Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Inama nshingamateka yatanguye ibikorwa vyayo - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Inama nshingamateka yatanguye ibikorwa vyayo

Inama nshingamateka yatanguye ibikorwa vyayo

lundi 27 Mukakaro 2015, par Paterne

Inama nshingamateka nshasha yakoranye kuva mu gatondo ko kuri uno wa mbere igenekerezo rya 27 Mukakaro.Hitezwe ko biga amategeko agenga inama nshingamateka bongere bashireho inzego ziyirongoye.

Iyo nama yarongowe n’umushingamateka Immacule Nahayo kuko ariwe asumba mu myaka abandi bose.Iyo nama yatanguye igihe c’isaha zitanu.

Iyo nama yitabwe n’abashingamateka 104,harimwo Rwasa Agathon arongoye Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi,ariko abayoboka Karori Nditije ntibitavye iyo nama.

Mwomenya ko iyo nama nshingamateka izokorana gushika kw’igenekerezo rya 30 Mukakaro.


IGIHE

Messages

  • Mutama Rwasa korako nawe wumvirize, hama upange akarere ntawuvuka rimwe ngoyuzuringovyi very shortly you gonna be there. Imana ikurinde.

  • Abatutsi Kwaheri Nukubamesa Abishe Abantu Babaturira Musaga Nyakabiga Ngagara Na Cibitoke Ngiyo Leta Irashinzwe Nzerabe Bamwe Bavuga Yamuhe Kumakomantere Murye Deches Muragitahuye Zandaya N,abasanzesheke Baja Kuri Ambasade Yamerika Bagiriyo Ntibagaruke Muri Kaminuza Kuko Nibirere

  • nubundi abo baporona baramuhenze bamwihomekako kubera afise abanywanyi benshi,

  • nibatangure imirimo abanyagihugu babatoreye natwe abanyagihugu turabashigikiye.

  • Yahora avuga ko amatora atayemera vyagenz bit kugira yitab inama

  • HARI ABARIKO BAVUGA NGO RWASA YABAHEMUKIYE.NI BABA DD NYENE BANIZWE N’AGASHAVU KUKO YABAVUMBUYE.MURI 2010 BARAMWITWAJE AVUYEMWO NGO N’IKIJUJU MURAMUTUKAGURA ARIHORERA IGIHUGU MURATABAGURA ARORERA.ARAJE MWARAMWANKIYE KO YITOZA NONE NGO ARAHEMUTSE.IBIGANIRO NIBIBAHUZE MUREKE KUZA MUJURAGIRIKA.ABARUNDI TURATEYE ISONI KUKO GUTUNGA URUTOKE RWASA N’ABIWE BIRIKO BIGIRA ABANSI BIWE.NONE KUNDA TWUBAKE IGIHUGU AHANDI NAHO NIMUMUBAZE ABASIGURIRE.MUBEHO.

  • KUBWANJE TWOSHIMIRA IMANA KUBA RWASA YEMEYE KWICARANA NA PRESIDENT

  • KUVYUKURI NI VYIZA KUBONA INZEGOZISHASHA ZITANGUY GUKORA HAKIRIKARE NIVYIZA KANDI KUBONA RWASA YITAVY IVYO BIKORWA.

  • Nibige Icokura Ingorane,ziri Muburundi.

  • NDITIJE IBIBANZA YABIRONSE KUBERA ABANAMARIMWE. NAVEMWO TURABIRINDIRIYE

  • Rwasa we! Urahemutse kukanyuma! Abahutu ubwenge buri kunda,kumaronko y’inyungu zanyu gusa!
    Amavyi anukira bamwe abandi banabo akabamotera neza!
    Abahutu muzopfa mutyo!

  • Turekengurutse cane kubona rwasa yahonyoye mwiyo nama.

  • Wapi Iyo Sinama Nshingamateka Ninkinamico Kuko Ntamatora Yabaye.

  • UBWOBAKORANA BWOSE BIBUKIVYIMANA YAVUZE KURIKI GIHUGU NTIBARARAME .NGO VYARAHEZE NIMPAKA IZOSHITSA ICO YASEZERANYE.

  • RWASA ARASHAJE UBWO ARI MURI FNL POWER. AZABAZE MU RWANDA UKO BYARANGIYE.

  • MBEGA KO RWASA YITAVYE IYONAMA YEMEKUJA MURI LETA ?

  • Mukoranemwibuks imanakuko ninayo yabashize ngaho kandi mwiyumvire nabirirwa bara fpa kandi ntaco barikobarazira icokibazo muragishira imber .

  • emma

    ndabakeje mugire ibikogwa vyiza mwige nukuntu amahoro yogaruka aho yahungabanye nko muma karitiye yi bujumbura kandi gwasa tumusavye kutongera guhendwa nabo ba tasiyano bashima aruko amaraso yabarundi ariko araseseka rero naje muri reta

  • Rwasa yerekanye ko ashoboye gufatingingo adasavyimpanuro kuribenshi biyita opposition ariko atacobishoboje vyukuri atarukudurumbanya umutekano w’abanyagihugu mukwironderera inyungu zabo!turamukeje mutama wacu .

  • Hanurwe mwumve Imana yurwanda siyo mana yuburundi nimwarengera intara namoko muzobaho.

  • abarundi turi ba ndayamutaye.nn ga yeeemwe umushingantahe ni nde? aha mu gihugu cacu.tugowe tukiriko.

