IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ikiringo catanzwe c’ugusubiza ibirwanisho caheze

Ikiringo catanzwe c’ugusubiza ibirwanisho caheze

samedi 24 Gitugutu 2015

Amezi abiri yari yatanzwe n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA kugira abatunze ibirwanisho batabifitiye uburenganzira babe babisubije yaheze kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 24 Gitugutu 2015. Mu bushikiranganji bw’umutekano bamenyesha ko hagiye gukoreshwa ubundi buhinga.

Alain Guillaume Bunyoni, umushikiranganji w’umutekano amenyesha ko umutekano wifashe neza muri rusangi ku bice 98 kw’ijana mu gihugu cose, kiretse mu makaritiye amwe amwe y’igisagara ca Bujumbura. Umunsi yari yatumiwe mu nama nshingamateka kwishura ku bibazo vy’umutekano, Komiseri Alain Guillaume BUNYONI yamenyesheje ko mu gisagara ca Bujumbura igiporisi c’Uburundi kimaze gufata inkoho 166, amasasu 16311, hamwe n’ama gerenade 245. Hagati mu gihugu, igiporisi c’Uburundi kimenyesha ko kimaze gufata inkoho 25, amasasu 3477, ama gerenade 46.

JPEG - 41.9 ko
Alain Guillaume Bunyoni, umushikiranganji w’umutekano

Mu gihe ikiringo c’ugusubiza ku bushake ibirwanisho biri mu banyagihugu batabifitiye uburenganzira caheze kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 24 Gitugutu 2014, Alain Guillaume BUNYONI umushikiranganji w’umutekano yamenyesheje ko hagiye gukoreshwa ibikoresho vy’ubuhinga bwa none igiporisi c’Uburundi caronse, akemeza ko ibirwanisho aho vyanyegejwe hose hagiye kumenyekana.


IGIHE

Messages

  • Aka gatipe kabunyoni nani umenga naga kongomani karimonoye,twebwe dufise raison yacu ivyo vyuma tozovyica.

  • Aka gatipe kabunyoni nani umenga naga kongomani karimonoye,twebwe dufise raison yacu ivyo vyuma tozovyica.

  • ndumva mu Burundi muhiriwe musigaje ibice 2 mukwize umutekana wo mwijuru.

  • UBWO BUHINGA BURABA ATARUBWO KUNIGAGURA!NAYAHANDI BIVUZE MUBANYAGIHUGU TWORUHUKA.NIBAZE KO UBWO BUHINGA BUZOKORA KURI BOSE NO KUMBONERUKURE.MUGABO BOBO BABIBIKA MU MAKAMBI.

  • Je mfise ikibazo nikuki abatarapolisi canke atarabasoda batunze ibigwanisho? Ubutegetsi bwa fake nibwo butima umwe wese yigwanako uyo nkurumbi ariko arica nabandi bategerezwa kwigwanako je novuga ko ntabutegitsi buriho umwe wese nukwimenya

  • ewe barundi tugowe tukiriko, amezi abiri yukwica yaheze, ubu mugira muheraheze nudusigaye, iyaturemye nidufashe nukuri

  • mutama reka kubinginga, tuzobitutumura bamaramare...Ubu ivyaramagera vyarageruye!!! akarinyuma karahinda

  • Bunyoni,rindira,Jew inkohoyanje nzoyisubiza ndakumenye ubwobutama!mburazi kuturondera natwe tukurondera!umusi wafashwe nukuguca amasiha

  • Ivyo Kweri Ntibikwiriye Ariko Twibaza Ati Mbega Ivyovyafashwe Vyovyo Abobene Gihugu Babikuyehe? Ntankoho Rero Tugisubira Kwumva?Nihatari.

