IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Imigenderanire hagati ya Reta Zunze Ubumwe za amerika n’u Burundi igiye (...)

Imigenderanire hagati ya Reta Zunze Ubumwe za amerika n’u Burundi igiye gusubirwamo

samedi 16 Ruhuhuma 2013

Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2013,umukuru w’inama nshingamateka Pie Ntavyohanyuma yarakiriye mu biro iwe uwuserukira igihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika mu Burundi,umupfasoni Dawn Liberi.

Inyuma y’uwo mubonano umukuru w’inama nshingamateka yamenyesheje ko baganiriye ku bijanye n’imigenderanire iri hagati y’igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika n’u Burundi haraheze imyaka 50.

Abo bategetsi babiri baraganiriye kandi ku kibazo kijanye n’isoko nkuru ya Bujumbura yahiye igenekerezo rya 27 Nzero uno mwaka.


Mariella Bukuru

Portfolio

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.