IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 28 Nyakanga

Itarike 28 Nyakanga

dimanche 27 Nyakanga 2015

Igenekerezo rya 28 Nyakanga .

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

48 imbere ry’uvuka rya Yezu Kirisu: Pompée, umukuru w’abaromani aricwa.

JPEG - 22.9 ko
Pompée

1864: Havuka ishirahamwe mpuzamakungu ry’abakozi.
1950: Igihugu ca Indonénie cinjira mu bihugu bigize umuryango wa ONU.
1960: Mali na Sénégal vyinjira mu muryango wa ONU.
2000: Hatangura indwano ya kabiri y’amabuye bita Intifada.

JPEG - 12.6 ko
Isanamu y’indwano ya kabiri ya Intifada

2009: Abantu bagera 157 baricwa bunyamaswa abandi 1200 barakomereka ku kibuga c’umupira w’amaguru bitiriye uwa 28 Nyakanga c’i Conakry muri Guinée.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

551 imbere y’ivuka rya Yezu Kirisu: Confucius, umu philosophe w’umushinwa.

JPEG - 8.3 ko
Confucius

1841: Georges Clemenceau, uwabaye umukuru w’igihugu c’Ubufaransa.
1934: Brigitte Bardot, umukinyi w’amareresi akaba n’umuririmvyikazi w’umufaransa.
1938: Ben E. King, umuririmvyi w’umunyamerika. Yaririmvye ururimbo ruzwi cane kw’isi nzima rwitwa "Stay by me".

JPEG - 5.8 ko
Ben E. King

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1895: Louis Pasteur, umuhinga muri chimie na biologie w’umufaransa.

JPEG - 6.3 ko
Louis Pasteur

1956: William Edward Boing, umunyamerika ari mu bantu mbere batanguje ubuhinga bwo gukora indege.
1966: André Breton, umwanditsi w’ivyivugo w’umufaransa.
1970: Gamal Abdel Nasser, umukuru w’igihugu ca Misiri kuva 1956 gushika 1970.

JPEG - 7 ko
Gamal Abdel Nasser

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wo kurwanya indwara yitwa “rage”. Umunsi washinzwe kugire bibuke Louis Pasteur wazanye urucanco rwo kurwanya iyo ndwara.
. Philippines: Umunsi w’igihugu wahariwe urunani rwo kurwanya amareresi y’ibiterasoni akinwa n’abana.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.