IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 18 Ntwarante

Itarike 18 Ntwarante

vendredi 18 Ntwarante 2016

Igenekerezo rya 18 Ntwarante.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1796: Umwanditsi Chateaubriand asohora igitabo yise « Essai historique sur les révolutions ».

JPEG - 1 Mo
Chateaubriand

1922: Gandhi Mahatma acirirwa urubanza rwo gupfungwa imyaka 6. Akaba yarahowe ko yagavye ku mategeko y’abongereza.

JPEG - 616.1 ko
Gandhi Mahatma

1940: Abategetsi Mussolini abonana na Adolpf Hitler.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1858: Rudolf Diesel, umuhinga akaba n’umushakashatsi w’umudagi.

JPEG - 128.2 ko
Rudolf Diesel

1959: Luc Besson, umuhinyanyuzi w’amareresi w’umufaransa.

JPEG - 326.8 ko
Luc Besson

1975: Laeticia Hallyday canke Laeticia Boudou, uumutambukanyi w’umuririmvyi Johnny Hallyday.

JPEG - 42.2 ko
Laeticia Hallyday

1981: Omar Diop, umukinyi w’umupira w’amaguru wo muri Sénégal.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1977: Marien Ngouabi, uwabaye umukuru w’igihugu ca Congo.
2011: Antoinette de Monaco, umwe mubavukana n’umuganwa Rainier III w’i Monaco.


INGABIRE Luc-Noel

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.