Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Imbonerakure zagirizwa ko zoba zicuditse n’Interahamwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Imbonerakure zagirizwa ko zoba zicuditse n’Interahamwe

Imbonerakure zagirizwa ko zoba zicuditse n’Interahamwe

vendredi 11 Ndamukiza 2014

Mu mugambwe w’Abadasigana UPRONA ishami ritemewe n’ubutegetsi, basaba amatohoza na cane cane ku bivugwa y’uko Imbonerakure zoba zarahawe ibirwanisho vyo kumara abatavuga rumwe na CNDD FDD.

Umushingamateka Karori Nditije arongoye UPRONA ishami ritemewe na Reta

Umushingamateka Karori Nditije umukuru w’umugambwe UPRONA utemewe na Reta ku nsamirizi y’abanyagihugu RPA, akaba yavuze ko umugambi wo gutoteza abatavuga rumwe na CNDD FDD uriho, muri UPRONA rero bakavuga ko izo mbonerakure zicuditse n’ababahoze ku rugamba bakomoka muri CNDD FDD bica bagakiza mu burere butandukanye bwo mu Burundi, ubuho bikavugwa ko mu Bumanuko bw’igihugu urwo rwaruka rwa CNDD FDD rwahawe inkoho n’imipanga ndetse rukagirishwa n’imyimenyerezo ya gisirikare.

Mu mugambwe wa Rwagasore rero bakaba biyamirije bivuye inyuma, inzira bavuga ko idashika iriko ikoreshwa na CNDD FDD, mu gihe uyo mugambi mubi ari uwugomba gukwegera akarambararaye Uburundi n’abarundi, ari naco gituma Karori Nditije asaba ko abari muri uyo mugambi bose bokurikiranwa bagahanwa, na cane cane ko bivuga ko Imbonerakure zoba zisigaye zicuditse n’Interahamwe zatikije abantu mu gihugu c’Urwanda mu mwaka w’1994.

Imbonerakure za CNDD FDD

Umushingamateka Nditije agasaba ko mu maguru masha, abahinga mpuzamakungu boza gutohoza, maze Imbonerakure zahawe ivyo birwanisho bavyakwe, imitima y’abarundi isubire mu nda. Abandanya amenyesha ko umugambwe CNDD FDD amabi ukora mu gihugu, ivyo bemereye abanyagihugu bitaranguwe, ubwoba ku gutsindwa mu matora, arico gituma basambura imigambwe itavuga rumwe nawo, mu kuyica ubunywenywe no kuburagiza abarongoye iyo migambwe yose, yanse kuja mu kwaha kwa CNDD FDD.

Mu kamenya ndetse ko uyo mugambwe UPRONA wagiriza CNDD FDD kuba ariwo uri kw’isonga mu ndyane abadasigana barimwo, aho bagiriza umushikiranganji Edouard Nduwimana w’intwaro yo hagati mu gihugu, kuba ariwe yihaye ububasha bwo kugena indongozi z’uyo mugambwe, ubu urongowe na Concilia Nibigira yemewe n’ubwo bushikiranganji.


Aristide Nizigire

Messages

  • Nibaza ko vyoba vyiza habaye urundi rugendo rwo kwiyamiriza iryo tangwa ry’ibirwanisho no kwiyamiriza ihonyabwoko iyo ryova hose na cane cane gukorana n’ Interahamwe. C’ est le bon moment. Uwuzobabuza urwo rugendo azoba nawe nyene ashigikiye interahamwe ku mugaragaro.

  • Ndumva ikingenzi ari ugufunga aba ba nya politique ba UPRONA nizindi ntagondwa vuba.. il suffit kubahimbira ibyaha nko gufata abana kungufu,gutera ama grenade,... ok ababishinzwe i Burundi mugomba kumenya ubwenge muga tekinika nkuko kagame abikora iyo agiye gufunga abantu..

  • nditije nawe ayovuga aragausa

  • nditije ndakwemeye ayuvuga aragusa

  • Petero agomba gusoza umugambi KAYIBANDA GREGOIRE,HABYARIMANA JUVENAL na NDADAYE bagiye bataranguye

  • Mutabazi,ubanza utazi uwo uri we!!!
    Uzabaze ubanza utazi abatutsi icyo ari cyo naho mwabamaze.

