IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 21 Kigarama

Itarike 21 Kigarama

jeudi 21 Kigarama 2017

Igenekerezo rya 21 Kigarama.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1958: Charles de Gaulle atorwa kuba umukuru w’igihugu c’Ubufaransa.

JPEG - 23.4 ko
Charles de Gaulle

1968: Harungikwa mu kirere ikigendajuru bise Apollo 8. Ikigendajuru ca mbere carimwo umuntu.

JPEG - 31.1 ko
Apollo 8

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1879: Joseph Staline, umunyapolitike w’umurusiya yanabaye umukuru w’igihugu c’Uburusiya. Yatwaza umukazo.

JPEG - 93.5 ko
Joseph Staline

1972: Passi, umuririmvyi w’umufaransa aririmba umudiho wa rap.

JPEG - 44 ko
Passi

INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.