IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Inzu ziri ku nkengera z’uruzi Ntahangwa zirageramiwe no kubomoka

Inzu ziri ku nkengera z’uruzi Ntahangwa zirageramiwe no kubomoka

mardi 15 Nzero 2013

Amazu y’ubatswe hafi y’uruzi ntahangwa ziri mu guhenuka, cane cane iziri ku ruhande rwa komine Buyenzi.

Ikibituma n’uko urwo ruzi rwahinduye inzira rwahora rucamwo ruca rufata iyindi nzira. Abegereye inkengera z’uruzi basaba ababarongoye ko bobagarukira hakiri kare ibintu bitarayangara.

JPEG - 7.4 ko

Grace Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.