora ategerezwa kuba. abavyanka, nibamwe bihakana n’uwabavyaye. amatora azoba neza, kumugaragaro. jeho bantebeje ikarata yanje inyenzi zizohava ziyirya. dutore indongozi, nta ntwaro z’amagabura nyama tugikeneye naho zatugejeje. nta busimbirahamwe dukeneye mu gihugu kigengwa n’amategeko.

  • Bantu Mwese Mwibukivy’imana Yavuze Kuburundi Mukomeze Gusenga Kandi Mugume Kumasezerano Ntakirahinduka Igihe Kirihafi.Ntimutezure Gumanivyizigiro

  • Murambonera Abo Bagabo Batatu Ku Photo?Jew Natwenz Negutse!Ni Le 26/06,ni Le15/07,ni Le 24/07,...Ntamatora Ahari Tekereza Ahubwo Mwitege Igitangaza C’IMANA Igiy Gukora!C.N.D.D-f.D.D Na Petero Nkurunzi(assassiné Bientôt) Hamwe Na C.E.N.I Bye Bye Bye!Muzoba Mumpinyuza!Gusa Bikunda Mwitunganye

  • murarabe neza ,ivyombon,muribuka ingene liberte yar leo yagiye.jewe nagumanyemwo ama unute nkaterefona bikank.
    cndd fdd nayo izoguma yibaza ko igitwara nayo yagiye nka liberite.

  • IYO CENI MWITWAZA IDAKWIYE,NONE ABO BAGIYE NIYO YABIRUKANYE? MBEGA IYO IMFURA IPFUYE ABAVYEYI BACA BAREKA GUSUMIRA ABASIGAYE??

  • Rekatwitorere Nihinyanezohera Ukunduburundi Nsje Kurubuna Uwobachaka Numbwo Yobahanzeyingihungu Bomutora

  • Huo NI MUCHEZO WA NDANI GERAGEZE ABANDI ICO TWIFUZA NI INTWARO NZIZA KURI TWESE

  • Igikenew imbes s’ibiringo. narekur iyo mandat. amatora ntashoboka

  • Jewe kushikubu ntanakimwe kinyemeza kwamatora azoba mfatiye kumyiteguro yabatavuga rumwe na leta ya peter.mbona imigambwe ibiri arik sinz kwizoyitaba yonyend!Imana nitubwire ibigiye kuba abantu Jewe kushikubu ntanakimwe kinyemeza kwamatora azoba mfatiye kumyiteguro yabatavuga rumwe na leta ya peter.mbona imigambwe ibiri arik sinz kwizoyitaba yonyend!Imana nitubwire ibigiye kuba abantu bahore.

  • Mbe iyo CENI yasohoye iyo Horaire y’amatora yisunze ayahe mategeko??amategeko arangwa abari muri CENI yonyene ntabwo akwiye canke boba bisunze amategeko ya mucezo wandani ya CNDD FDD??navyo birashoboka...ariko biragaragara ko atamatora abereye kuri bose azohaba...nibategure nyabuna intwaro y’imfatakibanza mumaguru masha kuko nkibikorwa vyokwaka imbonerakure ibirwanisho sintahura ingene vyokorwa bigakora ba Adolphe,Bunyoni,Nyamitwe,Kazungu hamwe naba Rwembe kandi aribo batanze ivyo birwanisho...

  • iyo CENI adakwiye kandi idakwije amategeko yoyo yakoresheje amategoko ayahe mugukora iyo Horaire y’amatora???canke bakoresheje amategeko ya mucezo wandani ya CNDD FDD???kuko navyo birashoboka...ikigaragara nuko amatora abereye kuri bose adashobora kuba...ahubwo nibategure intwaro mfata kibanza (transition) kuko hariho igikorwa co kwambura imbonerakure ibiginisho,sinumva ingene ba Bunyoni;Adolphe,Nyamitwe,Kazungu,Rwembe nabandi ba CNDD FDD boja murico gikorwa kandi aribo nyene babibihereye iyo yoba ari inkintamico muzindi..nibabanze abafate abo bagesera bababike ahantu,kuko udusho turuzuye hama icogikorwa kije mungiro maze abahunze bahunguke baze gutora nabonyene

  • iyo CENI adakwiye kandi idakwije amategeko yoyo yakoresheje amategoko ayahe mugukora iyo Horaire y’amatora???canke bakoresheje amategeko ya mucezo wandani ya CNDD FDD???kuko navyo birashoboka...ikigaragara nuko amatora abereye kuri bose adashobora kuba...ahubwo nibategure intwaro mfata kibanza (transition) kuko hariho igikorwa co kwambura imbonerakure ibiginisho,sinumva ingene ba Bunyoni;Adolphe,Nyamitwe,Kazungu,Rwembe nabandi ba CNDD FDD boja murico gikorwa kandi aribo nyene babibihereye iyo yoba ari inkintamico muzindi..nibabanze abafate abo bagesera bababike ahantu,kuko udusho turuzuye hama icogikorwa kije mungiro maze abahunze bahunguke baze gutora nabonyene

  • Mbe Ko Muguma Muvuga Ibigwanisho Vyahaw Imbonerakure, Ivyibwe Navyo Bari Mumyiyerekano Bigezehe?

  • Turashimy ’ikirangmisi gitanzwe na cen twasaba kocokubahirizwa nabose

  • haruwo woba wantoreye ga vuganeza

  • muzovugaa,amatora abe muvugaa!! ahere muriko muravugaa!!, abatowe baje mubyicaro vyabo muvugaaa!! babatware muvugaa!! nimworuha muceceke.

  • muzovugaa,amatora abe muvugaa!! ahere muriko muravugaa!!, abatowe baje mubyicaro vyabo muvugaaa!! babatware muvugaa!! nimworuha muceceke.

  • mbe iyo mana muvuga,iburundi nihoyabonye abanyakabi kurusha ibindi bihugu kw isi?mumenyeko nahomwosenga mukarara amajoro,muzoruha kubusa gusa,mwebwenye nimwebwe mwakoze ibikorane vyogushima iyomana yabahaye umurongozi ayubaha.nn nigut mucoza mwtwaje iyomana? imana siyumuvurungano,1aba korinto,14:33’rero Imana yaramushize ahubwo nimuze tumwubahe tugende nkukwamategeko y igihugu avuga,ayamahro ntizorinda kuyagriza induru azizana,allah akbar,

  • oyo matariki ni mezamugihe boyumvikanako bose twebwe abarundi ntakindi dushaka atari amahoro n’umutekano ,bagahungura na benewacu bagiye mumakambi y ’impunzi atandukanye ,

  • @ ongeya uwo vuganeza uguma ubaza ushaka gucika umutwe ngira ntumuzi komeza umuronderera ushaka igipanga

  • RETA=ABANYAGIHUGU.CENI NIGIRE IVY DUSHAKA KKO NITW TWAYIHAYAKAZI

  • mbega peter yibazoko igihugu ariciwe canke nico twamutije nareke abandi batware ashatse azogaruka 2020

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.