Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 11 Nyakanga
Itarike 11 Nyakanga
lundi 11 Nyakanga 2017
Igenekerezo rya 11 Nyakanga.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1609: Hatorwa izinga rya Manhattan. Izinga ryubwatsweko igisagara ca New York.
- Izinga rya Manhattan
1973: Haba ugutembagaza ubutegetsi muri Chili.
2001: Haba igitero c’abagira iterabwoba muri Leta Zunzubumwe z’Amerika.
2007: Uburusiya bupima amabombe ya mbere akomeye kw’isi. Amabombe yataziriwe « se w’ayandi mabombe »
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1524: Pierre de Ronsard, umwandatsi w’ivyivugo w’umufaransa.
- Pierre de Ronsard
1917: Ferdinand Marcos, umukuru w’igihugu ca Philippines kuva 1966 gushika 1986.
1947: Franz Beckenbauer, uwahoze ari umukinyi rurengiranwa w’umupira w’amaguru akomoka mu Budagi.
- Franz Beckenbauer
1965: Bachar al-Assad, umukuru w’igihugu ca Siriya.
- Bachar al-Assad
1977: Ludacris, umuririmvyi akaba n’umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.
1978: Dejan Stankovic, umukinyi w’umubira wo muri Serbiya.
1979: Éric Abidal, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umufaransa.
- Éric Abidal
1980: Antonio Pizzania, umudereva w’imodokari z’amahiganwa yamuka muri Brésil.
1991: Jordan Ayew, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Ghana.
- Jordan Ayew
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1959: Paul Douglas, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.
1973: Salvator Allende, umukuru w’igihugu ca Chili.
1987: Peter Tosh, umuirimvyi yamuka muri Jamaïque. Umwe mubaririmvyi bazwe cane bavuza umudiho wa Reggea.
- Peter Tosh
2010: Kevin McCarthy, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe kurwanya iterabwoba. Umunsi washizweho kuva mu 2008.
. Ethiopie: Umwaka mushasha ku kirangaminsi cabanya ethiopiya.
. Leta Zunzubumwe z’Amerika: Umunsi wahariwe ugukunda igihugu.
. Argentine: Umunsi mukuru wahariwe abaigisha.
INGABIRE Luc-Noël