IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 14 Rusama

Itarike 14 Rusama

mercredi 14 Rusama 2014

Igenekerezo rya 14 Rusama ni umunsi wa 134 w’umwaka w’2014. Hasigaye iminsi 231 ngo urangire.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1643: Louis wa 14 aba umwami w’Ubufaransa inyuma y’urupfu rwa Louis wa 13.

JPEG - 176.9 ko
Louis wa 14

1948: Hatangazwa ukwikukira kwa Reta ya Israël.
1955: Hashirwa igikumu ku masezerano yi Varsovie.
2002: Ahmad Tejan Kabbah atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Sierra Leone.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1860: Bertie Charles Forbes, umumenyeshamakuru akaba n’umukinyi w’amareresi akomoka muri Ecosse. Niwe yatanguje ikinyamakuru « Forbes ».

JPEG - 2 Mo
Bertie Charles Forbes

1925: Oona O’Neill, umukobwa w’umwanditsi Eugene O’Neill akaba n’umutambukanyi wa Charlie Chaplin.
1959 : Patrick Bruel, umuririmvyi w’umufaransa.

JPEG - 39.5 ko
Patrick Bruel

1984: Mark Zuckerberg, umurwizatunga w’umunyamerika yatanguje urubuga rwa FACEBOOK.

JPEG - 259.8 ko
Mark Zuckerberg

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wo kurwanya indwara y’ivumbuka ry’umuririndi w’amaraso.
. Israël : Umunsi wo kwibuka ukwikukira.
. Liberia: Umunsi mukuru w’ubumwe.
. Malawi: Umunsi wo kwibuka amavuko ya Banda Hastings, uwabaye umukuru w’igihugu wa mbere w’ico gihugu. Ni nawe yaharaniye ukwikukira kwa Malawi.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.