IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Isozerwa ry’ivyigwa ku gisirikare gikorera mu mazi

Isozerwa ry’ivyigwa ku gisirikare gikorera mu mazi

jeudi 4 Ndamukiza 2013

I Buramata, mu ntara ya Bubanza , mu ntango z’uku kwezi kwa Ndamukiza 2013, igisirikare c’uburundi kibifashijwemwo n’igisirikare c’abanyamerika gikorera mu mazi( SP-MAGTF Afrique 13) gifise icicaro mu butariyano, barasozereye inyigigisho zari zimaze indwi zibiri.

Izo nyigisho zari zijanye no kwongereza ubushobozi bw’ukubumbatira umutekano ku basirikare b’igihugu c’Uburundi biteguriye kuzorungikwa mu gihugu ca Somaliya mu bikorwa vyo gutuza imirwi y’iterabwoba ikorera muri ico gihugu.

Twobamenyesha ko muri ico gikorwa, igihugu c’Uburundi gifashwe mu mugongo na Leta zunze ubumwe za Amerika hamwe n’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika.


Kwizera Aime Victor

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.