IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 25 Munyonyo

Itarike 25 Munyonyo

mardi 25 Munyonyo 2014

Igenekerezo rya 25 Munyonyo ni umunsi ugira 329 w’mwaka w’2014. Hasigaye iminsi 36 kugira umwaka w’2014 urangire.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1911: Hashirwa ahabona umugambi wa Emiliano Zapata. Umugambi wiswe “Ayala”.
1975: Igihugu ca Suriname kirikukira.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1895: Ludvik Svoboda, umukuru w’igihugu ca Tchécoslovacie.

JPEG - 4.6 ko
Ludvik Svoboda

1960: John F. Kennedy Jr, umunyamerika y’ikorera utwiwe. Ni umwana wa J.F. Kennedy yahoze ari umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.

JPEG - 4.3 ko
John F. Kennedy Jr

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1974: U Than, uwabaye umunyamabanga mukuru wa ONU. Yakomoka muri Birmaniya.

JPEG - 57.6 ko
U Than

1997: Hastings Kamuzu Banda, uwabaye umukuru w’igihugu ca Malawi.

JPEG - 7.6 ko
Hastings Kamuzu Banda

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ukurwanya amabi akorerwa abakenyezi.
. Indoneziya: Umunsi wahariwe abigisha.
. Suriname: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira kwico gihugu.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.