  • abarundi turi ba ndayamutaye.nn ga yeeemwe umushingantahe ni nde? aha mu gihugu cacu.tugowe tukiriko.

  • Nagira iyo abantu bashize hamwe bavuga rumwe. vyumvikana qu’il y a quelque chose qui croche au sein de l’alliance amizero y’abarundi ya Rwasa na Nditije. Kandi iyo ngingo yo kutitabira ibikorwa vy’Inama nshingamateka ku banywanyi ba Nditije, yerekana ko iyo Rwasa aba atari ku mutwe w’urwo runani kaba kabaye kuri bose, ntivyoroshe kweli. Uko niko bamye kuva na kera, aho bama bahindagura leurs premiers vice-présidents, jusqu’ a donner l’occasion au Cndd-Fdd de les fragmenter en deux. Ubu naho bashaka ko Urunani amizero y’abarundi bayicamwo kabiri nayo, ningene yabagoye gushinga iyindi iriko irasamara... Nibashire umutima hamwe rero bafashanye n’abandi gutwara Igihugu, ibindi bizoza biraza buhorobuhoro kuko iyo politique yabo imaze guhekura benshi mu Burundi kandi ataco bagerako kiboneka. Ce n’est pas pour rien Concilie yabavuyemwo akaja kuba aragwazagwaza umugambwe wabo Uprona. Ubu umugambwe wabo wa kera wagarutse ku ntwaro babuze ayo bacira nayo bamira et comme le principe ari claire ntibowukorerako kuko ari gucamwo kabiri abanywanyi bawo. Ibiti biriko biratangwa nabo bari ngaho et quelle est la logique qui est derriere tour ça ???? Nditije natubarire ivyarivyo...

  • HAHAHAHA NGWAKABIGATWENGWA NKAKEZA! EREGA RWASA NTAKUNDI YARIBUGIRE MBE NTIMUZI YUKO YIKOREYE INKONO ISHUSHE MURI 2004 HAMWE YAGANDAGURAGA INZIRAKARENGANE Z’ABANYAMURENGE! YABUZE IYO YOHUNGIRA NICO CAMUTUMYE AHITAMWO KUJA GUHENUKIRA MUMINWE YA PETER NA RUDOLOFE NA BUNYONI ASHA YIHENZE NDAKE YAHUNGIYE AMAZI MUMUVO NTANKEKA INKUKURA YIMBONERAKURE NA DOCUMENTATION NTIBIZOGENDA BIMUSIZE AMARAME TU AZOBAHO IMISI NKIYO URUME RUMARA KUKO UBUJUJU YAKOZE BUHAYE INGUFU ZIRENZE CNDD-FDD UBU FDD IGIRA IZOTWARE UBURUNDI MPAKA JESUS AGARUTSE KUKO AVEC L’OPPOSITION C’EST FINI! MBE UBUNDI HOHO MURI 2010 KO YIKUBISE NGO AVUYE MURI LETA AKAJA KWINYEGEZA MUMASHAMBA YA CONGO INTERAHAMWE ZAHAWE IGITURIRE NA PETER ZIGAHAKWA KUMUGANDAGURA AKAGARUKA AMARAMASA UBU HOHO ICO YARI YAHUNZE MURI 2010 CAHAVUYE ?HAHAHA ASHA YARACANGANYIKIWE KUBERA IRYA CASE YABANYAMURENGE YIKOREYE NAWAMWONGEREZA WABANDI YARASHE MURI TITANIC! ET VOILA LES CONSQUENCES DE FAIRE LA POLIQUE EN TUANT LES INNOCENTS! TJRS ON TERMINE MAL! NAHENURE NTAKUNDI YARARWIKWEGEYE!

  • komera mutama nuwagira ahaje yari umurundi nitwebwe abarundi twakugomwe turagutuma uduserukira c’est ça la politique au burundi

  • URAZI.IVYOMWAMUGIRIYEMURI2010ARABIHOYEMWAGIRANGONI,IKIJUJUNIMUVEKOINKOKOMWAMUGEREYEKONAWENYENEARAYIBAGEREYEKO

  • RWASA Agathon nitwari kuba yatweretse ivyo.Turabona nibindi bizoza ni buhorobuhoro.ndamukeje nakomere

  • @Muheto2. None muheto ko uri intagongwa wafashe ibigwanisho tukareba ko uri umugabo iyo nda yawe yuzuye amazirantoki abasore bakayiha urusoro . Ubwo mwari mwizeye ko Rwasa ari ikigoryi ko muzamukoresha nyuma mukamugandagura!!! Niba udakunda Nkurunziza iyahure cg ujye mu Rda usange bene wanyu impengeri ziri tayari ziragutegereje

  • MBEGA MURI OPPOSITION MWAGENDA KURI RWASA?AHO YABEREYE MW’ISHAMBA NAMWE NIMUJEYO MWUMVIRE ICO YABACUZE.IKI GIHE ABARUNDI BARAKWIYE GUTANDUKANYA UMWANSI N’UMUKUNZI.RWASA NAWE MURAHIRAHIRE MUMUKOREKO NKA KUMWE MWAGIRA FERUZI MUKABESHERA IMBONERAKURE N’IGIPORISI.MBE PLAN SIMBANANIYE NTIMWOYIGEZAHO HARYA 72 NTIMWARI MWARYIMAZE.MURABESHA UMWANA YANKWA NIWE AKURA MWAGIRA MURABAMARA MUGA UBU NIBO BENSHI

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.