IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 1 Ruhuhuma

Itarike 1 Ruhuhuma

lundi 1er Ruhuhuma 2016

Igenekerezo rya 1 Ruhuhuma.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1879: La Marseillaise itorwa nk’indirimbo ihayagiza igihugu c’Ubufaransa.
1899: Hatorwa umuti wa Aspirine.

JPEG - 34.1 ko
Aspirine

1946: Trygve Lie atirwa kuba umunyamabanga mukuruwa w’ishirahamwe ONU.
2003: Haba isanganya ry’ikigendajuru Columbia.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1931: Boris Eltsine, umukuru w’igihugu c’Uburusiya.

JPEG - 23.3 ko
Boris Eltsine

1939: Claude François, umuririmvyi w’umufaransa.

JPEG - 169.4 ko
Claude François

1965: Stéphane de Monaco, umwamikazi w’i Monaco, akaba ari n’umuririmvyi w’umufaransa.
1987: Giuseppe Rossi, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka mu Butariyano.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1950: Marcel Mauss, umufaransa w’umuhinga mu vy’imibano.

JPEG - 43.9 ko
Marcel Mauss

1958: Clinton Joseph Davisson, umunyamerika w’umuhinga muri physique. Yaronse agashimwe kitirwe Nobel mu 1937.
2003: Mongo Santamaria, umucuraranzi akomoka muri Cuba.


INGABIRE Luc-Noël

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.