IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 14 Nyakanga

Itarike 14 Nyakanga

samedi 14 Nyakanga 2013

Igenekerezo rya 14 Nyakanga ni umunsi ugira 257 w’umwaka w’2013. Hasigaye iminsi 108 kugira umwaka w’2013 urangire.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1814: Francis Scott Key, umwanditsi w’ivyvugo(poème), yandika icivugo yise “The Star-Spangled Banner”. Ico civugo cahavuye kiba ururirimbo ruhayagiza Leta Zunzubumwe z’Amerika.

JPEG - 72 ko
Francis Scott Key

1901: Theodore Roosevelt aba umukuru wigihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.

JPEG - 76 ko
Theodore Roosevelt

1960: Ishirahamwe OPEP riravuka.
2001: Ubuyapani nutanguza inkino bakinira mu mboeshakure zitwa NITENDO.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1849: Ivan Pavlov, umuganga w’umurusiya yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu vyerekeye ubuvuzi mu 1904.

JPEG - 17.5 ko
Ivan Pavlov

1906: Flávio Costa, umumenyereza w’imirwiy’umupira w’amaguru akomoka muri Brésil.
1913: Jacobo Arbemz Guzman, umukuru w’igihugu ca Guatemala.
1929: Ferdinand Oyono, umnyapolitike aomoka muri Caméroun.

JPEG - 44.1 ko
Ferdinand Oyono

1965: Dmitri Medvedev, umushukiranganji wa mbere w’Uburusiya.

JPEG - 51.6 ko
Dmitri Medvedev

1971: Alphonse Tchami, umuinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Caméroun.
1973: Nas, umuririmvyi w’umunyamerika.
1980: Ayo, umuririmvyi w’umudagi.

JPEG - 22.6 ko
Ayo

1981: Ashley Roberts, umuririmvyikazi w’umunyamerika aririmba mu murwi Pussycat Dolls.

JPEG - 32.2 ko
Ashley Roberts

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1901: William McKinley, umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.

JPEG - 379.7 ko
William McKinley

1982: Béchir Gemayel, umukuru yitowe w’igihugu ca Libani.
1982: Grace Kelly, umukunyi w’amareresi w’umunyamerika yahavuye aba Umwamikazi wa Monaco.

JPEG - 16.7 ko
Grace Kelly

INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.