Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Isanamu y’urururirimbo "Katoto", irabonekamwo ako "Katoto" baririmba - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Isanamu y’urururirimbo "Katoto", irabonekamwo ako "Katoto" baririmba

Isanamu y’urururirimbo "Katoto", irabonekamwo ako "Katoto" baririmba

vendredi 13 Ruheshi 2014

Ururirimbo "katoto" rwa Dj Pro, Sat-B na Mkombozi rwarasubiwemwo, eka baciye bakora n’isanamu (Video). Isanamu yakorewe muri ya nzu isanzwe ifitaniye amasezerano na Sat B na Mkombozi, ariyo African Sound Records.

Sat B avuga ko gusubirwamwo kw’urwo ruririmbo vyavuye mu ciyumviro c’abaruririmvye, naho ata vyinshi vyumvikana vyahinduwe, aramenyesha ko hari ivyahinduwe mu bitero.

Irabire aha munsi isanamu y’agakura ikozwe ku buhinga bugezweho


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.