  • Ariko Se Amasase Twumva Ijoro Numurango Hafashwe Ivyo Gusa? Noneho Dufate Ko Birangiye? Vyakagiye Kwanka Nabanyagihugu Bafise Inkoho Mwumva Haramahoro Gayemwe? Ntakundi Imana Niyo Ibibona Kubwacu Ho Oyaya

  • Ako kagugu bunyoni kimonoye gushika no mugisusu ngo karafise Ivo kavuga!!!
    Mega aho mwihenda, meebewegen ntamaraso muva???weho ntugoye imisi iraharuye, puuuuuu....mbega ka gakobwa kawe darlene amacakubiri yica ko kadaherutse kuryogora??emwe karya kazoheza nabi nkako kagugu ngo ni se Bu oiseaux

  • Erega intabarigwa ibarirwa n’uko amaso atukuye. Kandi ngo akataretse kaba gasema. Mwe nimurindire gusa isakwa ry’ibigwanisho ritangure hanyuma muzokwibonera ayo imbga yaboneye k’umugezi. Mwebwe mwarahenzwe kubera urya muceri, amayoga hamwe n’ibimogi babahendesheje babahenda ngo buca bafata igihugu, ahubwo nimwe muzofatwa muherere mu mabohero nayo ba shobuja banyu bibereye mu Bubirigi n’imiryango yabo. Ahubwo iyo muzishikana kubajejwe umutekano mukibera mumahoro. Nyen’imbugita n’uwuyifashe ikirindi.

  • Izombwa zinyanka burundi zishaka intambara muri burundi bwa nyaburunga mana iconshikana mu Burundi nkirabira amahoro ahari abaribashats kuyahungabanya nkarabuko barko bamaramara nyakubahwa nkurunziza komera kwibanga imana ikuzigame

  • Aba nkurumbi nagasaga mbaye ndabasezera hakirikare

  • Dragon Nuko Nyene Ivyo Washikirije Nuko Ntakundi Muga Sinari Bwakubone Kuri Net Nanj Wabonye Ni. Bir_dragon

  • UWOBAZOFANA IKIGWANISH ATAGITANZ NUKUMUHANA BISUNZE AMATEGEKO

  • Eeee,ntivyoroshe kweri uburundi kwacu busigay bufise ubwo buhinga numvise ?non barindiy iki kubukoresha ,kazoza kazobutwereka nukuri murindire.

  • Nkurunziza agira aheraheze abatamuri inyuma, vyaramworoheye kwica abo batavuga rumwe kubera abo yica bose bifatwa ko banse gutanga ibigwanisho, kandi amakungu yoyo aziko ariko yaka ibigwanisho imbonerakure, ariko araronka amanota cane. Ayo makungu ntaziko ari imbonerakure ziriko ziraka zinica abiyamirije ikiringo ca gatatu. Jewe mbona CNRED ikwiriye kugira ico ikoze ningoga ikamenyesha amakungu bakamenya ivyo Reta y’Uburundi iriko irakora, nayo ubundi tugira duhere twese abatari inyuma yubutegetsi bwa nkurunziza.

  • Ngo hagiye gukoreshwa ibikoresho vyubuhinga bwa none ? Ku buryo umu police bazomurasa ntapfe? Genda mubizane

  • MBERE IYO MBWA MBI NKURUMBI NATENYENYE GATOYI KIRYA KIRINGO YARAYE AHAWE NA UE KIKAMUHERANA ATEMEYE KUJA MUBIGANIRO BIZO MUTITIMURA TUZOCA DUKORESHA INKOHO MUKUMUTITIMURA IYOMBWA NYAKUMENEKA TWANSE KUBA ABAJA BAWE WAMUHIMBIRIWE!

  • BURYA NGWAMENYO ARAGUTWENGA ARI GWAWE! IYO MBWA BUNYONI IGOMBITERE INDE UBWOBA? NAGENDE AHENDE NYINA WIWE UH NIBULAYA NAZA AMERIKA UBWO BUHINGA NTABWO BAKORESHA IYO NTOZO NGO NI BUNYONI YOBA YAKUYE HEHE UBWO BUHINGA AHUBWO NYAMBWA NA SEBUJA NKURUMBI MWIHENDE IRYA CHANCE MWAHAWE NA UE IZOBAHENDE IKIRINGO CUKWISHIKANA MUBIGANIRO VYUKUGIRA IYO MBUNUZA PETER IKINJURE KIZ6UJANE ATITAVYE NYAKUBAHWA UMUKURU WA UE HAMA AZOHEZE ARABE YUKO IVYO BIGWANISHO MWIHENDA NGO BUCA MUBIFATA ATARIVYO BUCA BIKUMENA URWO RUTWE EKA MBERE TUZOHEZA DUHABWE N’AMAKUNGU IBINDI VYINSHI HAMA MUZE MUHEZE MURABE NGO IYO NTOZO BUNYONI NA PETER TUZOCE TUBATOZA AMABOKO! WE KAGABO BUNYONI NA PETER MBE BURYA NGWIMBWA MUKUJA GUPFA VYAYIGENDEKEYE GUTE?? NHAHA NI PETER NA BUNYONI MBARIRA MURIZO MBWA ZIMIRIJE GUHWERA!

