IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Integuro nshasha y’itegeko rigenga ikori ryo ku mishahara ni ngira (...)

Integuro nshasha y’itegeko rigenga ikori ryo ku mishahara ni ngira kamaro

vendredi 18 Nzero 2013

Integuro nshasha y’itegeko rigenga ikori ryo kumishahara igiye kwiga,ikaba izotuma u Burundi bugira hamwe n’ibindi bihugu vyo mu karere ka Afrika y’ubuseruko.

Kubwa Charles Nihangaza, umuhinga mu bijanye n’amakori, ngo integuro nshasha y’itegeko rigenga amakori ku mishahara n’intambwe yo gushika ku rugero rumwe n’ibindi bihugu vyo mu karere ka Afrika y’ubuseruko mu bijanye n’amakori.

Nkuko abandanya abimenyesha, ngo iyo nteguro y’itegeko rigenga ikori ryo ku mishahara riza kworohereza abakozi baronka umushahara muto.

Charles Nihangaza akaba amenyesha rero ko, ku bijanye n’ibiharuro bazofatirako ubu hazojamwo n’akarusho k’uburyamo mu gihe mw’itegeko rikoreshwa uno munsi ivyo atabirimwo.


Mugisha Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.