  • Murazi igitumye Nditije avuzeko Imbonerakure zifitaniye ubugenzi n’Interahamwe? ubwambere nububeshi ariko uwomubaza uyumusi interahamwe ahoziri ntahoyovuga kuko interahamwe nzahoze zirimu Rwanda mu 1994 gusubirinyuma kandinawe arabizi, ariko icoyashatse kuvugira mubwenge yashatse kuvugako Imbonerakure zirwiriyemwo abarundi bomubwoko bwabahutu atikubwivyoko interahamwe nazo zarizirwiriyemwo abanyarwanda bomubwoko bwabahutu Nizimbonerakure amakungunatabaranye arondere ikintu aziremeka kukonazo nabahutu nkuko izari Interahamwe zarabahutu ntihagire uwumbwirango na Karori Nditije ngo numuhutu ivyobiramureba, Amakungu arikwarihutira kwirukanga gukurikirana ivyububeshi kandihariho ibintu bigiye gukwegakarambaraye vyirirwabiravurwa kandibiboneka vyitwa EMPIRE HIMA TUTSI sinziko ONU irindiriyeko bibaza gukwega akarambaraye mubiyaga binini (bigari),None hariho abantu iyo ONU yumvise ivyobatakamba vavuga icizayiruka, hakabahonabandi ivyobavuga itifuza kubikorerako? muzobamumbarira abazobamukiriho murazibuka muzokwandike mubitabo inyuma yibararimazekurwa rya EMPIRE HIHA TUTSI ko jewe Mama narinarabivuze ntabaza ibisibihuha benevyo babivuga ryaka! (riva!)

  • Sinibazako intambara ariyonzira ishobora kuzana amahoro iburundi.Abahenda imbonerakure nibateshwe bate,habe umwumvikano hagati yabo bose bashaka guta igihugu mukaga.

  • @Mama sakirimikibi yatanze umurozi gupfa!!Ivyo wandika woba ubifiye ivyemezo?Mbisa ntumbaze untera ubwoba!!!!

  • Ibyo interahamwe zakoze birazwi. abambika ibara abarundi ngo bakorana nizontindi kandi tuzi neza ko ataribyo abobantu bafite ibitekerezo bya genocide. ibyabaye murwande never again ahandi hose.
    abashyaka ubuyobozi nibabikore muzindi nzira bareke kuzana ibitekerezo bya genocide.

  • Nyakubahwa President vamunasengesho ukore nka Kagame iyomihimbiri uyifunge ishaka kuduta mumanga urabe neza bitazohava biba nka 93

  • @ Analyste, egome ivyovuzendabifitiye ivyemezo ariko burya ivyonavuze sikintukimwe ndibazako ushoborakuba wibazako ivya EMPIRE HIMA TUTSI arivyonobantafitiye gihamya, kurivyo nubwonsanzwe fise amatohoza yukuri kubijanye niyo EMPIRE HIMA TUTSI, nabakuru bahagarariye uwomugambi ntibakinyegeza baravyivugira sinziko wakurikiranye ibirori vyokwibuka Genocide yakorewe abatutsi bomu Rwanda hariho aba perezida bashika 2 bavyivugiye icese. ikindi uwo Nditije niweyivugiweko imbonerakure zisigaye cicuditse n’Interahamwe zatikije abantu murwanda! jewenkabazi ko atanterahamwe nimwe irikw’Isi uyumusi,Iconzinuko abarundi dukundana nabanyarwanda! kubarero wewe azi ukwinterahamwe isa jewevyongora, ivyovyose nububeshi kukontanterahamwe mwinomwaka ihari, Mberebirakenewe kwahamagarwa nawe akavuga izonterahamwe ahoziri vubazabwangu.

