IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 10 Munyonyo

Itarike 10 Munyonyo

jeudi 10 Munyonyo 2016

Igenekerezo rya 10 Munyonyo.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1928: Umwami w’Ubuyapani, Hirohito, armikwa mu mabanga yiwe.

JPEG - 37.3 ko
Hirohito

1952: Umunyamabanga mukuru wa ONU, Trygve Lie, aratanga imihoho muri ayo mabanga.

JPEG - 97.2 ko
Trygve Lie

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1483: Martin Luther, umunyamadini. Ari mu batanguje amadini y’abaprotestanti.
1924: Russell Johnson, umukinyi w’amareresi.
1947: Bashir Gemayel, uwabaye umukuru w’igihugu ca Libani.

JPEG - 7.1 ko
Bashir Gemayel

1969: Jens Lehmann, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka mu Budagi.
1978: Eve, umuririmvyikazi w’umunyamerika.

JPEG - 6.1 ko
Eve

1986: Samul Wanjiru, umunonotsi akomoka muri Kenya.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1891: Arthur Rimbaud, umwanditsi w’ivyivugo w’umufaransa.

JPEG - 7.3 ko
Arthur Rimbaud

1938: Mustafa Kemal Atatürk, uwabaye umukuru w’igihugu ca Turkiya.
2003: Canaan Banana,uwabaye umukuru w’igihugu ca Zimbabwe.
2008: Miriam Makeba, umuririmvyikazi rurangiranwa w’umunya Afriak y’Epfo.

JPEG - 12.3 ko
Miriam Makeba

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ubumenyi buharanira amahoro n’iterambere.
. Argen tine: Umunsi wahariwe umuco w’ico gihugu.
. Brésil: Umunsi wahariwe igiterwa c’ingano.


INGABIRE Luc-Noel

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.