IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 30 Nyakanga

Itarike 30 Nyakanga

vendredi 30 Nyakanga 2016

Igenekerezo rya 30 Nyakanga ni umunsi ugira 273 w’umwaka w’2013. Hasigaye iminsi 92 kugira umwaka w’2013 urangire.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1791: Umucuraranzi Mozart ashira ahabona indirimbo “La Fûte enchantée”.
1868: Umwamikazi Isabelle wa 2 wa Espagne ahungira ku nguvu mu gihugu c’Ubufaransa.

JPEG - 9.2 ko
Isabelle wa 2 wa Espagne

1941: Haba ubwicanyi bw’i Babi Yar muri Ukraine. Abantu bagera ku 33 000 baricwa bunyamaswa n’aba Nazis.
1947: Pakistan na Yemen vyinjia mu muryango w’ibihugu bigize ONU.
1966: Igihugu ca Botswana kirikukira maze igifata izina rya Botswana.
1991: Muri Haïti, Jean-Bertrand Aristide atembagazwa ku butegetsi n’uwitwa Raoul Cédras.
1992: José Eduardo dos Santos aba umukuru w’igihugu ca Angola.

JPEG - 5 ko
José Eduardo dos Santos

1994: Hinjrwa umusigiti munini w’i Lyon.
2010: Muri Equateur haba ukugerageza gutembagaza ubutegetsi bwa Rafael Correa.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1917: Park Chung Hee, umukuru w’igihugu ca Koreya y’Ubumanuko kuva 1963 gushika 1979.

JPEG - 5 ko
Park Chung Hee

1928: Elie Wiesel, umwanditsi yaronse agashimwe k’amahoro kitiriwe Nobel mu 1986.
1977: Jean-Sébatien Jaurès, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka mu Bufaransa.
1986: Cristian Eduardo Zapata, umukinyi w’umupira w’amaguru akomaoka muri Colombiya.

JPEG - 5.6 ko
Cristian Eduardo Zapata

1986: Olivier Giroud, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka mu Bufaransa.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wo gusubanura indimi mu zindi.
. Bostwana: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira kw’ico gihugu.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.