  • COPIE D’UNE LETTRE DES RESSORTISSANTS DE RUMONGE -NYANZALAC AU SECRETAIRE GENERAL DE L’ONU VOIR LE CONTENU QUE J’AI PU TROUVER:

    Communauté burundaise de Rumonge-Nyanzalac-Mabanda et Makamba
    CBRNMM en sigle

    A son Excellence Ban Ki-moon
    Secrétaire général de L’ONU
    UN Headquarters
    First Avenue at 46th Street
    New York, NY 10017
    USA
    Excellence le secrétaire général de l’ONU.
    Nous les rescapés des génocides au Burundi depuis 1972, nous les enfants qui ont grandis dans ces régions les plus convoités par les pouvoirs qui se sont succédés àBujumbura depuis l’indépendance, nous sommes sidérés d’entendre les mensonges très graves qui pèsent sur notre région et ces mensonges peuvent nous apporter la foudre des extrémistes et des assoiffés du pouvoir et de notre terre fertile.
    Tout a commencé avec les disputes entre le parti au pouvoir CNDD-FDD et son partenaire Uprona quand un groupe de travail a voulu restituer les terres aux propriétaires et descendants des gens de ces régions du sud au Burundi. Nous vous rappelons que c’est au cours des massacres de 1972 que nos pères ont été décimés et les rescapés se sont retrouvés en Tanzanie. Ils sont restés dans ce pays durant des années dans la pauvreté et la souffrance tandis que les tutsi de Mugamba, Vyanda,Bururi,Rutovu, sont venus occuper nos terres. Tous ce monde étant dans le parti Uprona depuis 1972 jusqu’en 1993, ils étaient protégés par le pouvoir militaire des Himas de Bururi. Pendant la campagne présidentielle entre Ndadaye Melchior du Frodebu (Front Démocratique du Burundi) et Pierre Buyoya de l’Uprona( Union du Progrès National) Les frodebistes chantaient qu’ils vont restituer les terres au propriétaires pendant la campagne présidentielle et cela était légitime. Cette promesse a été la cause de l’assassinat de Ndadaye Melchior car les militaires hima ne voulaient pas que les terres volées soient remises àqui de droit. La guerre civile a aussitôt éclaté entre ceux qui sont derrière l’Uprona et ceux qui sont derrière le Frodebu et c’est pendant cette guerre civile que le CNDD au départ (Conseil National de Défense de la Démocratie est né dirigé par Leonard NYANGOMA. Ce mouvement est devenu par après le CNDD-FDD (Conseil National de Défense de la Démocratie-Forces de Défense de la Démocratie dirigé actuellement par le président Pierre Nkurunziza.
    Pour arriver àce qui nous préoccupe, le parti UPRONA qui s’est disputé avec le CNDD-FDD, qui a dirigé le Burundi depuis l’indépendance en 1962, ce Parti qui n’a pas protégé les descendants familiaux et politiques du père de l’indépendance Louis Rwagasore, ce Parti qui est devenu un parti-état sous la première république dirigé par le génocidaire Michel Micombero depuis 1966, ce parti qui a organisé le génocide des hutus en 1972 àl’aide des militaires et de sa milice de la JRR (la Jeunesse Révolutionnaire de Rwagasore), ce parti qui a accepté par obligation le multipartisme en 1992, ce parti qui a soutenu directement et indirectement l’assassinat du président NDADAYE Melchior qui était élu démocratiquement par des tutsi et des hutus en juin 1993, ce parti qui a participé àl’épuration ethnique àBujumbura et àl’intérieur du pays pendant les 10 ans de guerre civile au Burundi, ce parti qui avait voulu saboter les élections de 2010 et qui a trompé la vigilance de ses partenaires de ADC-IKIBIRI en participant àla dernière minute àla campagne présidentielle de 2010, ce parti qui est partenaire chanceux du parti CNDD-FDD selon les accords d’Arusha, c’est ce parti dirigé par NDITIJE Charles un hutu qui travaille pour les Hima au sein de l’Uprona, il est entré dans l’opposition pour combattre le parti au pouvoir aujourd’hui après le limogeage du vice-président Busokoza Bernard. Comme tout le monde le sait bien, la politique est l’art de mentir et celui qui arrive àconvaincre son entourage, il peut porter un coup terrible àson adversaire. C’est ainsi qu’un plan de diaboliser le pouvoir a été élaboré et tous les coups sont permis. Nous les ressortissants de ces région fertiles du sud au Burundi (Minago,Rumonge,Nyanzalac,Mabanda,Kibago,Makamba) nous voulons porter àla connaissance de l’opinion internationale et nationale que nous faisons objet d’un chantage politique.