  • Jewe ndavye ibitutsi biva mu kanwa k’abatavuga rumwe na Peter, urabona ko ar’ugut’umutwe. Womenga nta ndero bahawe. Uburundi buzotwagwa n’uwo Imana yabihaye, uwo igihugu citoreye. Mwebwe turazi ko muvuga ivyo kuko mugiye mu matora nta wobatora. N’izo nkoho ni mwebwe muzitanga mu kinyegero. N’ategeke, kandi mandat yiwe izorangira mubona. Mwebwe mwanse kwemera ubutegetsi butangwa n’abanyagihugu, mutaha mubundabunda!!!

  • Birababaje kubona igihugu cuzuye abitwa ko ari incabwenge ariko amaraso ntasibe guseseka.

  • }cedric na lieutenant
    vuga make genda musenge imana ibabarire ntimuzi ivyo muvuga,jewe ndi umututsi akorana na peter ,ari hafi ya bunyoni,nobabwirako bakoresha amategeko
    kandi ari abagabo b’ijunja n’ijambo,calmez vous mumenyere kuja mu matora naho ataborohera nta kundi,ayo mahanga azoha ibigwanisho abatari mu gihugu kurusha abari mu gihugu?Ivy’ingwano abatutsi ntimuvyishimire cane ntimubone tubareka mukigira utwo inda zigira mw’ibutura,reka guta imitwe mwige kuba abagabo muwunywe naho utaryoshe.

  • mbega aho muhuma amaso amakungu ibigwanisho mwakwiragij mu mbonerakure no mubandi muzi ico kimana canyu kizosenyugwa rimwe nk.igi ryinkoko.mu menye ko ayo mwashe namwe muzoyasesegwa .

  • PETIT MANUEL DE DESTABILISATION D’UN REGIME

    Les puissances, coloniales hier, néocoloniales aujourd’hui, n’ont de cesse de faire et défaire les gouvernements au gré de leurs intérêts. La méthode est bien rodée.

    Petit manuel de déstabilisation d’un régime hostile

    1°) Être une puissance impériale

    2°) Financer tout mouvement d’opposition, aussi minuscule soit-il, revendiquant une démocratie àl’occidentale.

    3°) Repérer les futurs possibles leaders et organiser des stages de formation àl’agitation àleur intention

    4°) Donner un retentissement international àtoute manifestation de l’opposition grâce aux médiats aux ordres.

    5°) Mettre en exergue la répression brutale que ne manquera pas de commettre le régime en place.

    6°) Placer quelques snipers sur les parcours des manifestants, et tirer àla fois sur la foule et les forces de l’ordre en place.

    7°) Dénoncer la barbarie de la répression.

    8°) Armer clandestinement des groupuscules étrangers extrémistes animés par une idéologie suicidaire, les appeler rebelles et combattants de la liberté.

    9°) Présenter ces groupuscules comme un mouvement populaire.

    10°) Organiser aux frontières du pays des bases d’entrainement àla guérilla qui seront présentées comme des camps de réfugiés.

    11°) Organiser le blocus de toute voix dissidente par une censure de fait.

    12°) Organiser des coordinations d’opposants dans une capitale étrangère, et n’accepter que les informations provenant de cette source.

    13°) Bombarder, si le contexte international le permet, l’armée régulière, tout en affirmant qu’il s’agit de protéger la population de la répression du dictateur qui menaçait de massacrer son peuple. Logiquement, le pouvoir en place tombe àplus ou moins court terme, le chaos s’installe pour de longues années, vous avez atteint votre objectif : vous n’avez plus de pouvoir fort face àvous, vous pouvez piller sans vergogne les richesses du pays, il vous suffira d’entretenir les conflits internes (ethniques, religieux…) en organisant un attentat suicide de temps en temps. Toute couverture médiatique est maintenant superflue. Toute ressemblance avec une quelconque situation actuelle est évidemment fortuite. La première victime d’une guerre, c’est la vérité

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.