IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 14 Gitugutu

Itarike 14 Gitugutu

vendredi 14 Gitugutu 2016

Igenekerezo rya 14 Gitugutu.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1888: Umunsi ukekwako woba ari uwa mbere haba ifatwa ry’amasanamu y’ireresi ya mbere yabayeho kw’isi nzima. Ireresi yitwa “Une scène au jardin de Roundhay.
1981: Hosni Moubarak aba umukuru w’igihugu agira 4 w’igihugu ca Misiri.

JPEG - 7.4 ko
Hosni Moubarak

1997: Ibisigarira vya Che Guevara bijanwa lu murwa mukuru wa Cuba, La Havane. Bica bishirwa mu ntatemwa y’i Santa Clara.

JPEG - 5.7 ko
Che Guevara

2004: Norodom Sihamoni ayimikwa kuba umwami mushasha wa Cambodge.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1644: William Penn, uwatanguje Let aya Pennsylvanie.
1687: Robert Simson, umuhinga ur biharuro akomoka muri Écosse.

JPEG - 3.6 ko
Robert Simson

1862: Alexandre Goutchkov, uwabaye umukuru w’igihugu c’Uburusiya.
1890: Dwight David Eisenhower, uwabaye umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika agira uwa 34.
1930: Mubutu Sese Seko, umukuru w’igihugu ca Zaïre.

JPEG - 7.2 ko
Mubutu Sese Seko

1972 : Antónios Nikopolídis, mukinyi w’umupira w’amaguru w’umugereki.
1978: Usher, umuririmvyi w’umunyamerika.

JPEG - 7.8 ko
Usher

INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.