    En guise de rappel, l’Uprona en 1972 nous a accusé d’avoir reçu des machettes, distribuées par les hutus en 1972 pour exterminer les Tutsis. Cela a été une injure, une calomnie qui a déclenché le génocide de nos pères, nos mères, nos frères, nos sÅ“urs jusqu’au bébé encore dans les entrailles de leurs mères. Nos maisons ont été brûlées, nos palmiers incendiés et les rescapés ont été contraints de fuir en Tanzanie. Aujourd’hui, quand nous entendons des rapports qui arrivent dans votre bureau en venant du Burundi et qui vous décrivent que nous venons d’avoir des machettes, ce sont les mêmes individus qui nous ont endeuillés qui utilisent ce langage diabolique. Nous avons été paisible en 1993, 1994,1995 quand la guerre civile faisait rage dans tous les coins au Burundi. Nos voisins de l’Uprona au lieu de favoriser l’amitié et la solidarité, ils nous ont amené des sans-échecs, des sans capotes pour nous exterminer. C’est grâce au retour de la paix sous le gouvernement du CNDD-FDD dirigé par un président qui croit en Dieu, qui respecte la vie de ses citoyens que les burundais sont fiers. Cette fierté n’est pas apprécié par tout le monde, c’est pour cela que des mensonges sont inventées pour que vous n’ayez plus confiance aux actuels dirigeants du Burundi. Pour intéresser les militaires neutres et les Tutsis neutres, le terme "MACHETTES" peut réveiller leur mémoire de 1972 et les motiver pour venir encore une fois nous exterminer.
    Excellence le secrétaire Général de L’ONU Ba Ki-moon, notre inquiétude est fondé par plusieurs éléments. Dans le passé qui n’est pas lointain au Burundi, quand les nations-unis ont dépêché des enquêteurs pour identifier ceux qui ont assassiné le président NDADAYE Melchior et les tueries qui ont suivi, nous ne savons pas que vous êtes au courant que le rapport envoyé par les experts qui revenaient du Burundi n’était pas complet. Comme nos compatriotes le disent ouvertement dans des écrits, les militaires putschistes qui détenaient les informations de haut niveau n’ont pas été interviewés, les experts n’ont pas eu le temps d’aller poser des questions dans les quartiers périphériques des hutus et les témoins étaient sélectionnés par les militaires et les autorités sous l’influence du regard des putschistes. Aujourd’hui, le même scénario risque d’être identique. L’opposition a le premier mot, l’Uprona aile NDITIJE Charles a le premier mot, SINDUHIJE Alexis a le premier mot, ADC-IKIBIRI possède le premier mot et leurs écrits sont appréciés sans vérification et des conclusions sont élaborés hâtivement comme c’est le cas de ces mensonges de nous armer comme si c’était déjàprogrammé de porter la guerre dans notre région. Nous ne savons pas que c’est la haine de voir la guerre civile au Burundi apparaître et cette fois la commencer dans nos régions du sud dans le but d’accaparer nos terres qui nous restent militairement. Nous savons qu’hier des gens ont la rancune que la guerre civile a touché le nord et le centre en 1993 et cette fois-ci les assoiffés du désordre convoitent notre région. Nous demandons votre vigilance en collaboration étroite avec le pouvoir en place àBujumbura pour décourager toute personne qui cherche la guerre en inventant des mensonges gratuits contre le pouvoir de Bujumbura comme Ciramunda et ses satellites qui habitent en Belgique, des extrémistes tutsis qui manipulent l’opposition hutu de ADC-IKIBIRI.
    Pour la Communauté Burundaise de Rumonge-Nyanzalac-Mabanda et Makamba
    Bizuru Samuel
    Secrétaire Général.

  • Ngo nta Nterahamwe ikibaho kwisi. Ewe Mama, sha, uridigadiga, ukarenzako ukanatwenga. Mbega Interahamwe yoza ifise ivyiyumviro vyuzuye ubumara, birenze ivyawe yoba ivuyehe ga ntuze we? Ahubwo wewe nzokuronderera izina muri iyi minsi...

  • Nonekombona mwiharaje kubona umuntu wumuhutu wese mukamwita Interahamye!? Mwibaza ngontitwamaze kumenya iyomuvuze intehamwe icobisigura, wombarira ukuntu umuntu afise imyaka 20-30 wanashaka na 35 ukamwita Interahamwe tukavyemera’ ahubwobitiyamirizwe kurwego mpuzamakungu tuzoheza kwifatire umwanzuro ntakuntu hobaho abantu bagumabatotezwa benakokagene!!!!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.